IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Alain SHUMBUSHO yarasiwe ku muhana wiwe

Musaga : Alain SHUMBUSHO yarasiwe ku muhana wiwe

vendredi 19 Ruhuhuma 2016, par egide

Amasasu yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane muri zone ya Musaga mu gisagara ca Bujumbura, kw’ibarabara rya mbere. Umuntu umwe niwe yahitanwe n’ayo masasu.

Uwo yahitanwe n’ayo masasu azwi kw’izina rya Alain SHUMBUSHO, ikiziga ciwe kikaba cabonetse inyuma y’ayo masasu.

JPEG - 46.3 ko
Alain SHUMBUSHO yahora aba ku Musaga kw’ibarabara rya mbere

Alain SHUMBUSHO yarasiwe ku rugo iwe ku Musaga kurya mbere, akaba yaheruka gufatwa n’igiporisi ariko mu nyuma baramurekura, haheze iminsi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.