Musaga : Amasasu menshi yumvikanye

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 octobre 2015 saa 12:23
Yasomwe : 89019
0 0

Abanyagihugu bo muri zone Musaga ntibaraye basinziriye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu rishira uw’Imana. Amasasu menshi n’amagerenade vyarumvikanye, ivyononekaye bikaba bitaramenyekana.
Ayo masasu yatanguye kwumvikana nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro, abantu bataramenyekana bakaba bateye aho ku Musaga, baririmba indirimbo ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.
Ayo masasu n’amagerenade vyarononye inzu imwe y’aho ku Musaga, ibindi vyahononekariye muri rusangi vyose bikaba (...)

Abanyagihugu bo muri zone Musaga ntibaraye basinziriye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu rishira uw’Imana. Amasasu menshi n’amagerenade vyarumvikanye, ivyononekaye bikaba bitaramenyekana.

Ayo masasu yatanguye kwumvikana nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro, abantu bataramenyekana bakaba bateye aho ku Musaga, baririmba indirimbo ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

Ayo masasu n’amagerenade vyarononye inzu imwe y’aho ku Musaga, ibindi vyahononekariye muri rusangi vyose bikaba bitaramenyekana. Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko ari ikirindiro c’igiporisi cari gitewe aho ku Musaga.


Kumenyekanisha

1
Ntunzwenayo Edouard 27-10-2015 à 06:28

Abo Bitwanza Ibirwanisho Batera Abaporisi Nabasoda Ntibohangarika.Umbwicanyi Ntaho Bunzotungeza.Nibubahe Imana Batinye Ikiremwa Cimana.

2
Chris 26-10-2015 à 12:48

Munyavyaha Hung’uburake Bugiye Kuza Iman’izohana Abanyakibi Kandi Ntizocereza Umuntu N’areke Guhana Uwundi Kuko Uguhora N’ukuhoraho !

3
Chris 26-10-2015 à 12:46

Munyavyaha Hung’uburake Bugiye Kuza Iman’izohana Abanyakibi Kandi Ntizocereza Umuntu N’areke Guhana Uwundi Kuko Uguhora N’ukuhoraho !

4
nzitonda. 26-10-2015 à 11:08

nn bizohererah ?harakwiye ukumvikana hagati ya leta hamw nabatemera ikiringo caga 3 c,umukuru wigihugu.

5
Bir_dragon 26-10-2015 à 09:37

Ntakundi Mana Yacu Ntinaniwe Nokudukingira Ariko Ababantu Bariko Barafa Ubugingo Bwabo Uhoraho Abwakire Turindire Wamusi Rubura Kigongwe.Uteyubwoba Abobose Bariko Bataha Niyo Nzira Yabo Kumbure Yokuva Aha Mwisi Yanduye.Rero Dukomeze Kwihangana

6
PIYERI 26-10-2015 à 04:06

NONE GAYEMWE ABANYAMUSAGA NTAMUSI N’UMWE BOSINZIRA ?ABARUNDI TWIKUBITE AGASHI

7
kazobavamwo 25-10-2015 à 22:16

Hari.akanyoni.kavugangomurihenda.muzakurasiraahomutungiye.umuryango

8
BERTENT 25-10-2015 à 21:43

ABARUNDI NIMUTUREKE TURARUSHKOKO AHOWIRUKIYE HARAZE

9
kazoviyo 25-10-2015 à 21:34

sha ivyo mukora ntavyo muzi

10
#Bongo# 25-10-2015 à 21:02

HAra Abantu Bibijuju Mbe Perezida Apfuye Murumvako Mwobamurose Amahoro ?Haraho Mubivuga Nkatwenga.Mburazi Amamiriyoni Yabarundi Bamwemera ?Mbe Wumva Apfuye Ntacobokora ?Mbe Aho Mumuhindura Izina Ngo Ni Nkurumbi Mbe Aho Niho Ishavu Rigabanuka ?Barasa Batarasa ?Inyishu Nibiganiro Kuko Ntagihugu Bazofata.Bashigikiwe Na America Natwe Uburusiya Buradushigikiye.Mbe Muri Siriya Muvyumva Gute ?Bamubona Kure

11
life 25-10-2015 à 20:58

izotangurira aho kumusaga,nyakabiga mutakura, ngagara na cibitoke abarinaho ihererera, ahandi hose haratekanye.

12
ABDURI KALIMU 25-10-2015 à 17:57

none letako idasobanura ubwicanyi icobuvako kandi ikizi ahubwo niyizobibazwa ahobukera

13
Kanyosha 25-10-2015 à 15:40

Mudutangatange mpaka muduhanagure nizereko atakusha muzakubamukoze ( Boko halamu)

14
Manirakiza 25-10-2015 à 14:36

Wame wibuka gusegunga

15
Jogingi Marahwe 25-10-2015 à 14:26

munezero ayo masengesho yaw ntahimbar Imana Senga Nkuwubabajw Nibiba Muga Udashiz Umutima Mubi Kumuntu.

16
Jogingi Marahwe 25-10-2015 à 14:24

munezero ayo masengesho yaw ntahimbar Imana Senga Nkuwubabajw Nibiba Muga Udashiz Umutima Mubi Kumuntu.

17
kamaro 25-10-2015 à 14:22

ee shishikare basha... akataretse kaba gasema. banyagihuga bokumusaga, abo sabarwanyi abo nibagatarabwa kandi bariko barabakwegera,..mutabiyamirije bazobahekuza mwumirwe...kuko igihe tuzozaturaza kubatingira ngaho ee nakazikanyu, kuko izo ninyanka musaga...

18
OK WEWE 25-10-2015 à 14:16

NGO UMUTEKANO URAKWIYE.98.100.

19
masengo 25-10-2015 à 14:01

niba mwarahisemo intambara niyo muzasarura kuko muteye isoni

20
Falcon 25-10-2015 à 13:26

Umuntu akunda ubuzima bwiwe yova mu burundi agahunga bimunaniye ave ibujumbura aduge ruguru kuko burya igihugu c’uburundi s’URWANDA canke OUGANDA gifise abagabo bazokirwanira gushika Nkurumbi afashwe ari mwikareso,NO RETREAT NO SURRENDER.

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha