Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Batanu barimwo umusirikare w’Uburundi baguye mu gitero
Musaga : Batanu barimwo umusirikare w’Uburundi baguye mu gitero
vendredi 29 Ndamukiza 2016, par
Abantu batanu biciwe mu bunywero buri ku Musaga mu gisagara ca Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane. Muri abo bagandaguwe, harimwo igisongerezi (Sous-officier) mu gisirikare c’Uburundi.
Mu gitero cakozwe n’abantu bane bitwaje inkoho nk’igihe c’isaha zine z’ijoro kuri uwu wa kane, mu bunywero buri ku Musaga, aho bita mu Gitaramuka, batanu nibo bahasize ubuzima, harimwo umusirikare umwe yari yambaye umwambaro utari uw’akazi (Tenue civile). Abandi bantu batatu bakaba bakomeretse.
Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko ico gitero kiri mu bikorwa vy’iterabwoba bimaze iminsi vyibonekeza mu gisagara ca Bujumbura.
IGIHE
Messages
29 Ndamukiza 2016, 12:06, par SIBOMANA
ABOBANTU NIMBA BAGOMBA GUTWARA NIBABISABE IMANA NTIBABISABE MUKWICA ABANTU
29 Ndamukiza 2016, 12:12, par Zoe
Ngaho Nyamitwe ngo nta biganiro akeneye, umunsi bizamushikaho nibwo azemera ibiganiro.
29 Ndamukiza 2016, 12:29, par karorero
Hama Ngo America uburayi Ngo bashire mubiganiro ibyo nibikorwa byiterabwoba bishigikiw n’America ububiligi uburayi nu Rwanda niho batuma izonkoramaraso gukoribikorwa byiterabwoba rero nibareke kubesha isi ngo barwanya itera bwoba aribo ba terroliste ubwo bwicanyi ndabuteye ibyatsi pu pu pu puuuu
29 Ndamukiza 2016, 12:29, par Burundi
Imana ibakire mu bwami bwayo.Ndahojeje kandi imiryango yabuze.
Ariko hari ikintu gitangaje.Abarundi turijajara kweri. Bishobok gute ko abantu baba bakiri mu bunywero isaha 4 z’ijoro mu gihugu kiri mu ngwano!
29 Ndamukiza 2016, 12:33, par eric
emwe turagowe cane kubona abantu basigaye bicwa bikaba akamizwe ningoma!leta ikwiye kwikubita agashi!guko vyarenze igipimo!mana turagusavye uhangaze abo bavukanyi ubakire mubwami bwawe.
29 Ndamukiza 2016, 12:41, par Niyonzima
Imana Nidutabar Abarund Trahony Burimus Hafpa Abantu Non Bizohrerahe?Mana Dutabare.
29 Ndamukiza 2016, 12:43, par Niyonzima
Imana Nidutabar Abarund Trahony Burimus Hafpa Abantu Non Bizohrerahe?Mana Dutabare.
29 Ndamukiza 2016, 13:09, par kamana
Icyo maze kubona nuko abarundi bose bamaze kuba abicanyi, nta LETA nta nabayirwanya donc bose ni bamwe nukuri rero nimutihana muzamarana pe
29 Ndamukiza 2016, 13:21, par JUSTICE
UBURUNDI RERO NONEHO ,,,,, NIBUTEKEREZE ,,,,, BIRASHOBOKA KO NA ,,,, SNARED IRENGANA ,,, AHUBWO ABARUNDI CG SE SNARED CANKE BAMWE MULIBO ,,,,,, BISJIYE MULI ALSHABAAB !!!!! KUBERA INGABO ZUBURUNDI ZOGIYE SOMAL !!!! IBI KOKO NITERA BWOBA ABARUNDI BAKIBYITA KWIYAMILIZA IKILINGO CA 3 !!!
NGIRANGO ABARUNDI BAGEZE AHO GUTABARWA !!!!
29 Ndamukiza 2016, 13:30, par abraham sikobizohora
mana yacu abezwa nibezwe kuko uburundi bugeze kumusozo
29 Ndamukiza 2016, 14:03, par Grâce
None ibi nibki?Mana dukoriki?sha burya uburundi bwaziw Mana dutabare
29 Ndamukiza 2016, 14:04, par izere
Jewe ndibuka ko uburundi bwigeze kwikanga alshabaab burya ntaho bagoye.sinibaza ukuntu abagwanya manda3 botera ibitero kubanyagihugu atankoho bafise aho guhangana n’igisod.nimba naho bimez’uko bakwiye gushigwa kurutonde gwiterebwoba nka alshabaab,alkaida,boko haraam,iss nabandi.abo ntabiganiro vyoba binakenewe ahubwo nukurondera ingene hogwonywa iryoterabwoba,ahubwo dusavye amakungu ko yoshira iyomigwi kurutonde gwabantu bakora iterabwoba sindavyumva nagato. hasigayeko batangura kwiyahura nako iyo nintango.kubanyagihugu nabo barazi uko vyifashe mugihugu ariko bakiyibagira nibaze kuziywera imuhira,hanyuma leta ifate ingingo zamasaha yu bunywero bwoba bwugariweko kugira abajejwe umutekano bashobore gukora akazi kabo nibafate ingingo zikwiye nimba ataruhata ibifisemwo koko nkuko bivugwa.
Imana itabare uburundi n’abarundi.
29 Ndamukiza 2016, 14:40, par Niyonkuru
Eeh !! Bujumbura, Imana Ikugarukire Kuko Ugereye Habi
29 Ndamukiza 2016, 15:42, par Dkey
Uburundi bukore iperereza ntituzozange twarinjiranywe na Alshababu. Kuko .....
29 Ndamukiza 2016, 17:04, par Ngomanziza
Mbega abene gihungu mwatahuye yuko ari terahamwe sindumuja yazanye mu gihungu sha mutagavya igihugu ci burundi kiza kuba Ka Somalia mbega si ndumuja buramunezera kuva yinyegeje Mutara agahunga igisara Hama ngo ni president sha yanze kuja kurogora umupira wamaguru nuvyo ashoboye naho igihugu nagitange
29 Ndamukiza 2016, 18:35, par MUYAHUDI
EMW IVYOBINTU BIRARENZ NTAMUSI UHERA BATISH UMUSODA! NINZIRAKARENGAN ZABA CIVIL! YESU TABARA UBURUNDI NABARUNDI
29 Ndamukiza 2016, 22:03, par Eeeeeeee !!!!!!!!!
Tanzania naho habereyeyo ibiki?
Hanyuma turahojeje umuryango wuwarisanzwe yitwa Bucumi Moyize yapfuye avuye kwiba urwaruka rwabarundi rwarirusanzwe ruba mumakambi yimbunzi muri Tanzania, nobabwirako murwaruka narwo yaritwaye rugera 200 basanabishwe bose kuko hasigaye 4 amakuru avugako 3 bamaze gufungwa mubarokotse. Sinorangiza ntababwiyeko abahora arabakundana muguhurira murira nicirwa SinaHead nibobaribarumvikanye kuzotora ururwaruka ariko ibihe vyikubatwara kurwana cageze baracicemwo ibice igicekimwerero cahisemwo gupanga abantu bokubategera bakabica kubera cashavujwe nibiherutse kuba buri muricobise SinaHead.
29 Ndamukiza 2016, 22:07, par Ntahi Gerard
Tubwire,
Ibujumbura Ntanwazangabo Zikibayo?
Ivyo Biba Barimubiki!!?
30 Ndamukiza 2016, 20:23, par Alexandre
Hemwe tubwire Ntantwazangabozihari Ahohantu?
1er Rusama 2016, 06:28, par Venerand
Icambernamber N,uguhoz Umuryangowabuz. Hanyum Nukur Ibirikobib Mu Burund Birateyubwoba! Abobyega Nibiyumvirko Nabonyen Aribiremw! Mana Garukir Ighugu Cacuc,UBURUNDI!!.
1er Rusama 2016, 13:55, par bakari ja
ichombona nuko bopunguza amasaha yokunywa mwijoro hakaba patruye yigisoda ni gipolic abantu bakinjira mumazu hakirikare
1er Rusama 2016, 22:24, par turaje
umuti wibibazo biri mu Burundi nukwirukana FDLR mucumbikiye ataruko ntamahoro muzabona
wait and see.