Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Musaga : Umusore yahora aba kw’ibarabara rya gatatu yatowe ikiziga
Yanditswe taliki ya 2-11-2015 - isaha 14:12' na IGIHE

Umusore azwi kw’izina rya Landry batazira London yapfuye yishwe, akaba yatowe ikiziga mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, hafi y’ikirindiro c’igiporisi co ku Musaga.

JPEG - 57.3 ko
Landry yahora aba ku Musaga kw’ibarabara rya gatatu

Landry yohora aba kw’ibarabara rya gatatu ku Musaga, akaba yagandaguwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana rishira uwa mbere. Naho ikiziga ciwe catowe hafi ya komine Musaga, ku kirindiro c’igiporisi, abanyagihugu bo ngaho ku Musaga bamenyesha ko uwo musore yiciwe kurya gatatu, ikiziga ciwe baca baragikwega, bacegereza hafi ya komine Musaga, n’amaraso menshi akaba yaboneka mw’ibarabara.

Ikindi kiziga catowe mu Gikungu

Umugore abanyagihugu batashoboye kumenya yatowe nawe ikiziga mu Gikungu, zone Gihosha, hafi y’isengero ryitirirwa umusozi wa Siyoni (Mont Sion). Uwo mugore atamenyekanye yagandaguwe n’abantu nyene bataramenyekana, bikaboneka ko atari abasuma, kuko mu gatondo yari acambaye mw’izosi umugufu w’inzahabu, n’amahereni, bikaboneka ko bamutegereye amaze nk’urubanza, baramwica, abamugandaguye baca baja kumuta aho mu Gikungu.

Abanyagihugu b’aho mu Gikungu bamenyesha ko atari asanzwe aba mu micungararo kuko batamumenye. Ikiziga ciwe catwawe mu buruhukiro bw’ibitaro Roi Khared mu Kamenge.

Ivyiyumviro vyanyu

ubuzima bwubu buragoye.ni gusenga Imana

8.11.2015 à 16:36
Nsengiyumva Landry

Imana imwakire mubayo kandi abamwishe bamenyeko ahotutareba imanayo irahareba baza bibazwa gusa umuryangose wabimenye birababaje ????

8.11.2015 à 14:51
Hakizimana eri

Mumuryango wihangane ?? kandi imana imuhe iruhuko ridashira, !!

8.11.2015 à 14:32
Hakizimana eri

Iryonihonyabwo ririko rirakorwa nubutegetsi, none abantu baziziki ? abakoze iryobara nti bakaronke amahoro. ayo maraso bariko barasesa azobakurikirane ahobazoba barihose.kabiri, bazopfe bayerera nkayini.none kobavuga ngobarondera abitwaje ibirwanisho, none nkuwo mugore bagandaguye ya rafise ikirwanisho ? canke uwomusore.Ewe barundi uwaturoze ntiya karavye ! Egonaho navuze mubwishi abarundi ntituri babi twese harimwo intungane ariko ni mparurwa. mumasengero twijira turamamiriyoni !! Nakamaramaza.

8.11.2015 à 07:45
Mpozamarira Erias

Mbega Ko Numva Umutekan Ariwos Kumaradio Arikongize Ng Je Kurubuga Nkabona Abantu bensh Batagira Uko Bangana Batow Ibiziga Ahohant Tuharabire Nez Mwijoro Inz Hariho Abacungera Umutekan Arik Ibara Ntirisiba Kugwa Oooh ! Biramaramaj !

7.11.2015 à 13:25
Etienne Nkengurukiye

IMANA NI YO ISHOBOY GUHEZA IBIBAZO VY’UBURUNDI

6.11.2015 à 19:03
ERNEST NDAYISHIMIYE

NTAKUNDI MANNIGER MUNGU ARATUBONA KESHO BIZOHINDUKA

6.11.2015 à 15:19
DIDACE HASTA

@okay, world nabandi mutuka Fidélité. Ubwo abatutsi bene wacu mutangiye kwiriza kandi arimwe mutera grenade !!. Ahubwo abahutu baritonda. Nukuri mwaba Sans Echecs mwe muradusebya. Nimureba nabi muzamera nka ba banyamurenge Kagame yabeshye hanyuma bakaba baraguye ivutu iwacu murwnda mumakambi kubera impungure. Ubuhungiro buraryoha nimuze mwa baginga mwe mudusebya.

6.11.2015 à 01:18
Mututsimwiza

umuturanyi naterwa uzamutabare kandi ntuzamuseke kuko bucya bucyana ayandi nibuka mu Rwanda genocide iba hari umurundi wabaga murugo numva aravuze ngo abanyagwanda bose iyoba boshiraga nkaca njabukana izi mpene nuyu muduka aho kubabazwa nibyari biri kuba ,,,,none dore nabo iwanyu mu burundi ndabona ubwicanyi bubasuye gusa ge sinabifuriza ko mushira ahubwo mpise nibuka uwo mugani mbona ko abacyera bari abahanga ,,,,erega njya najya kurubuga nkasanga hari abarundi banditse bavuga ngo (bazamara)bazatsemba ikitwa umunyarwanda none ndabona arimwe barundi mumaranye ,,, urucira mukaso rugatwara nyoko ,,,

4.11.2015 à 23:12
Ntwari

umuturanyi naterwa uzamutabare kandi ntuzamuseke kuko bucya bucyana ayandi nibuka mu Rwanda genocide iba hari umurundi wabaga murugo numva aravuze ngo abanyagwanda bose iyoba boshiraga nkaca njabukana izi mpene nuyu muduka aho kubabazwa nibyari biri kuba ,,,,none dore nabo iwanyu mu burundi ndabona ubwicanyi bubasuye gusa ge sinabifuriza ko mushira ahubwo mpise nibuka uwo mugani mbona ko abacyera bari abahanga ,,,,erega njya najya kurubuga nkasanga hari abarundi banditse bavuga ngo (bazamara)bazatsemba ikitwa umunyarwanda none ndabona arimwe barundi mumaranye ,,, urucira mukaso rugatwara nyoko ,,,

4.11.2015 à 23:12
Ntwari

Fidelite uragakubitwa n inkuba itagiramazi uragapfautavyaye Imana izokubaze ivyo vyose wirirwa urahuragura uragasigubusa wamurozi w ibisebe

4.11.2015 à 22:17
yyy

God Help This Country !!!!

4.11.2015 à 19:52
0722420607

Oooh my God it’s not for human being in Burundi.but let them do every thing they want especially to kill the innocents people I’m sure God will punish them for his children.

4.11.2015 à 12:41
Patrick

Imana nifashe abarundi turarushe,idukureko ayo mashetani yinjiye mubana bayo.

4.11.2015 à 12:09
WUMUKAMA

Ndasabiy abapfuye kuronka,uburuhukiro budashira. ariko ndasab igiporisi c’uburundi,gikore uko gishoboye kugira ubwo bwicanyi bugabanuke. narumvise yuko, umutekano wagarutse kubice 92% ndabasavye rero ubwicanyi bugabanuke nino Tanzania tubona ibikorerwa mu Burundi, ari bibi. murkoze Imana ibaririnde !

4.11.2015 à 08:33
Nshimirimana Mathieu

birarenze ukwemera !!!!!.

4.11.2015 à 07:15
dusabe

Imana ibahe uburuhukiro budashira.

4.11.2015 à 07:03
jerome

Abo butsi bibazako imana yabaremye ngo bazohore kubutegetsi ? habanamba ndadaye bamujijiki ? Ntaryamira yaziziki ? Ariko ico bomenya nkurunziza uwuzomwitambika imbere namenyeko amase yakera atagihoma urutara uwuzorukarisha ruzomumwa

4.11.2015 à 04:45
Bacemwo

fidelite ngo azopfa nkimbwa ahubwo niyo nuko adafise umurizo gusa iyo ninterahamwe yamahembe abiri .

3.11.2015 à 21:13
amahoro

Fidelite Uzopfa Nki IMbwa

3.11.2015 à 17:25
Robert
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.