Muyinga : Abana batatu bahitanwe na gerenade

Yanditswe na egide
Kuya 14 novembre 2015 saa 12:52
Yasomwe : 68238
0 0

Abana batatu harimwo babiri bo mu muryango umwe bahitanwe na gerenade yaturitse mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, ku musozi Ruganirwa, zone Cumba, muri komine Muyinga intara ya Muyinga.
Firipo NKERAMIHIGO, musitanteri wa komine Muyinga amenyesha ko abo bana bahitanwe na gerenade bariko barakinisha, mu nyuma igahava iturika irabahitana. Umwe muri abo bitavye Imana akaba yari yacitse ukuboko.
Iyo gerenade yaturikiye mu muryango wa BAKANIBONA Alexandre aba ku musozi Ruganirwa, ica ihitana (...)

Abana batatu harimwo babiri bo mu muryango umwe bahitanwe na gerenade yaturitse mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, ku musozi Ruganirwa, zone Cumba, muri komine Muyinga intara ya Muyinga.

Firipo NKERAMIHIGO, musitanteri wa komine Muyinga amenyesha ko abo bana bahitanwe na gerenade bariko barakinisha, mu nyuma igahava iturika irabahitana. Umwe muri abo bitavye Imana akaba yari yacitse ukuboko.

Iyo gerenade yaturikiye mu muryango wa BAKANIBONA Alexandre aba ku musozi Ruganirwa, ica ihitana abo bana batatu, babiri bo mu muryango umwe. Abandi bana babiri bakaba bakomeretse cane.

Kumenyekanisha

1
Keke 18-11-2015 à 08:11

ivyiyo gerenade ntawubizi ntawuzi ko arabavyeyi baribayitunze canke arabagizibanabi bayihaye abobana ngobakunde babeshere abobabuze bongere banabahekure mbonivyubuvyo bigoye. Mpojeje imiryangoyabuze.

2
Ernest ruyigi 17-11-2015 à 19:46

Arik turakwiy kwihanur.ahobasemerereye !ntibumva ?nibareke.

3
Nahayo Tharcisse 16-11-2015 à 12:12

Jewe Ico Nobona Nukwo Bosubiza Ibirwanisho Nayahandi Bizobahekura

4
[email protected] 15-11-2015 à 23:54

Wosanga abo bana bahawe iyo grenade na bamwe bakoresha uburyo bwose pour incriminer les parents ou les voisins kugirango babate muri yompi et la suite isi yose isigaye iyizi ! Les corps retrouvés sans vie dans les rues, les rigoles, les rivières etc.

5
abdallah 15-11-2015 à 19:21

abantu nibizigire allah niwe nyishu yavyos nayo kwikingiza ibigwanisho udaatewe ninku mushirikina nibiheko

6
NDAYISHHMIYE Claude 15-11-2015 à 06:37

Emwe Biragoye Pee ! Abantu Nibasubi Ibirwanisho Na Yo Ubundiho Bamemenye Ko Batunze Urupfu . Kandi Abasokuru Barayamaz Ngo Akataretse Kaba Kasema .Kand NGo Ikwezi Igrikwegera 2b

7
claude kivoga from kigali 14-11-2015 à 23:43

ahaaaaaaa nabana batangiye kwicwa na magrenade abana mube maso nababyeyi babo mwihangane kubantu bariko baratotezwa imana yishurira igihe natwe iyo turi ntabwo tunezerewe natwe turagowe uba murwanda wambutse ako kanya uba ufuye ariko ntakibazo ntamvura idahita

8
Jean 14-11-2015 à 19:32

Mwagiye kubibika mumago reka bijye birabahekura !

9
Kud.Int 14-11-2015 à 17:50

MUGA ABANTU MURASHIKUZA IYOHABAYE ISANGANYA MUVANGA NA POLITIC IVYOSIVYIZA BAMUREKAKWITIRANYA IBINTU NONE ABOBARI MURI POLITIC ? MBE UWO NKURUMBI NINDE ?BURYAMURANGANA MWEMWANDITSE IVYO ?

10
74128 14-11-2015 à 17:43

MUGA ABANTU MURASHIKUZA IYOHABAYE ISANGANYA MUVANGA NA POLITIC IVYOSIVYIZA BAMUREKAKWITIRANYA IBINTU NONE ABOBARI MURI POLITIC ? MBE UWO NKURUMBI NINDE ?BURYAMURANGANA MWEMWANDITSE IVYO ?

11
eric 14-11-2015 à 17:42

Mbega ko obama na kagame bavuga uburundi bashavuye (ntibashavuye barababaye) bidasanzwe !!
Turagowe basha !
None haraho uburundi bwagiye ! twebwe turiburimwo ubwo burundi bwoba buriko burazunguruka !!
Uburundi bumeze nkumugore yahunze uwumukunda ariko amufata nabi !!
IMANA NIYUKURI UWIYIKOMEKE INDURU IRAMWUNVA

12

13
74128 14-11-2015 à 17:41

MUGA ABANTU MURASHIKUZA IYOHABAYE ISANGANYA MUVANGA NA POLITIC IVYOSIVYIZA BAMUREKAKWITIRANYA IBINTU NONE ABOBARI MURI POLITIC ? MBE UWO NKURUMBI NINDE ?BURYAMURANGANA MWEMWANDITSE IVYO ?

14
Coud_int 14-11-2015 à 17:40

MUGA ABANTU MURASHIKUZA IYOHABAYE ISANGANYA MUVANGA NA POLITIC IVYOSIVYIZA BAMUREKAKWITIRANYA IBINTU NONE ABOBARI MURI POLITIC ? MBE UWO NKURUMBI NINDE ?BURYAMURANGANA MWEMWANDITSE IVYO ?

15
kamaro 14-11-2015 à 17:27

nkaba bana baziziki ?? akamo kirirwa katerwa kogusubiza ibirwanisho, ntakamaro kokubiguma kuko bizoguma biduhekura....

16
nduwamahorojclaude 14-11-2015 à 15:01

ikigwanisho sicokubika imuhira nukugiha ababijejwe. Kuko inyuma yinyungu haza akanyarire.

17
umuganwa sindumuja 14-11-2015 à 14:56

Barebe neza igomba kuba yari itunzwe nababyeyi babo

18
Habonimana Jespa 14-11-2015 à 14:50

birababaje cane kurabobana bahasize ubuzima kandi nyeni cubahiro umukuruwigihugu adasiba gusemerera nuwoba agisigaranye ikirwanisho twomuhanura kugishikana kubabijejwe

19
 ????????????? 14-11-2015 à 13:35

ESE iyo grenade ntiziri muri zambonerakunya za nkurumbi babaha ndihanganishije ababyeyi babuze abana babo

20
.com 14-11-2015 à 13:12

KUBAHIRIHO UMUNYAGIHUGU ATUNZE IKIGWANISHO NUKO HARUBUTEGETSI BWANKWANABESHI UGERERANIJENABABWEMERA NKURUMBI URAGOWE AHONIWEWE

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha