Muzinda : Umusirikare yahitanwe na gerenade yagira atere

Yanditswe na IGIHE
Kuya 28 mars 2016 saa 07:31
Yasomwe : 79758
0 0

Caporal Kazungu yahitanwe na gerenade yagira atere mugenzi we mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 28 Ntwarante 2016. Uwo musirikare yahitanwe n’iyo gerenade yakora mw’ikambi yo ku Muzinda yahora irongowe na Lieutenant-Colonel Darius Ikurakure aheruka kugandagurwa.
Amakuru dukura aho mw’ikambi yo ku Muzinda avuga ko Caporal Kazungu yagira atere mugenzi we gerenade, ariko akaba ariwe yahavuye ihitana kuko uwagira ayiterwe yabibonye kare, uwundi nawe yari yamaze kuyugurura.
Inyuma (...)

Caporal Kazungu yahitanwe na gerenade yagira atere mugenzi we mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 28 Ntwarante 2016. Uwo musirikare yahitanwe n’iyo gerenade yakora mw’ikambi yo ku Muzinda yahora irongowe na Lieutenant-Colonel Darius Ikurakure aheruka kugandagurwa.

Amakuru dukura aho mw’ikambi yo ku Muzinda avuga ko Caporal Kazungu yagira atere mugenzi we gerenade, ariko akaba ariwe yahavuye ihitana kuko uwagira ayiterwe yabibonye kare, uwundi nawe yari yamaze kuyugurura.

Inyuma y’ugukomeretswa bikomeye n’iyo gerenade, Caporal Kazungu yajanwe kuvurirwa ku bitaro vy’abasirikare mu Kamenge, ari naho yasezereye isi.


Kumenyekanisha

1
Nkunzimana Fridolin 7-04-2016 à 08:02

Aruciramukasorugatwaranyo Imana Iraziguhora Izirakarengane

2
Ndayisenga 3-04-2016 à 05:34

mana yomwijuru tabara uburundi nabo wiremeye kuko turahonye nkinturwa

3
Ishall 1er-04-2016 à 22:26

Utambana Namukeba Ntakubita Urugohe Menya Ko Kuruhande Hariho Abaraba Ivyo Muburundi Bakora Rero Mwikubite Agashi Uwonawe Vyashitse Urubanza Nurw’ Imana Twese Imana Izotubaza Ivyo Twakoreye Ahakwisi Dukundane Bene Data.

4
N.Francois 1er-04-2016 à 07:04

Imana ifashe uburundi ntiducanemwo yemwe kandi turi bamwe !

5
moses 31-03-2016 à 10:45

Urucira mukaso rugatwara nyoko n,imana yaciye urubanza neza cane

6
Audaby 31-03-2016 à 06:45

Uwo gupfa ntangorane.

7
CIZA 30-03-2016 à 09:45

IVYO BINT BIRAGOY NTAWOBIHAMA GUSA NIVYABA ARIVYO IMANA IZOVYIMENYERA

8
usama 29-03-2016 à 16:32

ntaco mvuz Imana Imwereke Iyo Aja

9
nahayo fervent 29-03-2016 à 10:25

ivyubu ningorane

10
jean 29-03-2016 à 09:13

selon BARATUZA : Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Gaspard BARATUZA yahumurije Abarundi ko igisirikare c’Uburundi ciyunze kandi ko uri urwego rushize hamwe. none nivyo canke sivyo ? ko baguma bicana ? abanyagihugu bobo ntitukivuga !!!!!!!!!!

11
kaka 29-03-2016 à 08:55

hhhhh umusoda wu Mu genie de combat utazi gutera grenade koko uwo nu Mu genie Wa he he umengo ivyo biga ntibabifata kbsa ngaho ngo mwomesa kagame nta Musoda Wa kagame WO kora iryo kosa ryo kutamenya gutera grenade nkabo ndiko ndaraba nukuri abaswa gusa

12
Abarugire Ejene 29-03-2016 à 07:09

Ahaa...Imana Ishimwe Esenabandi Vyoza Biragenda Ukwo Nyene Sha Azosubire Nibarye Make Baryame Kare Kuko Amaronko Meshi Aziba Amatwi

13
Cleophas 28-03-2016 à 22:35

Nikobimez Uko

14
Wesha ? 28-03-2016 à 21:09

dalus baramukosoye ntibamugandaguye. muri poltiqe ntitwica dukura intambamyi

15
KIRIJANA 28-03-2016 à 20:20

DUSAVYE IGISIRIKARE CUBURUNDI NUKURI BOSEBAVUGA IKIRUNDI BIRINDE RERO ABBOCHANABI MWACIYE MUBIKOMEYE MUGARUKIRIGIHUGU MURIGISODA CUBURUNDIMWESE BUNBATIRAMAHORO

16
Sylive 28-03-2016 à 20:14

Ntakundi Uruciramukaso Rugatwara Nyoko

17
Rukundo 28-03-2016 à 20:12

Ihorihoze

18
Ruduha 28-03-2016 à 20:02

Nagende arasangayo afande wiwe amuhe karibu.
Sivyiza kwica.Imana yamuhanye.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha