Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Ngagara : Abantu batatu bagiye mu misa y’uwapfuye bahagaritswe
Yanditswe taliki ya 4-11-2015 - isaha 21:28' na IGIHE

Igiporisi c’Uburundi cahagaritse mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu abantu batatu bari bagiye mu misa y’uguherekeza umunyagihugu wo mu Ngagara aheruka kwitaba Imana.

Mu gihe bariko baja kuri paruwasi yitiriwe umweranda Yozefu Mweranda mu Ngagara mu misa y’uguherekeza NSENGIYUMVA Auxance Ulrich, umunyagihugu wo mu Ngagara yitavye Imana kuri uwu wa 30 Gitugutu 2015, imodoka yarimwo abo bantu bafashwe yarashwe amapine n’abaporisi bo mu rwego rucungera inzego (API : Appui pour la protection des institutions) bari mu muduga wo mu bwoko bwa Pick-Up.

JPEG - 71.8 ko
NSENGIYUMVA Auxance Ulrich, umunyagihugu wo mu Ngagara yitavye Imana kuri uwu wa 30 Gitugutu 2015

Abantu batatu bari muri iyo modoka yarashwe amapine baciye bafatwa n’igiporisi. Muri abo bafashwe harimwo umupfasoni azwi kw’izina rya Joselyne NAHIMANA yoba yagirizwa ko yafashije mu kugaburira abagize imyiyerekano mu Ngagara yiyamiriza ikiringo ca gatatu. Uwundi yafashwe ni uwitwa Yves IRAKOZE, bompi baba mu Ngagara. Iyo modoka abo bafashwe barimwo yaciye itwarwa nayo nyene n’igiporisi.

JPEG - 26.3 ko
Joselyne NAHIMANA batazira JOJO

Abo bafashwe bari bagiye ku maziko ya NSENGIYUMVA Auxance Ulrich, umunyagihugu wo mu Ngagara aheruka gusezera isi, uwo nawe akaba yari imbere mu bagize imyiyerekano y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu.

Ivyiyumviro vyanyu

Umuryangowe wihangane ? kandinawe imana imuhe iruhuko ridashira ! Imwakire mubayo amen

8.11.2015 à 14:41
Hakizimana.eri

Uburundi Bwabaye Somalia Ewe Mana Tabara Abawe Barikuzira Ubusa Turindire Tuzoraba Nkuwo Mumaman Azirik ?Nibamureke Yirerere Abana.

7.11.2015 à 23:43
Nor b

Uburundi Bwabaye Somalia Ewe Mana Tabara Abawe Barikuzira Ubusa Turindire Tuzoraba.

7.11.2015 à 23:42
Nor b

Abarundi, muri bicucu murica abantu tu !na Nkuruzinza wanyu inzo Nterahamwe bazazica ibyobakora byose birazwi kdi nababikora turabazi

6.11.2015 à 16:47
kiky.mani

Ngagara ituwe n’abatutsi ba Sindumuja bahunze urwanda 59. Abana babo bari munkotanyi mu Rwanda nibo bishe abahutu benshi murwanda muri 94. Iyo quartier ituwe nt’intagondwa. Kuyitwika byaba ari sawa kuko bagomba kwishyura amarorerwa bakoze.

6.11.2015 à 01:35
liLi Ikiziga

ibintu biriko biraja muburvo

5.11.2015 à 22:21
komeza disiwe

C

5.11.2015 à 20:29
BUT

NDASAVYE AMAKUNGU INGANDA ZIGATIKIRA BARIKO BARARABA TWEBWE ABARUNDI TUZOBIHARURA KUMAKUNGU VYABA ABIRORE SINSHOBORA KUMVA INGENE BASHOBORA GUTANGA KO HAGIRA HAKORE INDEGE ZA AMAKUNGU MUKICECEKERA NUMUBABARO DUHONE ABARUNDI MUTUBONA ?VAHASI MUDUTABARE KUBONA BASIGAYE BAKURA IMITIMA MUBANTU BIRABABAJE MANA TABARA.

5.11.2015 à 20:08
JOSEPH B.....

Emwe Ivyuburundi Biragoye pe !None Ninde Azotorera Umuti Ibibazo Vyuburundi ?Nihatari !

5.11.2015 à 20:00
Thierry

Emwe Ivyuburundi Biragoye pe !None Ninde Azotorera Umuti Ibibazo Vyuburundi ?Nihatari !

5.11.2015 à 19:57
Thierry

ariko abarundi murarwaye kabisa iyorMwirirwa mumena amaraso yinzirakarengane MUKISHIMA mubona mutaniyehe NAGAHINI .no murwanda interahamwe zanweye amaraso yabantu namwe uwo numumvumo zY77S7

5.11.2015 à 18:14
nzabo

BA Sindumuja niba murambiwe amahoro mwese ni mujye mu Rwanda musangire impungure nabanyamurenge murebe uko ubuhungiro buryana hanyuma igisagara gituzwemo abandi. uwo niwo muti. None ko mushaka kurimbura abahutu muragira ngo bo si abantu

5.11.2015 à 17:54
Mututsikeye

babuzekubamena.imitwe.iyomihinbiri.yigira.ibihangange

5.11.2015 à 14:41
jojo

babuzekubamena.imitwe.iyomihinbiri.yigira.ibihangange

5.11.2015 à 14:41
jojo

Mujamubi wiyise mututsimwiza,ngo ntibavuze icyamwoshe ? Babivuze niwe udashaka kuvyumva wumva ivyo ushaka,yahitinywe n,amasasu harikindi washaka ?Mugabo azibiye iciwe cobo gwawe kiracasamye !

5.11.2015 à 11:40
Alice Irumva

Mana Tabara Uburundi Ngabahutu Ukwabo Ngabatutsi Ukwabo Ewe Nkuru Urinkorabara Ahubona Abarundi Turagowe Kweri

5.11.2015 à 11:26
Sinemera Nkuru

uyomugore nawene asanumwicayi nawe nibamwicetu agiricoyubaha

5.11.2015 à 11:22
ndiho

Ba mwandika nkabambaye umubiri kandi batiremye. Bantu mwuzuye umutima w’amacakubiri muragowe kandi muragoresheje igihugu.Imana uko yaremye umuhutu niko yaremye umututsi, none mugomba gushiranahe. abagiye mw’ishamba bakiranira ubutungane, ubu bari imbere mukubutosekaza, ntabujuju busumbaubwo. hama usangwa polisi iriyo kuza kwica abanyagihugu, rurarya ntirumarira Imana, ejo bazicuza. Mana garukira Uburundi, uburonse abatware bakunda abo batwara, abavyeyi bavyare baheke, nyiginyura ibishetani vyiganziye uburundi. Ganza Mana Rurema. Amen, amen, amen

5.11.2015 à 08:56
Anaclet Ruberintwari

None ko tuzi ngagara ibamwo incabwenge nyishi,barakenyeye babike ikara mumpuzu ?aho ntimwotanga izo nkoho mutunze mukanashikiriza nizo nkozi zikibi munyegeje bakazikorerako ? birabasha ntimuzorire mundaba.

5.11.2015 à 07:34
maserere

None ko tuzi ngagara ibamwo incabwenge nyishi,barakenyeye babike ikara mumpuzu ?aho ntimwotanga izo nkoho mutunze mukanashikiriza nizo nkozi zikibi munyegeje bakazikorerako ? birabasha ntimuzorire mundaba.

5.11.2015 à 07:32
maserere
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.