Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Ikiziga c’umuntu catowe ahiciwe abandi batatu
Ngagara : Ikiziga c’umuntu catowe ahiciwe abandi batatu
lundi 19 Gitugutu 2015, par
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko batamenye ikiziga c’umuntu catowe mu Ngagara muri karitiye ya gatatu mu gatondo ko kuri uwu wa mbere. Ico kiziga catowe mu kibanza ciciwemwo abandi bantu batatu ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, aho nyene mu Ngagara nk’uko bimenyeshwa na OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
- Abantu batatu bivugwa ko ari abaporisi biciwe mu Ngagara batewe gerenade
Ico kiziga c’uwo muntu atamenyekanye catowe muri karitiye ya gatatu ya zone Ngagara, cabonetse mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, abaporisi bakaba baciye basaka imihana yegereye ico kibanza.
Ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, abandi bantu batatu bivugwa ko ari abaporisi bariciwe muri ico kibanza nyene batewe gerenade. Mu giporisi c’Uburundi bakavuga ko bamenye umwe muri abo batatu bishwe n’abantu bataramenyekana. OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko uwo bamenye ari umuporisi azwi kw’izina rya MUTWA, yakora mu giporisi kijejwe gucungera inzego API (Appui pour la Protection des Institutions).

Rémy BARAMPAMA musitanteri wa komine NTAHANGWA akamenyesha ko kenshi abantu bakora ubwicanyi aho muri karitiye ya Ngagara baba bavuye mu yandi makaritiye, agasaba abanyagihugu gukorana n’abajejwe umutekano mu kubadomako urutoke.
- MUTWA, yakora mu giporisi kijejwe gucungera inzego API (Appui pour la Protection des Institutions)
IGIHE
Messages
19 Gitugutu 2015, 16:06, par biragoye
abobatu baboshe bohorwa ivyiyumviro vyabo
19 Gitugutu 2015, 16:29, par Irishura.com
Imana ishimw,uwo mutwa yari yaramaz abantu,yari mubish umuryango waba fnl mugweza rural hejuru yo kubumw 2011,nabandi bamunzw nikibi nkaw bahator icigwa!
19 Gitugutu 2015, 16:30, par Irishura.com
Imana ishimw,uwo mutwa yari yaramaz abantu,yari mubish umuryango waba fnl mugweza rural hejuru yo kubumw 2011,nabandi bamunzw nikibi nkaw bahator icigwa!
19 Gitugutu 2015, 16:37, par fidelite
Ngagara,mushaka kwigira un pays dans un autre pays,ntituzobemerera,murawunywa rero,natwe ubu tugiye kurondera ibiziriko vyo kubaboha,turonona amasoro
19 Gitugutu 2015, 17:52, par lOULOU
bazashake nakiliya kitwa fidelite bakibohe bagice imabya cyo gaswera nyina.
19 Gitugutu 2015, 19:10, par Frances Shami
Biragoye kwemera ayo makuru ko abo bantu 4 bishwe ari aba polisi kuko aucun visage n’est vraiment visible. Ils ont tous été caches! les mains ligotés avant d’être tué, font penser au style d’exécution des FDLR aujourd’hui présents sur le sol burundais pour aider le régime à étouffer l’opposition en les exécutant un à un ou par petits groupes. Ces corps sans vie ne sont pas de ceux des policiers, ce sont ceux des opposants exécuter par les Interahamwe-Imbonerakure qui servent le pouvoir de Bujumbura. Point-trait!
19 Gitugutu 2015, 19:27, par Frances Shami
"Igihe", you are a very biased paper! les commentaires zitarimwo imikomo ntimuzi posta! Muragaragaye ba sha!
19 Gitugutu 2015, 22:03, par george
amaraso arahuma ntamera nimureke ubwicanyi!!!!!!!
19 Gitugutu 2015, 22:23, par Alice Irumva
Ngo n,abapolisi!Mbega abo batagira umwambaro wigipolisi twovyemera gute?Bari bagiye he?Murahinyutse namwe!
20 Gitugutu 2015, 08:22, par scania
abaporis.vyukur.nibo.basamar.reka.babon.kuk.wifitiyimot.bakwirukak.arik.abicanyi.ntibababona.rek.babon.rer
20 Gitugutu 2015, 08:30, par scania
mutwa.ruhuk.warukoz.inka.ivuyek.inyondw.zos.icivyibu.kugweg.gwiwanje.uwonzobonan.ikigwanisho.atamwambar.canke.ibindi.bimuranga.afis.mwicogih.ntafuy.azofa
20 Gitugutu 2015, 08:45, par fidelite
@france shami
opposition y’’i burundi ntimugira inguvu,ntidukeneye umuntu numwe pour vous punir,par contre mwebwe abatutsi mutuzanira inyenzi n’abanyamurenge kutwononera igisagara.Iyo mivyimba yose ni mwebwe abatutsi muriko murayanikira ,muriko murica abahutu n’abatutsi ariko amaraso yabo azobahumira,mbega ubwoko bubi.Mwa bahutu kumbura mwigishe abana banyu bamenye gutandukanya icatsi n’ururo si non muzosanga barunze hamwe nabo ba polisi kubera kutamenya,bon sang ubwo imitwe yanyu irakora,muzomenya ryari ko umututsi ari umwansi w’umuhutu?Ng’ubwo bwa teddy mazina buramaze iganda bugaca buterera amasanamu ku ma réseaux sociaux,mwibazako ari kuberiki umuvyimba chaque fois ubonetse teddy mazina aba uwa mbere gu publia images,nuko akorana n’abicanyi,ubwo si mwenewabo innocent muhozi ari en contact n’abicanyi,ntivyotangaza ni des anciens sans echecs?Faites bien attention à ces rwandais banse kumaduka mu gihugu cacu izo mbwa.Hari ico mutari muzi ,ca gikobwa caterewe grenade kw’i jabe,yayitewe n’abatutsi benewabo ngo yavugana neza n’abahutu,rero mwitonde,
20 Gitugutu 2015, 11:38, par che
Uwitwa Fidelite ateye agahinda mu bintu yandika nukuri. Uzovuge ikibazo ufise ku batuzi, ku banyrwanda, tugufashe kibonerwe umuti naho ubundi aho bukera baragusaza basi! Abo banyrwanda uvuga banse kubavira mu gihugu nashaka ndakumenyeshe ko babaye ngaho utaranavuka. Nabonye ubita inyenzi hahahaaa! birumvikana ko nta kibazo ufise n’interahamwe nizo wishakira ko ziguma ngaho. Tsinda amacakubiri hanyuma ubone gushikiriza igitekerezo, kuko abo banyrwanda urabakeneye wabishaka utabishaka! kandi sibo batumye abarundi banka mandat ya 3. JIJUKA.
20 Gitugutu 2015, 15:27, par mutima
Erega ivyo ni nka bimwe vy’i Rwanda, bemera kwica abantu abo maze bakavuga ko ari ubutegetsi bwabishe.
20 Gitugutu 2015, 17:33, par kobe
Fidelite urababaje wakinywamaraso we abantu nkamwe qui causent des malheur a leur pays c est triste. Kera abakurambere abantu nkamwe babita IBIKENYA uravye ivyo uvuga uri igikenya kizokenyuka va ibuzimu uje ibuntu wa nyamaswawe
20 Gitugutu 2015, 18:46, par ernest ruyigi
Dukor’iki?sabe imana idutabare.
20 Gitugutu 2015, 22:33, par Frances Shami
@Fidelité, il n’y a pas longtemps j’ai lu un des tes commentaires wiyita ngo uri umututsi et bla!bla!bla! en même wivugira ivyo usanzwe wivugira igihe cose avec des propos qui exhibent une certaine animosité contre abatutsi! Cependant, uri umwana mwiza parce que malgré cette animosité, dans ton subconscient biboneka ko wifuza kuba umwe muri bo! You are such a controversial character! For so much hatred, you need deliverance!
21 Gitugutu 2015, 08:22, par MANIRAKIZA DIEU DONNE
BARUNDI BARUNDI,KAZI BENE DATA MBAHANURE MUREBE UBWICANYI BURI MUGIHUGU CACU AHOTUGEZE SAHUBWOK TENA SAHUGUTANAKO UMWIKOMO AHUBWO NUKWICARA HAMWE TUTAMVANGUYE UBWOKO TWIGE UKO TWOKURA IGIHUGU MUBUJA NKUBWO KUKO?SUMU TUTSI UMUHUTU CAKWA NUMUTWA MBONA DUMFATSESE MWIBUKE KO IYO RUJE UMWANSI NUMUKUNZI RUJANA NTANDABONA MUBWOKO YAMFUYE UNDI ASIGARE MBO BAMFA BOSE RERO NIMWIKANGURE TUGWANYE UBWOBWICANYI TWESE HAMWE
21 Gitugutu 2015, 08:22, par MANIRAKIZA DIEU DONNE
BARUNDI BARUNDI,KAZI BENE DATA MBAHANURE MUREBE UBWICANYI BURI MUGIHUGU CACU AHOTUGEZE SAHUBWOK TENA SAHUGUTANAKO UMWIKOMO AHUBWO NUKWICARA HAMWE TUTAMVANGUYE UBWOKO TWIGE UKO TWOKURA IGIHUGU MUBUJA NKUBWO KUKO?SUMU TUTSI UMUHUTU CAKWA NUMUTWA MBONA DUMFATSESE MWIBUKE KO IYO RUJE UMWANSI NUMUKUNZI RUJANA NTANDABONA MUBWOKO YAMFUYE UNDI ASIGARE MBO BAMFA BOSE RERO NIMWIKANGURE TUGWANYE UBWOBWICANYI TWESE HAMWE
21 Gitugutu 2015, 10:21, par ikiziga IiLy
abatutsi bazi kwiriza, kurya ibyo bataruhiye, gusambana,kwicana,kubeshya.........ibindi ntibakatubeshye twarabamenye
21 Gitugutu 2015, 12:19, par HABONA
Fidelite igore uz,uvuga make ,meza dunia ni muzunguuko between all Tutsi and all Hutu are not perfect bose bakeneyagakiza akira Yesu Kristo ukizwe uronk,amahoro yuzuye mumutima if not u,ll end badly
23 Gitugutu 2015, 13:52, par bibian
Ewe lily ivyo uvuga wabimenye uri ikiziga nyene wamenye akazina kagukwiye. murarofoka
25 Gitugutu 2015, 10:54, par Majante
Murivyura, Tasha, Abandingao, Utiarashima, Yohani,yafoto,sinkibona Yaravuyekoweweuraibona?