Nyakabiga : Abaporisi bazindutse gusaka ahumvikanye amasasu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 août 2016 saa 09:21
Yasomwe : 41706
0 0

Igiporisi cazindutse kirasaka imihana yo mu Nyakabiga ya mbere n’iya kabiri, mu gisagara ca Bujumbura, ahumvikanye amasasu yamaze umwanya muto mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana. Hari abantu bahagaritswe.
Ayo masasu yumvikaniye hagati y’ama zone ya Nyakabiga na Bwiza. Abaporisi bazindukiyeyo kuhasaka, abantu bataramenyekana igitigiri bakaba aribo bahagaritswe.
Abajejwe umutekano bakaba basuzuma ko abo bafashwe bose banditswe mu makaye (...)

Igiporisi cazindutse kirasaka imihana yo mu Nyakabiga ya mbere n’iya kabiri, mu gisagara ca Bujumbura, ahumvikanye amasasu yamaze umwanya muto mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana. Hari abantu bahagaritswe.

Ayo masasu yumvikaniye hagati y’ama zone ya Nyakabiga na Bwiza. Abaporisi bazindukiyeyo kuhasaka, abantu bataramenyekana igitigiri bakaba aribo bahagaritswe.

Abajejwe umutekano bakaba basuzuma ko abo bafashwe bose banditswe mu makaye y’ingo.


Kumenyekanisha

1
REVERIEN 23-08-2016 à 17:14

EWE NABONE BARABURIGW BAGIRA KUBA ARIBO BABAISHIRAHO BAGACA BASUBIRAYO AHUBWO IMANIBAFASHE

2
CAKIRA 22-08-2016 à 19:41

yemwe yemwe ba nyakakabiga murasubiriye ?eka uwabaroze ntiyakaravye kweli,murika igihe mutera amakambi ayo mwabonye ? bandanya kuvyonga basha ! iryamiti mwariye muri zandya babaha nimba bitarabaheramwo muragowe peee !

3
matayo 22-08-2016 à 17:14

nibahanwe canenababitekereza bamenye konibafatwakobazohanwa

4
turaje 22-08-2016 à 15:19

Nibafate izo mujeri Sindumuja zabaterroriste.

5
0782663175 22-08-2016 à 11:08

uzofatwa azobihanirwe

6
0782663175 22-08-2016 à 11:05

uzofatwa azobihanirwe

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha