IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Nyakabiga : Grenade yirukanye abari kw’irondo

Nyakabiga : Grenade yirukanye abari kw’irondo

lundi 15 Ruheshi 2015

Muri Komine ya Nyakabiga, abari kw’irondo mu Nyakabiga ya gatatu, bavuga ko bagiye bumva grenade ibaturikiye iruhande.

Nk’uko aya makuru tuyakesha bagenzi bacu bari mu Nyakabiga, bavuga ko abari kw’irondo mu Nyakabiga ya gatatu, kw’ibarabara rya gatandatu, bagiye bumva i grenade iturika, iyo nayo, bakemeza ko yatewe n’uwari muri kaminuza y’Uburundi, mu kigo co ku Mutanga. abari aho kw’irondo, bakaba baciye biruka, barahunga.

Komine ya Nyakabiga rero, ikaba ari imwe mu makonine y’igisagara ca Bujumbura, yabereyemwo imyiyerekano ikomeye yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, umukuru w’igihugu. Gushika n’ubu, imirimo muri iyo komine ikaba icumbagira, aho abanyeshure bakiri muhira, abaja ku mirimo nabo, bamwe bakaba bagenda nabi nabi.


IGIHE

Messages

  • Akataretse kaba gasema none hajemwo nivyamarondo kandi? Karabaye!

  • NIBUMVIRIZE ICO TWARI TWARABACUZE .AHUBWO BARI BABUZE AHOBARYAMA

  • none ga mwa barundi bo mu nyakabiga ndababze aho nta soni mugira ? iyo rondo mwari muraririye iki? murwana na nde? aha ntimurava kwizima? nimutahe imana yaranse ivyo mwayiszvye kandi yarabagiriy ikigongwe nuko nyene tubona mugomba kuba intashima.kandi uwo yatey grenade nawe iman ntiyamutumye nareke.abapfuy baramaze.Reka rero kuk nta wurwanya Leta kuk niyo mwiga cane muzobona ko Leta igereranywa nigikoko bita Leviata gifise amahembe impande zose.aho usaganyirij hose ihembe rirakuzibura.tekereza rero nabandi barabiretse mubane nabandi neza mwitegurire amatora basha kandi muz mutore neza .

  • Hanyuma ngo abanyeshure bo muri kaminuza ngo basubire kwiga!!! Ntimwumva ko abariyo bafise ibirwanisho!!!

  • None ntibabe baguma mumihana yabo umutekano ugacungerwa n’ababijejwe?Ko birukana abajejwe umutekano reka bayabone.

  • arikaba dd baranteyishavu batumye uwutaz kugema ntibazosubire gutumuwomuntu uwundimunsi bazotume uwugema arutehagati yabotutsi atabwenke bafise turabe kobogabanuka

  • REKA REKA NTAKUNDI VYOGND YABA ARUWUNDI YOBISA ABANDI NKUBU TURI MUHRA ABAND BARAHEJEJE UMWAKA NONE TUBIGENZ GT?NAHIMANA

  • emma
    nyakabiga nabicanyi bica imbonerakure izo grenade zitegwa nabande? kwarabonyene bihaye akazi kandi atari aba police nibareke twarabahinyuye kwaribo batera ama grenade kugira bambike ibara imbonerakure, ahubwo nibareke abana basubire kwishure.

  • Mwitesha Aho Muba Ngo Mugiye Kwirondo Tekereze Mwarahenzwe Ikirobere Ntigihera Mugisagara Rye Vyomwahorako.

  • mpore ncuti zanj.........

  • ayo marondo mugira mumenyeko igihugu atari icana

  • Abo ni ba batutsi batumvikanye neza ingene bagabura amahera bahawe na ba pacifique na ba vitali n’abanyabulaya ngo batere akajagali mu gihugu,niko bigenda niko vyabagendeye aba sansa echecs bari basigaye ba viola ba nyina batakironka ivyo mu kajagali,nubu na bado rindira urwo rutuku bamaze iminsi banywa n’ivyo bimogi ni zindi bazoziterana!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.