Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Rohero : Amasasu 800 yafashwe
Yanditswe taliki ya 1er-08-2016 - isaha 10:52' na IGIHE

Igiporisi c’Uburundi cafashe kuri uwu w’Imana amasasu amajana umunani y’inkoho Kalashnikov n’inkoho Mi-KV. Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko ayo masasu yafatiwe mu mwonga uri hafi y’ibitaro BUMEREC biri mu gisagara ca Bujumbura, muri zone Rohero.

Ayo masasu yari kumwe n’ibindi bihimba (Pièces) vy’inkoho Mi-KV vyari bitekeye mu mufuko, nk’uko bimenyeshwa n’umuvugizi w’igiporisi.

Muri zone ya Musaga naho, mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, abantu bataramenyekana igitigiri bahagaritswe kw’ibarabara rya mbere hamwe no kurya kabiri.

Igiporisi cagenzura ko abantu bose bo kuri ayo mabarabara banditswe mu makaye y’ingo.

Ivyiyumviro vyanyu

IYI NKURU NTIGIRA UMUTWE N AMAGURU

16.08.2016 à 16:10
Nathalie

IYI NKURU NTIGIRA UMUTWE N AMAGURU

16.08.2016 à 16:10
Nathalie

Muraraba Ntagire Abo Murenganya Kuko Muramenyereye Guhohotera Abanyagihugu

14.08.2016 à 14:10
Buhorobuhoro

@Bareke Abobantu Bazobona Bamenyeko Ingero Yicaha Arupfu.Ntacarusha Goriyati.Ariko Yararubonye.

3.08.2016 à 22:00
Burokoye

Ariko reta yu Burundi ntiyosubiza nkurikiye mwishuri akigakuvuga

3.08.2016 à 15:22
Neza

Ego,hano "MALAWI" barabura amakuru y’umutekano batanga ;Naho wasavye igihugu kimwe gusa gifise umutekano, reka ndaguhe n’ibindi:BOTSWANA,NAMIBIA,LESOTO,...

2.08.2016 à 06:15
Sagona

Ego,kandi sikimwe gusa ahubwo Uburundi nibwo bugowe cane kumutekano, "MALAWI" ntanamakuru y’umutekano avurwaho. Naho wasavye kimwe reka ndaguhe n’ibindi :BOTSWANA,NAMIBIA,...

2.08.2016 à 06:07
Blackbow

@ Muyahudi wotubwira izina ryigihugu kimwegusa gifise umutekano mwakinogihe ?

1er.08.2016 à 22:21
.

Basindumuja vyabayobeye ntahantu nahamwe muzonyegeza bireke kumenyekana ni mwishikane

1er.08.2016 à 19:20
nzovu

Basindumuja vyabayobeye ntahantu nahamwe muzonyegeza bireke kumenyekana ni mwishikane

1er.08.2016 à 19:20
nzovu

mana udufashe turakomerewe vyahatari

1er.08.2016 à 18:56
epifd

Congratulations Burundians national policies.

1er.08.2016 à 15:15
Smart Policies.

Emw Ikigihugu Cuburundi Kirahnzw Tuzoronka Umutekano Ryari ?

1er.08.2016 à 13:38
Muyahudi

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.