Ruyigi : Urugo rw’umugenduzi w’indero mu ntara rwatewe n’abantu bitwaje ibirwanisho

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 28 septembre 2015 saa 03:27
Yasomwe : 48951
0 0

Urugo rw ‘umugenduzi w’indero mu ntara ya Ruyigi Sylvestre Niyonzima ruri muri quartier ya Sanzu ku murwa mukuru w’intara,rwaratewe n’umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 27 Nyakanga 2015.
Nkuko amakuru ava ngaho mu Ruyigi ico gitero cabaye hagati y’isaha zine n’isaha zitanu z’ijoro,igihe umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho bazinguza urugo rwa Sylvestre Niyonzima,baca batangura kurasa.
Sylvestre Niyonzima yaciye atabaza igipolisi naco gica kihashika hakiri kare (...)

Urugo rw ‘umugenduzi w’indero mu ntara ya Ruyigi Sylvestre Niyonzima ruri muri quartier ya Sanzu ku murwa mukuru w’intara,rwaratewe n’umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 27 Nyakanga 2015.

Nkuko amakuru ava ngaho mu Ruyigi ico gitero cabaye hagati y’isaha zine n’isaha zitanu z’ijoro,igihe umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho bazinguza urugo rwa Sylvestre Niyonzima,baca batangura kurasa.

Sylvestre Niyonzima yaciye atabaza igipolisi naco gica kihashika hakiri kare ibintu bitarononekara.Umuntu umwe mu bari baje kugira ico gitero niwe yapfuye,inkoho yo mu bwko bwa kalashinkov yari yitwaje nayo irafatwa.

Amakuru ava aho mu Ruyigi amenyesha ko ibisakozo vy’inzu yuwo yatewe arivyo vyononekaye gusa.

Mu gipolisi mu Ruyigi bamenyesha ko bamaze gutangura amatohoza kugira abakoze ico gitero bamenyekane.

Mwomenya ko ibitero bitatu arivyo bimaze kuba aho mu Ruyigi,muri ivyo igitero kimwe cabaye ku mushikirizamanza wa Republika aho mu Ruyigi,Imana naho nyene yarakinze ntaco yabaye.


Kumenyekanisha

1
Niyosaba Innocent 1er-03-2017 à 20:36

None Kugeza Ubu Ntanumwe Murafata ?

2
Brc 2-10-2015 à 21:28

Ubwicanyi Muri Shalom Ntibubuze Nahobavuga Ngo Nta Vya Politique Bajamwo Ntibibuze Ubwambere Hakora Ubwoko Bumwe Abatutsi Kandi Na Magi Niwe Yicishije Wa Muzu Agnes Kugira Aze Arasaba Ifashanyo Nyish Arenzako% Aha Tuzi Vyishi !

3
ndabirorere hilaire 1er-10-2015 à 11:44

bafate mubakomeshe abo baswa !

4
Jean Bosco 29-09-2015 à 19:23

Mana Garukira Iyontara,none Abo Bitwazibigwanisho Sabantu Babahindaro,bomenyako Uhishikara Mumpuzu Rikaguturira,

5
uwutazi 29-09-2015 à 15:19

wewiyita makokwe ahubwo uri igikukwe.kowibaza abatutsi abahutubo urusas ntirwobinjira ? Buvuga ivyowitondeye kandi cunga ururimi.

6
Bijoza 29-09-2015 à 05:51

Mwarabonaye agapfanagagira canke ukovyagenzekuri babuyoya ntankeka igihugukirazamukaga ranitanimba ikunda a banyagihugu nigihugu yarikwiyekuzamubiganirovuba ibararitaragwa ahandiho ivyombonabitandukanye ivyakahise nabobagamgatiza mbonabasikiriwe uwuranvye azocumugani !!!!

7
Brouz 28-09-2015 à 22:02

N’umuhero mbe nkubu Imana yoduha agahano gatoyi twoshavura ? Ingorane nitw tuzikwegera

8
tuombe 28-09-2015 à 21:43

Basha nabarundi turigorewe kweli atamusi wokwijana atamuntu apfuye haa !! mana garukira uburundi bugeze ahatemba, ariko bagenzi banje ndusangiy uru rubuga mwotahura yuko ikigihe turimwo ariciherezo ngo:muzokwumva intambara,impuha z’intambara...matay 24:6...gusa ndabahanura mushikame muri yesu kuko niwe buhungiro bwacu none umuntu yoshobora kudukoza iki ?turikumwe n’uwiteka .amen

9
Makokwe 28-09-2015 à 21:37

Uwo yapfuye basanze ari umututsi winyarunazi kandi biravugwa ko hari inama zibera inyamutobo muri cloture iri aho ci maggi kivuka abatutsi niyo bakoranira mwijoro bajanyata uko bazotumara mugabo umusi twabafashe tuzobagira nkuko madagasha yabikoze muri93

10
Makokwe 28-09-2015 à 21:35

Uwo yapfuye basanze ari umututsi winyarunazi kandi biravugwa ko hari inama zibera inyamutobo muri cloture iri aho ci maggi kivuka abatutsi niyo bakoranira mwijoro bajanyata uko bazotumara mugabo umusi twabafashe tuzobagira nkuko madagasha yabikoze muri93

11
Manirakiza Nestor 28-09-2015 à 21:25

Abo Bantu Bagomba Kutwononera Intara Yacu Bipfuziki ?

12
Manirakiza Nestor 28-09-2015 à 21:22

Abo Bantu Bagomba Kutwononera Intara Yacu Bipfuziki ?

13
None ? 28-09-2015 à 20:08

Mbemwibaza kwica kwarivyo bizotuma muharwijambo tubabwirati numutwice mutunare mwashaka namwe mwiyice ntacoduhindura. Nimpaka abakoze amabibose bashizwe imbereyubutungabe ntituzopfatwicaranye nabaturiye abantu nabashatse gutembagaza ubutegetsi. Abatakoze amabitumazimisi tuvuga tuzokwamatuyaga apana kuyaga nuwagutuririye uwawe nibapfume baduturira twese.

14
Josué 28-09-2015 à 19:13

Uwo Yapfuye Ntawe Bamenye ?Mbe N’uwahe ?

15
kinyata 28-09-2015 à 17:03

uyoni pasifice nabageziwe bari ibujumbura kumutakura nahanti

16
François 28-09-2015 à 16:17

None ko Reta y-uburundi ivugako atabarwanyi bari mugihugu,abo batera ni bande,bavahe ? Jewe ico mbona reta yar-ikwiye kuganira nabatavuga rumwe nayo bose,itarobanuye. Kuko bizohava bikomera pe !

17
Twaragowe 28-09-2015 à 16:07

Ivyo Nibisanzw Turabimenyerey Ko Batera Ingo Zabategetsi !Ntimutangar Akari Imbere Karahinda !

18
Twaragowe 28-09-2015 à 16:05

Ivyo Nibisanzw Turabimenyerey Ko Batera Ingo Zabategetsi !Ntimutangar Akari Imbere Karahinda !

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha