Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubudagi: Imvo yatumye abagabo babiri bipfuza kugira umubiri nk’uw’abakenyezi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubudagi: Imvo yatumye abagabo babiri bipfuza kugira umubiri nk’uw’abakenyezi

Ubudagi: Imvo yatumye abagabo babiri bipfuza kugira umubiri nk’uw’abakenyezi

vendredi 12 Ruheshi 2015

Abakozi babiri b’iradiyo y’abadagi biteje inshinge kugira bahinduke bamere nk’abapfasoni mu ntumbero yo kugira bamenye umubabaro w’abapfasoni.

John na Rasheed n’abagabo bakomeye neza mu mutwe atangorane n’imwe yo mu mutwe bafise, ariko nk’uko bivugira, ku bwabo bumva bipfuza kwimenyera ubwabo atawe barinze kubaza ubuzima bwa minsi yose bw’abagore. Aho naho niho bafata ingingo yo kw’iteza inshinge mu gikiriza, kugira bagire igituza, n’amabere nk’ayabagore.
Ntivyagarukiye aho, baranituye muhinga Mark Wolter uwo nawe akaba ari umuhinga mu vyo guhindura imibiri(chirurgien esthétique).

Rasheed yabwiye abamenyeshamakuru ati : Ndakunda mama wanje kandi ndamwubaha, ariko numva nshaka ko jewe nyene niyumvira umubabaro wanyu, akagirako asaba ikigongewe umuvyeyi wiwe amuvyara, nko mugihe boba batabitahura co kimwe.


Bill Nkurunziza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.