IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umugabo wa mbere arusha imyaka abandi bose kw’isi yabonetse

Umugabo wa mbere arusha imyaka abandi bose kw’isi yabonetse

samedi 12 Ntwarante 2016, par egide

Umugabo azwi kw’izina rya Yisrael Kristal, afise ubwenegihugu bw’Ubuyahudi, niwe yamenyekanye nk’uwufise imyaka myinshi kurusha abandi bagabo bose kw’isi yose.

Yisrael Kristal w’imyaka 112 y’amavuka, akaba yavukiye mu gihugu ca Pologne mu mwaka w’1903.

JPEG - 29.7 ko
Yisrael Kristal ageze ku myaka 112 y’amavuka

Izina rya Yisrael Kristal yashizwe mu gitabo Guinness World Records, uwo mugabo arusha imyaka abandi bagabo bose kw’isi akavuga ko atazi ibanga ry’ukuramba imyaka myinshi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.