IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe

Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe

vendredi 6 Munyonyo 2015, par egide

Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA, umukuru w’ishirahamwe APRODH yagandaguwe arashwe.

Amakuru y’igandagurwa rya Welli NZITONDA amenyekanye inyuma y’aho afatiwe n’abaporisi, akajanwa gupfungirwa mu kibanza kitaramenyekana.

Welli Nzitonda‬, umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yari yafatiwe ku Mutakura, abaporisi bamufashe bamutwara mu kibanza kitari bwamenyekane.

Amakuru yemezwa n’umuryango wa Petero Karaveri MBONIMPA amenyesha ko Welli Nzitonda yagandaguwe, ikiziga cari kiri ku Mutakura kw’ibarabara rya 12 cakuweho na mukuruwe asanzwe ari intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi.

Welli NZITONDA Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA, umukuru w’ishirahamwe APRODH yagandaguwe arashwe

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.