Umukozi w’ishirahamwe AZAM yatowe ikiziga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 20 novembre 2015 saa 06:51
Yasomwe : 79155
0 0

Ikiziga ca Willy, yahora akora mw’ishirahamwe AZAM, catowe kuri uwu wa gatanu, hafi y’ikibuga c’indege ca Bujumbura, muri zone Buterere.
Willy yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, akaba yahora atwara ibiduga binini (chauffeur de camions) mw’ishirahamwe AZAM.

Ikiziga ca Willy, yahora akora mw’ishirahamwe AZAM, catowe kuri uwu wa gatanu, hafi y’ikibuga c’indege ca Bujumbura, muri zone Buterere.

Willy yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, akaba yahora atwara ibiduga binini (chauffeur de camions) mw’ishirahamwe AZAM.


Kumenyekanisha

1
ERIC 21-11-2015 à 21:40

NTIBARAMENYA ABAMWISHE

2
MN 21-11-2015 à 19:59

Nimwicane mwumve icyo abanyarwanda babarushije gusa muzicuza bitagishoboka.

3
mukwe 21-11-2015 à 18:56

ariko abantu mwakubuzima abo mutabuhaye mumenyeko iyongero mugereramwo abandi ariyo muzosubirizwamwo. mbega none muzoryoherwa ?

4
karir 21-11-2015 à 17:09

birabaje.nukungene abarund,barikobarapfa.bazira,ubusa.turasavye,abarikobarabikora,bacungenez.bazomer,nka,adlof.yigira,igihangang.none ubu,twarimbiy

5
worn 21-11-2015 à 17:01

Abarwanya ubutegetsi bwuburundi ABA BANTU BICA BAZABABAZWA NA NYAGASANI none se aho kwica abantu batanguye intambara classic ???
None se abarundi koko barabona ko atali opposition ilimo gutera ama grenades ??? niba ntangufu zo kurwanya ubutegetsi batangije intambara , nibarekeraho kwica abanyagihugu !!!

6
MUNYAMAHORO Arexandre 21-11-2015 à 16:52

MWIHANGANEABADEDEIMANAIZOBABAZAAMARASOYABANTUBAGUMABAMENA

7
roger 21-11-2015 à 07:48

mbemwabatutsi mwe muzovuga ukuri ryari ?ngira ukuri kwanyu mukuvuga iyo mupfuye mugeze imbere ya satani.Ijuru ryoryo mwararirahiye kiretse hamwe ryoba ryagenewe abicanyi niho mwotijamwo.za muravuga make muze mubazwe bike

8
mutama 21-11-2015 à 07:45

barogeye kandi kugandagura abantu bagaca bafata amasanamu bakohereza mumakungu ngo aboneko byacitse muburundi. Mana weee tabara uburundi !!

9
Mpozamarira Erias 21-11-2015 à 00:43

Turahojeje umuryango wa Willy bo nishirahamwe ya koreramwo Azam, nkabanteyivyasti ubwobubisha, buriko bukorwa nu butegetsi bwabagumutsi.none ahobahereye banwa maraso yabenigihugu ntibarayahaga ? uno musi bishabantu baranezerwa harigihe umunezero uzohinduka umubabaro. bamenye yuko bazobibazwa mubihe vyimbere, bibuke mu Rwanda interahamwe zasasika abantu zibaza kobizohereriyo ,uno musi bamwe bari mwibuye abandi bapfuye bayerera mumashamba ya kongo, abandi bariko bahendwa na Peter rwazobafasha gufatu Rwanda,ihibambewe arabahenda, ni gihugu asazwe ariko aravuruga nti yagifashe kumuheto ya rahawe.

10
keke 20-11-2015 à 23:39

jewe mbona icokorwa aruko twese abarundi twojakumavi tugasengera uburundibwacu.kuko tugiyeguhona ni tutabigenzuko.

11
keke 20-11-2015 à 23:21

jewe icombona cokorwa nukotwese abarundi twojakumavi tugasengera igihugu cacu nahandiho tuzaguhona .

12
Malawani 20-11-2015 à 22:24

Gezaho !!ntahotuzoshirana,mbegakobirushangobarwanya,utegetsi,bwankurunziza,baraziko,ahobagombagucu,wew,ahazinka,mwaratse,kumurundi.

13
Nzobandaba Xavi Innocent 20-11-2015 à 20:58

Ewe Pita Kumbura Utange Abandi Batware Kuko Ibigiye Kuba Nibirebire,bizosumba Ivya Kadafi.Inzira Karengane Homurihose Mwibuka Gusenga Nogusengera Uyumugwa Wa Satani Ariwo Burundi.

14
Burundibwacu 20-11-2015 à 20:49

Ba Sindumuja batumazeko abantu. Uwo ni Pacifique na Maggy babikora

15
Gahutu// 20-11-2015 à 19:36

barabe neza ntibabe arimuribo

16
posye 20-11-2015 à 19:12

iyonireta iriko irashiramungiro ivyonkurumbiyavuze turatabaza amakungu

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha