Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Umukuru w’impunzi zo muri Sokaritiye yagandaguwe
Yanditswe taliki ya 9-05-2016 - isaha 22:32' na IGIHE

Gervais SIMBAGOYE yarashwe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere muri zone Kinama, komine Ntahangwa, hafi y’ishengero rya Pentecoke ryo mu Kinama.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo munyagihugu yagandaguwe yarashwe n’abantu babiri bariko biyunguruza n’ipikipiki, bitwaje inkoho yo mu bwoko bwa Pistolet.

Uwo yagandaguwe, Gervais SIMBAGOYE, yahora arongoye impunzi zisanzwe ziba muri karitiye ya Sokaritiye, zone Kinama, mu gisagara ca Bujumbura, akaba kandi yarigeze kuba ari mu gisirikare c’Uburundi (Ex FAB).

Ivyiyumviro vyanyu

Ntakundi Ko Peter Agomba Kutumara Nawenye Azopfa Kuko Ntansumba Sadamu

18.05.2016 à 15:45
Samson

UBWICANYIBUZOHERARYARIMANATABARAUBURUNDI

15.05.2016 à 22:42
KLAVER

UBWICANYIBUZOHERARYARIMANATABARAUBURUNDI

15.05.2016 à 22:41
KLAVER

Kuberiki Abantu Bubu Bafise Urwanko Sha Nibicane Ariko Bamenyeko Nabonyene Bazokwitswa

12.05.2016 à 19:38
Abimanikunda

Mana niwakir iyonzirakarenganeyaw.turahojejunuryangowiw.ihonyabwoko rihayeribera mugisirikarecaker !nkurunziz arabamara !

12.05.2016 à 08:48
Martin

Uwizigiye nzabampema akabura gutaha kwubakigihugu ngwarindiye nzabampema uyo yoba afisubwenke nka nzabampema nyene ntabahende nzabampema naho yokwinyako agatako akisiga harya nahandi uwutazi umuti awunyako pita nigiti kiturigwa nimunyunve mwabana ntimukoreso kubwanwa

12.05.2016 à 07:21
Abduii

Yemwe akarinyuma karahinda uyumusi nabo ejo nitwebwe.Abarundi bimitima nkiyo nibobatumye igihugu kigiyekurwa mukaga kuko yoyo ntiyigeribesha namba.

11.05.2016 à 22:10
Obed Jofray

E sherif,ho guhanur ugasabir abo bicanyi ngo bameny imana !!!shaaa wapi

11.05.2016 à 20:03
Emmanuel BIZINDAVYI

NONE ?UBWICANYI INOMUBURUNDI BUZOHERARYARI ?DUFISE UBWOBA NDAHOJEJE UMURYANGO WUWO MUKURU WIMPUNZI IMANA IZIGAME UBURUNDI

11.05.2016 à 17:14
NIYONKURU MARTIN

NONE ?UBWICANYI INOMUBURUNDI BUZOHERARYARI ?DUFISE UBWOBA NDAHOJEJE UMURYANGO WUWO MUKURU WIMPUNZI IMANA IZIGAME UBURUNDI

11.05.2016 à 17:13
NIYONKURU MARTIN

Yooo !Turashinz Abarundi Mana Taba Uburundi

11.05.2016 à 13:56
Ataz Kaw

Nimba uwo muriro vyukuri uhari uzotangura Nkurunziza yigira ngo numesenzi none ubu kwa takija kusimbagurika ngo ariko ararimba kandi yuzuyemo daimoni

11.05.2016 à 09:51
XXX

muramaranye rwose mwitwaje ibihugu byibibanyi sha tuzareba amaherezo yanyu rwose
akili mbovu zawanasiyasa

11.05.2016 à 00:35
turaje

MANA, ABANTU BAZORASWA KUZA RYARI ? ARIK UWICISHIJ NKOTA NAWAZICISHWI YINDI

10.05.2016 à 21:02
ONESI

Iman imwakire mubwami bwayo

10.05.2016 à 13:55
serg

wewe wiyise Tari, urabura kudasenga, Imana ikubabarire ako gatima kabi ufise ko guteranya. Ubu Abarundi barazinanye ntuzobateranye ngo bishoboke. Ububasha bwose Umuntu abuhabwa n´imana yonyene, senga rero Imana iguhe Esprit de discernement, ushobore kumenya future yawe.

10.05.2016 à 12:33
Sherif

Nagomba gutakambira mutama nzabampema Ngo ashware igisagara cabujumbara mubibanza vyose bibarizwamwo abobicanyi bankurunziza ubabashe urufaya rwamasasu bataratumarira abantu vamwicokibira ugize imisi uvugiramwo uremesha abantu nguzobatabara none baguheranye reka kwishinga za red tabara naza forebu kuko bobo vyarabananiye kanatsinda mwebwe ikibira mwacinjiye kera murakibarusha nimudutabare imvugo ijane ningiro ataraho nkurunziza arabatumarana

10.05.2016 à 10:15
tari

Imana Imwakr Non Abobant Birirwa Bicwa Bicwa Nabande ?Abonizambonerakure Baha Ibirwanisho.

10.05.2016 à 09:58
Niyonzima

mwabatusi murikumwenankurumurashira

10.05.2016 à 09:57
nyanzira

IMANA NIMWAKIR ARIKO UWICA NTAMPERA AZORONKA ATARUGUTABWA MUMURIRO !

10.05.2016 à 03:07
MUYAHUDI

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.