Accueil > Amakuru > umutekano > Umukwe wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe
Umukwe wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe
vendredi 9 Gitugutu 2015, par
Pascal NSHIMIRIMANA, umukwe wa Petero Karaveri MBONIMPA umukuru w’ishirahamwe APRODH yagandaguwe n’abantu bataramenyenkana, bamurashe mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu, mu gihe yari mu muduga imbere y’urugo rwiwe, avuye ku kazi.
Abagandaguye Pascal NSHIMIRIMANA, umugabo wa Zigene MBONIMPA umukobwa wa Petero Karaveri Mbonimpa bamutegereye atashe avuye ku kazi nk’igihe c’isaha zitanu n’iminota mirongo itatu.
Imodoka yiwe yatewe gerenade, abamugandaguye bamurasa amasasu menshi, aca yitaba Imana.
- Pascal NSHIMIRIMANA (i bubamfu), umugabo wa Zigene MBONIMPA (i buryo), umukobwa wa Petero Karaveri Mbonimpa
Pascal NSHIMIRIMANA yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, imbere y’urugo iwe ruri mu Ngagara muri karitiye y’icenda, hafi y’urugo rwa Daniel Gelase NDABIRABE umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD.
Egide NDUWIMANA
Messages
9 Gitugutu 2015, 14:42, par manirakiza felix
Yemwe yemwe urupfu gwiwe ntibarurondere kureabo nibamwe bagomba kugandagura sebukwe imana igakinga. Ariko bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona.mana garukira abarundi
9 Gitugutu 2015, 14:49, par junja
uwoyishenabamwebakubitakudeta.ikarata.bakeneye.ihomyabwoko.ntibazoroherwa.kagamenunvamumuhayagiza.kuntanbarayohasi.ndazikobazofatisha.intokebamwetubamanike.amavyamugiti
9 Gitugutu 2015, 14:49, par nenyembabazi
nindufukame ndusabe ikigogwe imana indutabare turagawe
9 Gitugutu 2015, 15:20, par joseph
Umwicanyi ntabwo ari kure. Mubaze umuturanyi wiwe. Dusengere inkozi zikibi.
9 Gitugutu 2015, 15:23, par KABUGA
burya muri CNDD-FDD basenga bongera bakora ntimube mwibaza ngo ni ugukora kundi. Nkurunzi affande, asamaza abarundi n’ibikorane, umugore we akavuga ko Imana yamweretse ibiriko biraba n’ivyabaye mugabo agafita ibinyegezwa kuko kuvuga ko yabonye intsinzi bisigura ko abariko barapfa n’abapfuye abibona ko ari intsinzi ku mugabo. Hasigaye gato apfe canke nawe ahunge hanyuma avyite intsintsi, biriko biraba yibereye mu burengetse akiyagaza aho agomvye n’umugabo, bavyutse bakavuga ngo ni igihe c’amahoro.nta ntwaro y’abahutu b’ibigugu nari bwabone kuva. ahubwo ni ukuraba neza ko atariwe yinjije M23 mu burundi, yibajije ngo agira atunganye igihugu ahubwo asanga yugururiye umwansi, Ko yigira ingabo nabirukane turabe ataruko buca bamuca amavya bakayeha ya nyoni ijejwe iperereza yiwe na ya nkona,
9 Gitugutu 2015, 15:29, par Hamenyimana Pascal
Nct Z’uburundi Nimuz Dusngr’igihugu Cacu Kk Turagramiw Nabank’igihugu C’uburundi
9 Gitugutu 2015, 15:36, par fidelite
Izo ni za sacrifices zibandanya,ba vitali baravuze ko abahut bose bakorana nabo bazoba sacrifiés bace bavyegeka ku ba dd,ka rufyiri niko kagezweho,abahutu garura akenge
9 Gitugutu 2015, 15:50, par fghhj
yaturanye na demon atabizi
9 Gitugutu 2015, 15:51, par ndayishimiye prosper
iman nimwakir mubiganz vyayo nkuk izokwakir natw abobakoz ubwobubish iman izobahan.
9 Gitugutu 2015, 16:41, par None?
SINARED kuvayitemeje gukorana na Kagame imazekuduhitanira abarundi bataribake, barica kandi bakanihatira cane kurondera icituma abarundi bacanamwo iyoni politique ya Kagame arinayo yakoresheje murwanda hagatiyumwaka wa 90 na 94 ahorero baserengeteye bagenda kwiyegereza hafiyurugo rwumuvugizi wa CNDD FDD kugira bateranye batse umuriro mubaribasazwe batariko barahigana, abonyene bishe uwomuhisi nibobahushije uwarisanzwe arisebukwe, mwibukeko harihaheruka kwicwa umuhisi Lt.Gen.Adolph Nshimirimana Imana imuhe ikiruhuko kidashira, icobabikoreye mukurasa uramusehe nawenyene namba bwarinubusaza canke kubayabaye mugihugu mubuzima bwanabinabi kuribaranyica kuvakirumwana mwarabonako yarigezeho apfakuvuga nivyatazi iyobiva niyobija mukwagiriza reta ibinabiriya, ubworero baribashatse kumwica ngovyerekaneko hariho abihoreye kubwokwicwa kwa Adolph, arikobobo biyibagijeko twarituziko uryamuzehe yariyinereye nka Yuda umwebivurwako yagujije Yezu, uryamuzehe rero nubuzabwiwe nakahisekiwe katumye abongoka mukuvuga ukamengo ntagira control ndabwoyarifise muriwe ivyokwica ntiyariyo ntumberoyiwe, na Yuda burya ivyokwica ntiyariyo ntumbero yiwe. Mwakinogiherero dutegerezwa gukora nkabazi ubwenge kandinkabazi Imana, ivyabaye murwanda Kagame amaze kubaconganisha twebwe abarundi bataribaje biracatubabaza kandiyodutewe nivyago turaheza tugapima kumunzane kugiraturabeko bidapfana nivyabaye Rwanda , nicogituma SNARED twamazekubonako kuvitanguye gukoranana Kagame bakoraneza muburundi ibisa nivyo Kagame yakozemurwandamuri 90-94
9 Gitugutu 2015, 16:43, par NDI MANIRAKIZ IYARUGUSU
NUKURI NYAMBA HARIHO ABAZIGUSENGA VYUKURI NIBASENGER UBURUNDI NA BARUNDI KUKO AMABI ABA ARARENZ KUGOMBA GUCAFUZA UBUNDI NABARUND
9 Gitugutu 2015, 17:33, par Lily
1. https://abatutsi.wordpress.com/
2. https://cositu.wordpress.com/
3. http://amt-burundi.jimdo.com/
9 Gitugutu 2015, 17:42, par INTAGOHEKA
UMURYANGO WA PASCAL DUTAZIRA KUSAKUSA.NIWIHANGANE TURAWUHOJEJE ABOBICANYI NABO BAMENYEKO HEJURU YAVYOSE HARIMANA
9 Gitugutu 2015, 18:04, par Jules Nijimbere
Emwe Mwabantu Muses Amaraso Yabandi,mufis Iyindi Ntumbero!Gezaho!Mumeny Ko Ingero Mugerer Abandi,namw Niyo Muzogererwa.
9 Gitugutu 2015, 18:24, par Diogene
Ubwicanyi Muburundi Bwabaye Ndanse Hasigaye Ijwidyi Mana Gusa!
9 Gitugutu 2015, 18:44, par MURIRO
Birababaje kubona abantu bicwa riva ntihagire n’uwutabara.None abicanyi ntibanyikira mu ma quartiers?Kuki batabahiga?
9 Gitugutu 2015, 18:48, par Diogene
Nukuri Abarundi Basigayebafise Imitima Nkibikoko Imana Ni Babarire Uburundi Bugezahumwasashaka:
9 Gitugutu 2015, 19:16, par ndondo
mbega icokijuju kivugango ntantwaro zabahutu. mumyaka 40 abatutsi,batwabamariyiki abarundi?ntikwiri ukwica,Abahutu,gusa? nimukwege Inyabwoko muzobobona, Uwo ni yombwa kaganyo, arabahenda mwabijujumw,bya cenard.
9 Gitugutu 2015, 20:10, par NTAKARUTIMANA Abdallah
Yoooo!!!! Karashizingani Uburundi Kibe Ikibuga Cintambara? Iyo Ntungangane Izize Iki?
9 Gitugutu 2015, 20:14, par hakizimana deo
yemwe nibagezengaho none tuzokwicana tugezeryari yemwe abasengacane nibasengere igihucacu
9 Gitugutu 2015, 21:38, par BUKURUJean
KWICA.uwmuntu.utamuryanibara.nonebobontibaropfa?
9 Gitugutu 2015, 21:50, par freedom
hiribintu bimwe bimwe biteyesoni mugihugu c uburundi nkuyo mushinkantahe azize sebukwe sinz ubuhibiri nubujuju burimugihugu wacu kabisa
9 Gitugutu 2015, 22:54, par fidelite
@freedom
Vuga make turaziko abahutu bose bakoranye namwe mubafitiye umugambi wo kubica,urwo rupfu burya ni amafaranga yinyegeje inyuma hagati ya ba mbonimpa ,ba vitali na ba pacifique ,ni aba mafia usanga bafitaniye amadeni,abo bahutu baze barabona.
9 Gitugutu 2015, 23:43, par kizigenza
I Burundi ntacyo amateka yo murwanda yabigishije. Kubona hari abahutu bakorana na kagame nka Rajabu, Nyangoma,..wagira ngo ni ba Twagiramungu bo mu Rwanda.Inda nini nimbi cyane. None uwo apfuye yishwe n’abasoda bumwicanyi Kagame nyuma ngo babyegeke kuri Nkurunziza!!!
9 Gitugutu 2015, 23:50, par Mutabazi
@Fidelite uri umugabo. Je suis Adolphe et toi aussi. Ibitekerezo byawe nibyo bikundwa
na benshi. Ukwanga aragapfa. Empire Hima ntamwanya tuyifitiye. Tugomba kuyirwanya.
10 Gitugutu 2015, 06:15
humura burundi
10 Gitugutu 2015, 06:45, par Dieugo
emwe mutikibutse birabagoye mumemye ko muva amaraso namwe kandi ingero yicaha nurupfu abo birirwa baravuga ngo amahro ni 90% twe ntayo tubona.igihugu gitinde gihinduke c’amaraso gezaho gezaho.
10 Gitugutu 2015, 07:41, par sinzumusi
wewe wiyita fridom uri ikijuju nagirango urumugabo! Ubona iyo bamena umutwe wewe canke so canke nyoko .uravugamake ruriye abandi rutakwibagiye.aho wosabiye iyonzirakarengane uca wanikira ivyinyo ukamenga wewe niwe wishize kwisi humuranawe isi irakubona .ntukavuge nabi!!!
10 Gitugutu 2015, 08:24, par karundi
yooo ntakundi imana imwakire mana tabaruburundi umudamuwiwe yihangane nabana abisibo baryoherwa umuntapfuye kobaca binwericupa
10 Gitugutu 2015, 09:11, par Iradukunda Ladislas
Imana Nimwakiremubwamibwayekukoyishwataco Azira Hama Amatohoza Akorwebanye Abakoziryobar
10 Gitugutu 2015, 09:35, par claude twagirayesu
umugabwe cndd fdd nabawurimwo baragabakuk ibirikobirategurwa ntavyobazi.naho batumweduhunga ntibazi icoturimwo.
11 Gitugutu 2015, 01:23, par fidelite
@claude twagira....
Abatutsi muvugira hejuru ivyo murimwo tubizi kuva mucigumura ngo mugiye mu rwanda,na maggy l’hypocrite yavuzeko agiye muri rebellion i kigali,yadusezeraniye ko bazica ba adolphe,ba ayubu n’abandi ,ngo ntakubatinya ngo ni abana babo jewe ariko sinamenye aba ashaka kuvuga cette putain qui ne s’est jamais marieé ngo elle est mère,ntazi n’igicuro c’umwana munda abakoresha ashaka amahera ,rero vyose turabizi
11 Gitugutu 2015, 20:30, par 69406956
JEWE.MBONA.IVYO.MURIKIGIHUGU.CACU.VYOGORANYE.NONE.BIZOGENDA.GUTE.ABASHEHE.NIMUVYUKE.MUSABE.IMANA.ITABARE.ABARUNI.NABANDI.BABISHOBOYE.GUSABIRAUBURUNDI
12 Gitugutu 2015, 14:24, par che
Mukure u Rwanda mu kanwa, mugume mwivange muri iyo politique yanyu yuzuye akavuyo, ni mwemere mupfe nk’abagabo ibibazo mwiteye mubishakire umuti canke muvuge k’umugaragaro ko bibananiye, mukinjure!!!!!!!!!!!!!!
13 Gitugutu 2015, 10:17, par NDAYIKEZA,CHADRACK
UBRERONUKVUGAYKOABASENDEDEBIPFUZAKTUMARAYEMWEBARIHENDANATWETURABABONASITWETWICAYUKOKIZIMAUWARAFISEAMANYAMATWAMUKUYEMWOABASIGAYEBONINKUGUFYONDERINDAKURUKUMU
22 Gitugutu 2015, 08:56, par Mpozamarira Erias
None gasha bafatwa nabande abobafashe kwaribo babarungika ati genda wice nakananaka,harya igihugu kibuze abatware beza, kiba gitembagaye.
5 Munyonyo 2015, 19:52, par saxo
nimusengere uburundi kuko bugez ahatemba