IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru IGIHE yafatiwe i Muyinga

Umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru IGIHE yafatiwe i Muyinga

mardi 9 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru IGIHE (IGIHE.com) Besabesa Mivumbi Etienne asanzwe akorera n’Iradio Izuba, Radio ikorera mu Rwanda, yafatiwe i Muyinga muri Komine Giteranyi.

Uwurongoye Radio IZUBA, Aimable Rwigamba yamesheje ko yafashwe ejo aho yariko arondera inkuru, yamenyesheje ko bakirondera kumenya icatumye bamufata.

Umumenyeshamakuru Besabesa Mivumbi Etienne

Inkuru ibandanya


IGIHE

Messages

  • Mwabanditsimwe bikikinyamakuru murambabaje ibimwanditse vyabaye ejohaheze ariko nimurabe iyinkuru muyishizeko umusi ugirakabiri ugombuhere. Ariko yoyaba umunyamakuru wiburundi canke babanye politike birirwa barahamagarwa murwanda bagiyeyo ntani minuta 30 yariguhera mutabishize ahabona. Jewe rero ndanibanza nti : Mwebwe mwobamudashakako amanyanga u Rwanda ruriko rurakorera igihugu mwita icanyu adashirwa ahabona?

  • Nonega Uburundi bapfa kwinjira uko bishakiye! Mu Rwanda niko bigenda? nabazwe icamuzanye kandi ahanwe, ako n,agasuzuguro!

  • None Ngo yaraje gukoriki i Burundi ko tuzi mu Rwanda atawupfa kwoshora.iperereza ry’igihugu nirimukorereko avuge mission yarimuzanye

  • mwarangije ibibazo byanyu .kwilirwa muvuga urwanda ntacyo bizabagezaho. urwanda ruli kwiyubaka mwe mulimo musenya igihugu cyanyu . ngo nu Rwanda.

  • mwarangije ibibazo byanyu .kwilirwa muvuga urwanda ntacyo bizabagezaho. urwanda ruli kwiyubaka mwe mulimo musenya igihugu cyanyu . ngo nu Rwanda. Birababaje kubona umuntu afite umutwe . alikoooooo

  • Umunyamakuru Wurwanda Mwibazakoyazize Iki Nimbayinjiye Iburundi Atavyangombwa Nabazwe Ariko Ntahohoterwe

  • uyo nuwo Kagame yarungitse gu perereza nukumukorerako umuyobozi wiwe yabihakanye kwatamurungitse ino naze ntirwitaha

  • mwarangije ibibazo byanyu .kwilirwa muvuga urwanda ntacyo bizabagezaho. urwanda ruli kwiyubaka mwe mulimo musenya igihugu cyanyu . ngo nu Rwanda. Birababaje kubona umuntu afite umutwe . alikoooooo

  • Ngwababereye umunyamakuru ngotibaramenya icatumye afatwa? Vyumvikanyenkuko aribo baribamutumwe kwinjira i Burundi!? Kuko iyobaba atarinobamutumyeyo barikubanza kwitangaza bakavugati: Nubwotutaramenya icobamufatiye atiturikekako ashobora nokuzira kwanbuka urubibe akinjira mukindigihugu atubonako urworugende rwokuja Burundi twebwe ntitwarituruzi, atirero turarindiriye kumenyavyukuri ivyobamufatiye vyobabirenzivyo twikeka.

  • TWARAVUZE KENSHI KO GIHENGAMA WOMENGA MUSHAKA KUGIRA IGIHUGU ICANYU MENYAKO KITITAHA UBU,PEUT ETRE DANS L,AVENIR,ATTETION NA 2016 .

  • NAKARENGANYO KUKO UMUMENYESHAMAKURU ARIKO ARAHIGA MAKUR NTIBOMUFATA IGIHUGU KIGEZE AHATEMBA PE ! MUGABO NIBAREKE IMANA IKORE IVYAYO.

  • IGIHE.COM birazwi ko ari ica FPR. None uwo mumenyeshamakuru, yaje gukorera i Burundi ata ruhusha, si maneko wa FPR ? Ngo bashaka gutera? Barazoza tuzobereka ko u Burundi butitaha.

  • Navuge,i2muzanye,nahubundi,akonagasuzuguro,kandikarahanwa,namategeko!

  • nimba tudafise ubwigenge bw’abamenyeshamakuru, turekere abandi bikorere. kuko nishusho mbi mu makungu twambaye.

  • MBE MUBURUNDI NIHOBATORAMAKURU YIRWANDA?AHUBWO NIBAMUKOREKO,AMATOHOZA AKWIYE.UWO NUMUDORIA MUBI!!!

  • Niba atavyangombw bimwemerer gukorar mu burundi afis navug ico yaragamij sinon Har inyuguti 2 F na Y ! Nico gihano

  • Niba atavyangombw bimwemerer gukorar mu burundi afis navug ico yaragamij sinon Har inyuguti 2 F na Y ! Nico gihano

  • Uyo ni maneko ya Kagame!! Arakabona afashwe bazi ko rwitaha

  • Ariko ntangazwa n’abantu bihutira kuvuga ibigamboooo! Mbega ni ubwa mbere mwumvise umuntu afashwe muri ubwo buryo? ni ngombwa mubigire politique bamwe ngo u Rwanda ruteye rwakwibonera, abandi ngo yatumwe na Kagame FPR n’ibindi..., abavuga nkibi icyo bahuriyeho ni abanyeshyari, abanyamacakubiri batazi agaciro k’amahoro bahora bishimira by’acitse!!! Ntabwo u Rwanda rukeneye kurwana n’U burundi kandi kuko abanyarwanda banyuze mu bibi vyinshi babona akabi kabishe ntabwo bagifise umwanya w’intambara.

  • SINDAVYUMVA wewe nsanze urumusazi mbega ko uvuga ngo turiko twisamburirako mwebwe nimwe muhiriwe? Uri imbwa 100% kandi wibuke ko ataho muri ,woba uri muri DMI? Sha wewe nubwo uvuga utyo kagame azokunywesha bwa burozi bwiwe.

  • yaje gutora amakuru muburundi yerekeye iki? yabuze aho yoyakura iwabo? nibamufate bamubaze kdi bamutume kubamutumye ko i burundi turyama twambaye tukavyuka twagavye. ico kagame adushakako i burundi azohavana inka y’inyonjo.

  • urwanda ntiruneka imuyinga urwanda rufite uko rukora nshuti uyo munyamakuru azabazwa yishure si ibisanzwe mbe aho muguma mwishiramo urwanda mwanike amenyo ngo rwanda huuuuu siho bari murarwana nu umuyaga kabisa siho ruri mwarwanye nibibahanze aho kurwana na baringa murarufuhira ariko amaso arabereka ntimubona

  • Yinjiye mû gihugu binyuranije n’amategeko.mû gihugu gifise ubwigenge.Ako si agasuzuguro?

  • NURWAMBERE NTIRURAHERA NONE BAGOMBA KWIKWEGERA URUNDI? NIMB’ATACO BAMUFATANYE BAMUREKURE -MBERE BAMUHEREKEZE

  • Uwo ni ukumukosora kabisa. Nibiba ngombwa mumukubite agafoni nkuko shebuja kagame yica abantu.kuko yari afite umugambi wo kwisasira benshi.iyo umubisha umutanze uramwivuna

  • Nafatwe abazwe hama Nawe yisigure kubijanye nico afatiwe, gufatwa n’ibisanzwe, niyagira akosa AHANWE hisunzwe Amategeko, atakosa AREKURWE.

  • @ abdoul ngo na agasuzuguro mbe ibihumbi by abarundi byuzuye mu rwanda inde winjiye bikurikije amategeko inde winjiranye ibyangombwa bimuhesha kwinjira ntitubona baza biruka bisuka uwo nawe arakuze afite icyamugenzaga kandi hari abashinzwe kumubaza mureke gukokeza kuko ejo ntanuzaba agifunzwe

  • abarundi murasetsa ahubwo ni mukomeze mwisenyere vuba. twe ibyacu turabizi niba umuntu yaje i burundi bivuze kumuhohotera? naho gutera bwo u rwanda nta mwanya rufite wo guterana namwe kuko murabizi ko mudashyitse n’umutamiro. kuza iburundi ntibivuze kuvuza induru gutyo ubuse indaya zanyu zirirwa i kigali zicuruza ko ntacyo tuvuga. mutuze twubake ibihugu byacu twere gupfa ubusa.

  • ahubwo ni bamukubite ku kana uwo ni maneko....puuuuuuuu!!!!!

  • Bihorere abo bilirwa bavuga RWANDA RWANDA ejo uzasanga baza birukira mu RWANDA ngo barahunze. mubasabire ku mana kuko nabo sibo bafite ikibazo gikomeye nabo batazi. gusa tuzabacyira kuko dufite uburere. kuko kwilirwa mu vuga KAGAME abana bato nibo bilirwa babaseka .kuko abakuru turabazi bihagije.

  • none ga kwinjira muburundi nico yazize gusa??hhhhhh ew burundi bwacu mbariza haribigwaniso yafatanywe? yemw ivyuburundi nah Ah Imana birabujijw abanyamahanga kuinjira bndi!!

  • none ga kwinjira muburundi nico yazize gusa??hhhhhh ew burundi bwacu mbariza haribigwaniso yafatanywe? yemw ivyuburundi nah Ah Imana birabujijw abanyamahanga kuinjira bndi!!

  • Ahubwo Nibamwice Iburundi Niho Bamubwiye Kwatohoza Amakuru?

  • À ho yafatiwe hanyura abanyarwanda benshi baja guhaha i ruzo wari numusi w’isoko sinz KO ari wenyine babonye

  • KOTWUMVA NGO IMBARA IZOBA EJO MU BNDI NIVYO?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.