Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga (Video)

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 juin 2016 saa 09:29
Yasomwe : 31536
0 0

Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga
Source : Tele renaissance

Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga

Source : Tele renaissance


Kumenyekanisha

1
Edith Claudeth 17-06-2016 à 23:59

Nnebaribakoziki ? Imananitugarukirekokuberabantubeshi Twarayikuyeko Dukovyegusenga

2
P ANTOIN 16-06-2016 à 13:51

NDASHIMIYE IGIPORISI KUKAZI CAKOZE KUMUSAGA

3
Kabango 16-06-2016 à 13:42

@ willy nshimirimana, musaga izaruhuka aruko ubututsi busigaye mubumaze kuko niyo ntego yanyu, ayandi ma zone se kamwamaze kubuhumba !!

4
MUYAHUDI 16-06-2016 à 12:45

EMW ABANYAMUSAGA BARIKIBI BIHAY KUGUMA BABITS INKOZIZIKIBI ? NIBATIKEBUKA BAZOGUMA BAHAMBA UBUDASIBA !

5
tari 16-06-2016 à 11:37

Mbe nkurikiye aho yakabesheye ntararuha ewe nkurikiye niwinumire kuko abarundi ntituri ibijuju ivyomukora tuba tubibona

6
willynshimirimana 16-06-2016 à 09:52

nibafate abo bama bashaka kugumiza igihugu mukaga ariko musaga nawe urahanzwe mwino misi muzokomeza guhamba buri musi mukwiye kwikebuka mube nkayandi mazone

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha