Accueil > Amakuru > umutekano > Umunyamabanga wa MSD mu Cibitoke yagandaguwe
Umunyamabanga wa MSD mu Cibitoke yagandaguwe
samedi 17 Gitugutu 2015, par
Ikiziga ca Charlotte UMUGWANEZA catowe kw’ibarabara RN1 (Bujumbura-Bugarama), hakaba hari haheze iminsi ibiri umuryango wiwe warabuze irengero ryiwe.
- Charlotte UMUGWANEZA yahora ari icegera c’umunyamabanga w’umugambwe MSD mu ntara ya Cibitoke
Charlotte UMUGWANEZA yari icegera c’umunyamabanga w’umugambwe MSD muri zone Cibitoke. Kuva aho umuryango wiwe ubuze irengero ryiwe, baragerageje kurondera ariko ntibamenya ikibanza yajanywemwo. Abamubonye irya nyuma bavuga ko yavuye muhira agiye kw’isoko benshi bita kuri COTEBU, kurondera imodoka yomufasha kwimuka. Umuryango umaze kumubura baragerageje kubaza hose, mu nyuma bamenya ko yafashwe ajanwa gupfungirwa mw’igendereza.
Charlotte UMUGWANEZA yatowe yamaze kwicwa, bikaboneka ko yagandaguwe bunyamaswa.
- Charlotte UMUGWANEZA yagandaguwe bunyamaswa
IGIHE
Messages
17 Gitugutu 2015, 12:52, par Scott
Yemwe bantu musenga mukomeze amasengesho, CIBITOKE? Mana weeee! Isi yaheze.
17 Gitugutu 2015, 13:02, par nyenimbabazi
birabaje yemwe bonerakure nimugezaho gusesa amaraso yabene wanyu kurunziza arabahenda imana imwakire
17 Gitugutu 2015, 13:03, par manzi
Ariko Nizere kwariko barakorivyo nabo biteguriye kubona ababo banikiyuko
17 Gitugutu 2015, 13:06, par New Creation
Birateye ubwoba gose,,ariko nta mvura idahita.
17 Gitugutu 2015, 13:35, par Janvier
Mwicana mwakoresha indege n’ubujuju gusa ivyo bitambi vyanyu namwe vyiteze kuribwa ninyo kuko ntamuntu azomara imyaka 100.
17 Gitugutu 2015, 13:36, par karimu
imana imwakire ariko ntimwova inyumayico kigwagwa ngonisinduhijeatabwonko afise uwontagihugu yoshobora nabarakebakeba iburaya
17 Gitugutu 2015, 13:40, par bizimana
Imana ntisinziriye izohora ayo maraso kubabikora bihishije
17 Gitugutu 2015, 14:12, par ikiziga liLy
Ba Sindumuja barashukwa n’abantu bigaramiye mumahanga nka Pacifique, Sinduhije,...kandi bo birwa binywera ibiyeri iyo muburaya mumahera bahabwa n’abazungu (CPAS). Hanyuma abaturage b’ibipfapfa bakiroha mumabarabara ngo barwanya Peter!! Urwishigishiye ararusoma.
17 Gitugutu 2015, 14:36, par coco
MBE izo nterahamwe zandika Ngo abiyamiriza piter ivyo bijuju bitanakigira iyo biba vyomowe nigihugu cabo vyaronse indaro muburundi Ngo niho rwitaha?rindira gato...
17 Gitugutu 2015, 14:52, par TabaraMana
Emwe bantu mudahaga kurya inyama z’abantu no kunywa amaraso nimugeze aho! Inyama z’imibiri yanyu n’amaraso yanyu nayo Imana izovyanikira kugahinga biribwe n’imbwa n’ibisiga habure uwo kubahamba no kubaririra, nimutihana!
Ivyo muriko murakora muriko murakwegera umuvumo igihugu cacu ariko Imana ibirabe iri mw’ijuru, uwicishije inkota yinyegeje akaba adashaka kwihana apfe rubi nkuko ariko arica abandi.
Mana uvyumve uri mw’ijuru, urabe kandi wumvirize amarira y’impfuvyi n’abapfakazi n’abatagira gitabara basigaye babagwa nk’inka kandi ari abantu wiremeye.
tabara Mana.
17 Gitugutu 2015, 14:53, par kalisa
icyo nabwira abarundi nuko interahamwe zabagezemo. nimudahaguruka mwese ngo muzirwanye murashira. nkurunziza yabaye ikihebe nka habyalimana.
17 Gitugutu 2015, 14:56, par kk
icyo mbabwiye nuko nkurunziza igihugu cyamunaniye .
17 Gitugutu 2015, 15:43, par rina
abamwishenimurambe murambe yarigonziyikibi kumbe nigoziyikibi irafa poresana
17 Gitugutu 2015, 16:24, par fidelite
@kiziga liLy
Abo ni ba sindumuja bariko barica abantu bakabanika mu mabarabara kugira bemeregwe genocide,peter afice ibindi akora abao ni abatutsi bariko babandanya za sacrifices kumwe kwo mu rwanda ngo abazungu baze bariruka.
17 Gitugutu 2015, 16:34, par kaneza eliane
IVYO BINYWAMARASO. NTIBIRAYAHAGA? BAZOHEREZA KUNYWA AY’ABANA BABO. KAYINI IMANA YARAMUVUMYE. NI MUBANDANYE.
17 Gitugutu 2015, 16:34, par kaneza eliane
IVYO BINYWAMARASO. NTIBIRAYAHAGA? BAZOHEREZA KUNYWA AY’ABANA BABO. KAYINI IMANA YARAMUVUMYE. NI MUBANDANYE.
17 Gitugutu 2015, 16:43, par KADEGE,
BENUMURYAGO,NIBIHAGANE,NTAKUNDI,BAZABITA,MUMIKONO,YAPORIKE,NTABAGORE,BAJA,MUVYAPORITIKE
17 Gitugutu 2015, 16:44, par harageze
Eweeee Yesu,eweee YESU vamugacerere nukuri ukure Uburundi muvyara vya shetani inpfuvyi zirabigusavye cane cane cane.
17 Gitugutu 2015, 16:46, par emma
Gushika aho mwica benewanyu! kugira mugurishe amaphoto!
HARAHO URUNVA KO POLICE YOKWICA UMUNTU IKAMUTA KWIBARABARA
Ubu turabazi muri "BOKO HARAM" ntimugwanira idini mugwanira ubwoko:TUTSI EXTREMIST GROUP OF BURUNDI
17 Gitugutu 2015, 17:06, par Ndabazi Ababikora
Ngobazirako baseguhunga ngokugerubu umuntuwese ari Burundi ntacobapfana! uwobemera kwabamuburundi agakomeza kwitwa uwabo nuwiyandikishije ko yiteguye kuzarakira grenade namasasu vyokuza arakoresha muguhungabanya umutekano kugira ngobishobotse hakomeze kuboneka abandibantu bahunga. Abobose mubonangaho Burundi bitwangobahuje ivyiyumviro nabaryabantu bahunze bahurikiye muri CNARED ntanakimwe bamaze kiretse uwemeye gusinyako yiyemeje kwakira ikirwanisho akazogikoresha muguhungabanya umutekano / kwica ngaha Burundi icobasaba canecane nugushingira kurabo reta yitako batavugarumwe bakabaribobicwa ngokugira ababibonye bicebiborohera kuvugako ari reta yica abobatavuga rumwe ariko nabandi bavugarumwe na reta uwubishe baramushimira icobakeneye nubwicanyi gusa. Yarumuntu adashaka kwivuga izina yibera mu Bubiligi izina ahankabaniyise Ndabazi Ababikora.
17 Gitugutu 2015, 17:17, par sindumuja
twarabahinyuye uyo nugambi wa kagome ariko akoresha kugira cenahede ironke zanfashony baronka aruko badandaje ibiziga. bakavyegeka kuri leta numugambwe uri kubutegetsi cdd fdd
17 Gitugutu 2015, 17:42, par OKAY
@ fidelite
Jewe nd’umuhutu, ariko naho wogerageza gukingira ubwicanyi gute, ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha. Uzokwama wita imbere ngo uriko urakingira kugeza ibintu bihindutse, hanyuma uce upfana inzigo. Kandi nk’umuhutu mugenzawe, Bizohinduka! Mubagwanya Peter, benshi wibuke ko ari abahutu. Abanyagihugu nabo, ni benshi batabashigikiye b’abahutu. Kuko mwica uwo wese atabashigikiye. Bandanya wigira ka ndabizi. Uzopfa uve kwisi, wongere upfe ubwakabiri niwabura ico wishura imbere y’Imana. Umuntu wese azokwikorera umutwaro wiwe. Bandanya wigira umuvugizi w’abicanyi.
17 Gitugutu 2015, 18:07, par Célestin
emwe iyi ntwaro yatuziyeko kabi,ariko boraba ukuntu intwaro zahandi zakora uko uko zahejeje bokwikubita agashi.ndahojeje umuryango wiwe n’umugambwe yaturukamwo.Imana imwakire
17 Gitugutu 2015, 20:03, par freedom
man ibibiriko biba mugihugu uzubibaze abashinkantahe barimugihugu kubera bibonekako atabariho mugihugu pe
17 Gitugutu 2015, 20:18, par Macumi Eric
NONE BARAMENYE UWOBA YARAMUGANDAGUYE?
17 Gitugutu 2015, 21:20, par TABARA%
BIRABABAJE BIRATEYE AGAHINDA.MBE MANA URIHE NGO UHORERE INZIRAKARENGANE ZIRIKO ZIRICWA BUHONGO?
17 Gitugutu 2015, 21:33, par TABARA%
EWEMANA YOMWIJURU!URINZIKI NGUTABARE ABARUNDI BARIKO BICWA BUNYAMASWA?NUKURI TURAZIKO AMAHORO AVAKURI WEWE TABARA MANA
17 Gitugutu 2015, 22:23, par ripuu
rip
17 Gitugutu 2015, 22:38, par fidelite
@Okay
wama waririmvye ko uri umuhutu , nagire mbwire abo bose bama bantuka kubera ivyiyumviro vyanje,nanje ndi umututsi adashigikira namba ivyo mwakoreye abahutu les pauvres kuva isi ibaho,nanje ndi muri barya bashigikiye peter bari muri gouvernement,assemblée,senat n’ahandi,urabona nimba hari abahutu bamugwanya hari n’abatutsi bamushigikiye,none bica bigenda gute sha Okay?Birazwiko ba Sindumuja bateguye des sacrifices z’abantu bace baza barashira ama images ku ma reseaux sociaux ngo baronke fond de commerce ya genocide nko mu rwanda hanyuma bongere birare mu bahutu izuba ryaka babice,nico gituma bafise liste y’abahutu yo kwica,mais mumenyeko murucira abahutu,ruzotwara ba nyoko ndabarahiye mutihanuye,na ka ga putain maggy karemeye ko bagiye gutangura kwica n’importe ngo mpaka bakuye peter,abo bapfa genda mubababaze nibo batanze ibigwanisho ngo basubire bamare abahutu,ariko ntibazongera gupfa nko mu myaka iheze,peu importe les sanctions belges et européens,il en vaut de leur honneur .Amaraso y’abanyu ariko arabahumira en plus ay’abahutu .
17 Gitugutu 2015, 23:40, par Nely
NONE KO NOMWISHAMB BANWA AMAROSO NUB NIKO BAKIMEZE M IMPERA IR MW IJURU
17 Gitugutu 2015, 23:57, par fidelite
@ndabizi ababikora
Ivyo uvuze nanje naravyumvise,abo basigaye i burundi ngo ni ubukunzi bw’inda kumwe babwira abatutsi bari basigaye mu rwanda kuli habyalimana,abo batutsi rero bifatanye n’abajejwe umutekano ,bashengeze abo bashaka gutabagura igihugu,erega abo bahunze ubu ni ibikoko,ubuhungiro ni bubi,kandi bo bibereye i bulaya izo grenades nta mwana numwe wabo ari mu bazifise.
18 Gitugutu 2015, 04:32, par AUDACE
N’UKURI IBIVYOSE BIVAKURI NKURUNZIZA PIERRE.IMANA YOYO NTIHANIRAHO ARIKO HARUMUNSI PIERRE AZOKWIPFUZA BITAGIKUNDA.UBU AMERICA IRABONA IBIGUMABIBA KUBWA-NKURUNZIZA,ARIKONTACO REKA TURINDIRE IYONAMA YAKARERE KABULAYA IBAKURUYU W’IMANA TWIZEREKO IDUFASHA?KUKO NGONEZA NANEZA NGO BATEGEREZWA GUHITISHAMWO NKURUNZIZA IBINTU BIBIRI GUSA,KANDINGO BIZOBARI(OBLIGATOIRE).NATW TURIZEYE KUKO OBAMA RIRYAKETE YANDIKIYE SNARD BARARISHIMYE CANE
18 Gitugutu 2015, 05:33, par Munyaneza
yewe muntu wese wica mugenzawe uragowe.erega ni mugenzawe kk twese dufis’ishusho y’Imana.nka ww wishe uyu mupfasoni,ntamutima usimba?uwatanze itegeko ryo kurasa abantu mu Ngagara harimwo n’umuryango wose wa nyakwigendera Nkezabahizi, nkubu ntimwokwihana bigishoboka? Ndahojeje imiryango ya buze n’iyikomeza kubura kubera(3e mandat).Imana ntisinziriye.
18 Gitugutu 2015, 07:02, par Juvenal
Ndi Juvenal Mukayanza Abakora Ayo Mabi Abera Muburundi Bamenyeko Igihano C’Imana Kibarindiriye Yaba Uwubikora Canke Uwumutuma Bazoteba Bamenyekane Imana Ntinyegezwa Burya Igitsure C’UHORAHO Kiri Kubakora Ibibi.
18 Gitugutu 2015, 09:08, par rrr
You know one thing ,this is extermination ...it is going to take you more than 30years to rebuild your hearts feelings ....you are planning to decimate all of you ...keep up ,don’t think anyone will come to stop what you have started ....remember this is not war ,it’s genocide everyone can simply see it ....what benefits will you draw from this killing ...burundi (no need to use caps letter for respective ,you don’t deserve it )...but I pray for God to be there and finish ,these innocence deaths ...blood of human you have bled ,will never stop to call ....God knows ....
18 Gitugutu 2015, 11:14, par Maxime
Nta muntu ufite droit yo kwica mugenzi we!
iyo wica abantu ubutegetsi buguca mu myanya y’intoki!
Isomo mwakarikuye mu Rwanda n’ahandi hose!
Mwubahe ubuzima kuko buri wese ava amaraso!
Imana ibagirire neza
18 Gitugutu 2015, 12:49, par ukuri
Abatutsi baraheze mu burundi,bazobica babamare umwe umwe nibatigwanako
18 Gitugutu 2015, 12:54, par Habonimanaposs
Ibiberamwikigihugunamananizangodufisumukuruwiguhugaduseruki.akivugakwiki.cuyomurwanezacharlotte.haturahanzwe
18 Gitugutu 2015, 15:59, par che
I would have tried to understand you if you were not neighbor to Rwanda, which means you have witnessed what happened in Rwanda in the last 21 years, obviously and unfortunately, you didn’t take note and now look at what you are doing to your own country, people!!! I am teeling you, that kind of mess never pass in vain!!! TAKE NOTE!!
18 Gitugutu 2015, 21:10, par Elie
BirababajeIvyomuburundikubonabantubarikobaricwanababo!ngonukwifuzinguzitagrikimazi Manafashuburundinabarundi.
18 Gitugutu 2015, 21:57, par AKON BINT
NDI UMUNYARWANDA NYABUNEKA PITA NAREKURE UBUTEGETSI ABANTU BAREKE GUSHIRA
19 Gitugutu 2015, 00:48, par Dufisumukiz dieudonné
ndabbaz,ubwontiy fashwekunguv ntakundi imana imwakir!!!!!!
19 Gitugutu 2015, 05:07, par HARINEZA
IMANA YO MWIJURU NITUGIRIRIKIGONGWE KABISA. IBIRI MUBURUNDI BIRAKOMEYE. IDUHANGAZE IDUCIRURUBANZA. KUKO NIYO MUCAMANZA WACU.
19 Gitugutu 2015, 06:20, par mileye
Jewe ndabaza abicana aho muri hose mwumva nyene bibanezera kweli??? Iyo namwe bobica mwokumva ari umusose? Mwitegure kzobona ibara ko mukura kwisi abo mudafitiye uruhusha.
19 Gitugutu 2015, 08:00, par MSD
NIBOBO BATWICA KUKO NKUBU TWOKWICA BA4BO RI CND FFD BICABIHAGARARA.nibiganiro biraronka ahobihera
19 Gitugutu 2015, 12:38, par Anaclet Ruberintwari
abagira ivyo, bamabaye umubiri w’abantu ariko bafise imitima y’ibikoko. ariko rero, bamenye ko urupfu rwabo rwanditswe, Izo si izindi ni za Nterahamwe zakora ibara mu Rwanda, vyankiye zibandanya i Rwanda none baje kwica Abarundi kugira ejo bashike mu Rwanda. none umubi ni Uwamahoro akorana nizo nterahamwe canke umsumvya ububi ni nyene kumugena! iciwe kiruguruye
19 Gitugutu 2015, 13:32, par NIYONYIHU LEVIS
MANA TABRUBURUNDI IMANA IMANA IMAKIRE MUBWAMI BWAYO
19 Gitugutu 2015, 17:26, par Manirakiza zabuloni
Uwo muhisi ntawe atababaje.twese aratubabaje Imana imwakire muBwami bwayo
19 Gitugutu 2015, 17:34, par juve
Iryo shano ryiyita fidelite ntirigira n isoni uhende abicanyi nkawe nyene we wiyita umututsi nta n isoni ufise ahubwo uri umuhutu utakigira n ubumuntu muri wewe extremiste bimwe umengo n umutwe warawutaye kubera urwanko ufitiye abatutsi. Igihugu gifise abantu nkamwe nta mizero u ejo hazoza birababaje kabisa. Ngo baguhora ivyiyumviro vyawe,ntavyo ugira ahubwo muri wewe hasohokamo uburozi urashika n aho utamba ugatarika ngo abantu bishwe hewe uribuka ko nawewe wambaye umubiri ruriye abandi rutakwibagiye bandanya uhuragura ibijambo bitameshe
19 Gitugutu 2015, 17:40, par Bibi
Ariko se mwa Barundi mwe,iyo mubona mwica umugore kuri ubu buryo ,mwumva mukiri abantu ? Ubonye Mama wawe bamwanitse nk´imbeba nk´uku ,wabyakira ute ? Mwicare musenge ,mwatewe na amashitani
19 Gitugutu 2015, 18:22, par fidelite
@juve
Mbe ko wiyenerva,reka gutukana,ndi umututsi ari mu bashigikiye peter,ntituzongera kwemera gupfa tuzira abatutsi b’i bururri barezwe ngo banke bongere bice abahutu,ntituzongera kuba ibiraro vyanyu.
19 Gitugutu 2015, 19:46, par France Shami
@ Che, there is one thing I would like to call your attention upon! The same people who wiped out hundreds of thousands in Rwanda have been hired to get rid of any opposition member in Burundi but also for ethnic cleansing... I wish you could understand Kirundi to read what is being written in Kirundi, then you would get it all. Thanks for your concern about what is taking place in Burundi.
19 Gitugutu 2015, 20:07, par Ndayishimiye prosper
Uwomuhisi ntawe atababaje twese aratubabaje uwomuhisi Imana nimwakire mubwami bwayo turahojeje uyomuryango wabuze Imana nibandanye ibaremesha.
19 Gitugutu 2015, 20:38, par ERIC
IMANA,IMWAKIREMWIJURU.
19 Gitugutu 2015, 22:41, par vicky
erega ndabona cndd ishaka gusigara yonyine mugihugu, ibyo bintu birababaje
20 Gitugutu 2015, 03:24, par Mpozamarira Erias
None gayemwe igihugu cuburundi cahumanye kugeriyo hose? Nukuri nibara nibara, abobantu muriko muragandagura mumenye neza kw" Imana izobibaza.none mwabipfamutima mwe ntimwogarukiriza ngaho? mwi buke Kayini amaze kugandagura uwobavukana Aberi,Imana yaciye imuvuma yapfuye yangara.namwe abobakenyezi,nabashingantahe,nimisore ninkumi mumariye kumacumu,mumenye namwe ko muzopfa mwa ngara Nka kayini.burya maraso ntawe yahaye,mubonabonye bigeze gusesa maraso bapfuye urwibwa zitwenga. ni mureke nimureke ivyo biremwa vy"Imana!!!.
20 Gitugutu 2015, 08:35, par minani.néstor
non.budya.mwaravy.koyarimwiz.budya.ntibanj.kumwend?konz.basaz
20 Gitugutu 2015, 09:40, par Cola
Ariko aba bantu mukora ibi muri abambere munyamaswa pe. ibi ntibizabasiga amahoro mwisi niyo mwamvu umuvumo uzabakurikirana mpaka ,ibintu mukora ntawundi kw isi nzima wigeze abikora.
20 Gitugutu 2015, 13:11, par Justice DUHARANIRE
Ngiryo iragi ndorufu yaraz imbonerakur
20 Gitugutu 2015, 18:07, par fidelite
Sans blague ngo yari umunyarwanda,raba buja news,ce n’est pas vrai,tugire kubaha indaro,bagire kuba barafashije abatutsi kutumara ,none bace baja ngaho baduhange mu gihugu cacu batubuze guhema,ntaco imana izoduhorera ,amaraso y’intungane banyoye n’ubu babandanya banywa imana izoyabishuza,muri ku mivumo ikomeye cane y’abavyeyi,impfuvyi n’abapfakazi mwivye,muranyaga mwongera murangaza mwa batutsi mwe les descendants de lucifer.
20 Gitugutu 2015, 21:54, par kags
ariko wowe Fidelite wishima ko abantu bapfuye,uravuga ngo uri umututsi nturi umututsi nturi umuhutu nturi numutwa uri icontazi uri umugome gusa2 mukanwa kawe hahoramo ubugome gusa no kwanganisha abantu ngo cagikobwa catewe grenade,rurarya abandi rutagusize itonde iyi nisi turimo,ubugome ufitiye umututsi,urwanda,Kagame ntanahamwe uzabashyira,bavandimwe babarundi ndabasavye mushire hamwe igihugu canyu amoko atatu ategezwa kubana uko vyagenda kose abagome nka Fidelite bazokwamaho mubime amatwi ubundi mwubake igihugu canyu,nje birambabaza cane kubona ibiri kuba nukuntu mufise igihugu ciza.IGIHE ndazi ko musobanukiwe namateka yibihugu byacu pliz ivyiyumviro vyabantu nkaba Fidelite ntaho Vyageza abasomyi ndumva ntampamvu yo kubitambutsa.thx
21 Gitugutu 2015, 10:38, par kazoviyo
ntantambara izoba muburundi imana yo hejuru niyo cabona vyongeye ati muzohera nkifu yimijira.
21 Gitugutu 2015, 10:57
Ntamvuridahita, Niyokurinowayahize Abagizibanabi Nibikebuke Intorentiramba,basi Ngodukokoradusenga? Iryonivumwe, Abavuganibavuge!!!!Managarukia Igihugu,cacu, Turaheze,mana , Tabara Abasigaye, Ndabifurijekurambanisoni Ryivyobakoze, Bahunge, Nkakaini yishemwenenyina, Nihatari
21 Gitugutu 2015, 10:59, par Izirayeri
Ntamvuridahita, Niyokurinowayahize Abagizibanabi Nibikebuke Intorentiramba,basi Ngodukokoradusenga? Iryonivumwe, Abavuganibavuge!!!!Managarukia Igihugu,cacu, Turaheze,mana , Tabara Abasigaye, Ndabifurijekurambanisoni Ryivyobakoze, Bahunge, Nkakaini yishemwenenyina, Nihatari
21 Gitugutu 2015, 11:03, par Izirayeri
Ntamvuridahita, Niyokurinowayahize Abagizibanabi Nibikebuke Intorentiramba,basi Ngodukokoradusenga? Iryonivumwe, Abavuganibavuge!!!!Managarukia Igihugu,cacu, Turaheze,mana , Tabara Abasigaye, Ndabifurijekurambanisoni Ryivyobakoze, Bahunge, Nkakaini yishemwenenyina, Nihatari
21 Gitugutu 2015, 17:34, par BOSCO SINDAYIHEBURA
birababaje
27 Mukakaro 2016, 10:54, par Rudatinya Franck
Ntakundi Imana Imwakire Mubayo Abobica Abandi Mbebibaza Bobo Batazopfa Nabo Ibihanovyabo Birateguwe.