Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Umushingamateka HAFSA MOSSI yagandaguwe
Yanditswe taliki ya 13-07-2016 - isaha 11:54' na IGIHE

Umushingamateka aserukira Uburundi mu nama nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko EALA HAFSA MOSSI yagandaguwe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 13 Mukakaro muri Komine GIHOSHA AV. Nyankoni. Yarashwe n’abantu babiri bari mu muduga wo mu bwoko bwa TI bataramenyekana.

JPEG - 22 ko
Prezida Pierre Nkurunziza, ku rubuga rwiwe rwa twiiter, yateye ivyatsi abamugandaguye, avuga ko ari agahombo ku gihugu.
Ivyiyumviro vyanyu

Inkozi Zibibi Nizifatwe Zihanwe Cane

16.07.2016 à 15:01
edimond banzira

Imanimwakiremubwamibwayo arikabamwishe bakwiyegufatwa

15.07.2016 à 21:19
B D

Birababaje.Imana.Imwakire.

15.07.2016 à 18:20
Jamari

none bamuho

15.07.2016 à 16:18
ko-

Nkantubitorabakica Umuntuntacobapfa
Babashakakugerakuki ?
Umvaki mana Arinyembabazi .
Abobantuntambabazibakwiye ?
Nanjyebyarambabajenubwo
Ntamuzi Nawe akaba Anzi.
Arikonarababaye
Imana Imwakiremubayo.

15.07.2016 à 14:58
Ndayizeye Donatieu

IMANA NITABARE UBURUNDI IKIRINGO CA 3 GIHITANYE BENSHI

14.07.2016 à 21:49
NDAYISHIMIYE PASCAL

IMANA NITABARE UBURUNDI IKIRINGO CA 3 GIHITANYE BENSHI

14.07.2016 à 21:48
NDAYISHIMIYE PASCAL

TWIHANGANE ARIKWIPEREREZ RIBANDANYE HAHOMVYUBURUNDI NABARUNDI

14.07.2016 à 21:21
,KELI

Imana Irakwiriye Kugiraicoikora Kuburundi

14.07.2016 à 07:54
Munyamahoro Alexandle

Imana Irakwiriye Kugiraicoikora Kuburundi

14.07.2016 à 07:53
Munyamahoro Alexandle

Nizera ko uwaka ubuzima umuntu atazi ningene abaho yihenda cane kuko icanditse ntigisiba kumwana wumuntu avuka rimwe agapfa rimwe ntawupfira uwundi uwufita umwuga wokwica yihane bigikunda.

13.07.2016 à 22:33
terence

ariko abanu baravuga nabi babonye uwupfuye ariko iyo mwijuru imwakire

13.07.2016 à 19:41
paul nsabumukiza

Bazohera nk’ifu y’iminjira. NKURUNZIZA said.

13.07.2016 à 19:09
kaburimbo

Uwiteka amwakire basesa nkuyoze naho babonekera.

13.07.2016 à 18:13
Tungabose tharcisse busoni

Imana niyo izi ivyo uburundi buzira !nitabutabara bura senyutse vuba !

13.07.2016 à 16:55
Adelphin

Haruwavuzengontivyaribiherucekwicana Hooo Ingeso Iraraba Ntihwera,ahokwabarundibamazekumenyakwicana Yesu Azorindaza Bacicana,ntamwerandawimbeba Barundi Mugihenkiki Ntamuntunumwe Atafita Idini Ahurihose Warigishijwe Ijamboryimana Vamubujabwasatani Kwicanantacobimaze,abomumazekwica Sibake Kandiyabariwomuti Icomusaka Mubamumazekugishikira.

13.07.2016 à 16:52
Peres

Kuri Leta yuburundi, uwo mushingamateka yarakoze amakosa akomeye igihe yaja kuraba impuzi imahama, abonye ingene zigowe agaca arira kandi CNDD FDD abamwo arivyo biyinezeza. Urumva rero igihano kimukwiye ntankeka nico yaronse. Imana yatwese Imwakire

13.07.2016 à 16:47
Aferky

Imana nitabare U Burundi kuko ibi bintu bariko barakora ni ibintu bibi caaaane
ni mwihanure mureke kumena amaraso yabavandimwe ! 

13.07.2016 à 16:16
######

Abarundi mwatinze mukwiriye gushyira hamwe mukava mu byamoko kko ntaho azabageza mukareba ibibahuza aho kureba ibibatanya ababirigi badusizemo. Nigute ubundi wavuga abatutsi abahutu abatwa ngo ni ubwoko kdi muvuga ururomi rumwe ? Mufite umuco umwe ? Igihugu kimwe ! Rwose nimuguma muri byo muzahora inyuma. Ubuse warwara marariya kuburyo ukenera amaraso warangiza ukavuga ngo amaraso yuriya sinyashaka kko tudahuje ubuhutu, ubututsi cg ubu twa ?rwose iyo myumvire yaba ishaje. Cg waba wifuza impyiko warangiza ukavuga ngo sinyishaka kubera ko tudahuje ubwoko ? Barundi muve mu moko mwubake igihugu cyanyu. Mugire amahoro !

13.07.2016 à 16:06
Rudahunga

Oya nukuri nimusigeho gutukanira kuri uwo mukenyezi HAFSA MOSSI ngo abamwishe ni za mujeri kandi abarundi twese twacitse ibikoko. Les opposants bararaswa, abo muri Gouvernement ntibarusimba nabo, vyumvikana ko abarundi twese twacitse abicanyi nukuri. La treve est serieusement de mise sur toute l’etendue du Burundi et ce, jusqu’a la fin des pourparlers a Arusha, sinon akari mu nyuma karahinda. Rero, abagandagugwa bose Imana ibakire mu bwami bwayo kuko bose ni bene murundi dusangiye Igihugu, ivyiza n’amabi yose atwugarije. Uruhekuye Uburundi ruba ruhekuye abarundi bose naburya bamwe bigiza nkana. R.I.P.

13.07.2016 à 15:31
Baziruwiha M.
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.