Accueil > Amakuru > umutekano > Umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais "NDAKUGARIKA" yagandaguwe
Umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais "NDAKUGARIKA" yagandaguwe
lundi 11 Myandagaro 2014
Umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika", icegera c’umuyobozi mukuru w’ibiro bikuru vy’igendereza ry’Uburundi, yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa mungu, acumiswe imbugita. Ikiziga ciwe cashikanwe ku bitaro vy’abasirikare mu Kamenge yamaze gucikana.
Amakuru dukura ku musozi Ndora, intara ya Cibitoke, amenyesha ko Bakundumwandu Petero, umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika" yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa mungu. Ayo makuru ava mu ntara ya Cibitoke avuga ko uwo yagandaguye se wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika" ari umuhungu wiwe, murumuna w’iyo ntwazangabo mu giporisi c’Uburundi.
- Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika"
Uwo yagandaguye uwo mutama, umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika", bivugwa ko yamaze gufatwa n’igiporisi ku mvo z’amatohoza.
Ayo makuru ava mu ntara ya Cibitoke, ku musozi Ndora, amenyesha ko amatati y’amatongo ariyo yoba ari inyuma y’iryo gandagurwa rya Bakundumwandu Petero, umuvyeyi wa Général Ndirakobuca Gervais batazira "Ndakugarika".
Egide Nduwimana
Messages
11 Myandagaro 2014, 12:43, par kuvyara akaziri
Mbabajwe nuwo mutama ,nayo kuvyara abana nkabo numuvumo (Ndakugarika)yirirwa agarika abantu yibaza ko imana itazomwicisha agahinda nawe ?amahera afise iyo agurira itongo murumunawe yabiki???mugabo ryajambo babamabavuga aba aDD jewe jewe jenyene nijendabizi /mutama ingendere wiruhukire akaziri kari kaje kera
11 Myandagaro 2014, 13:06, par Nelson
Imana imwakire uwomuvyeyi.ubona iyo bacumuta iyongabo yama yica abandi.
11 Myandagaro 2014, 13:29, par Ndakugarika
Ngo Ndakugarika ego mama!eerega harabantu bibaza ko bari hejuru y,Imana umuntu muriy,isi NIKINTU TWOKWITUMUYAGA ejo nawe azoba yakwirikiye se!!!! Ndaabe kwzoguma ari ndakugarika!!!je nammamvuga kwaba DD abwenge bagira mugaharira mwagiye mubabanyi murica non,ubu mutandukiriyabavyeyi hahahahahah NABADO!!!!SAFISHA oyeeeeeeeeeee!!!!Ngo Ndakugarika ego mama!eerega harabantu bibaza ko bari hejuru y,Imana umuntu muriy,isi NIKINTU TWOKWITUMUYAGA ejo nawe azoba yakwirikiye se!!!! Ndaabe kwzoguma ari ndakugarika!!!je nammamvuga kwaba DD abwenge bagira mugaharira mwagiye mubabanyi murica non,ubu mutandukiriyabavyeyi hahahahahah NABADO!!!!SAFISHA oyeeeeeeeeeee!!!!Ngo Ndakugarika ego mama!eerega harabantu bibaza ko bari hejuru y,Imana umuntu muriy,isi NIKINTU TWOKWITUMUYAGA ejo nawe azoba yakwirikiye se!!!! Ndaabe kwzoguma ari ndakugarika!!!je nammamvuga kwaba DD abwenge bagira mugaharira mwagiye mubabanyi murica non,ubu mutandukiriyabavyeyi hahahahahah NABADO!!!!SAFISHA oyeeeeeeeeeee!!!!Ngo Ndakugarika ego mama!eerega harabantu bibaza ko bari hejuru y,Imana umuntu muriy,isi NIKINTU TWOKWITUMUYAGA ejo nawe azoba yakwirikiye se!!!! Ndaabe kwzoguma ari ndakugarika!!!je nammamvuga kwaba DD abwenge bagira mugaharira mwagiye mubabanyi murica non,ubu mutandukiriyabavyeyi hahahahahah NABADO!!!!SAFISHA oyeeeeeeeeeee!!!!!
11 Myandagaro 2014, 16:48, par maxime
Turabahojeje mwihangane bibaho nayo izo mburabwenge ziriko. Ziratamba. Zitalika ntakindi babahora ataruko. Mutigeze. Mubihanganira. Kuva inyuma yamatora batera amagerenade hirya nohino murabatuza munyuma bakora ububisha bwishi mugihugu leonse na pasifike bama b asemerera ngo hatabaye. Ibiganiro ntibizohagarara munyuma bibananiye biruka muri. Kongo na tanzaniya biyibagije koyo mashamba yose tuyazi nkamwaramutse iperereza mubereye icegera rifatannije nigiporisi nigisoda vyuburundi vyarabihagaritse maze arokotse nabo birirwa baravuga ayAmuhe nvyo bandika hano. Biraboneka ko batayutwe
11 Myandagaro 2014, 17:58, par MWADUKUYE HABI
NDAGUHOJEJE WEWE NTWAZANGABO Y IGIHUGU CACU NIKO BIMEZE AHA KW ISI..KANDI MWIHANGANE NTAKUNDI..AYO MAJAMBO NAYO ARIKO ARACISHWA KURIBI BINYAMAKURU NIBISANZWE NTAWUKUNDWA NABOSE.
11 Myandagaro 2014, 18:22, par Mama
@Maxine, nishimiye ivyiyumviro vyawe. Ariko ndatangajwe nabantibataguye kwandika ngaha! Nibwobwambere numvise abantu babeyaguzwa kuwabuze uwiwe ahokumuremesha! Nubwumuntu yobayarumwasi agapfisha kirazira kubwira nkumkwo.
11 Myandagaro 2014, 18:51, par UMWAMI
Nibaza kwaba mbone baryohewe ngo nuko abuze umuvyeyi bihenda caane,kuko siwe wambere yishwe numwana yivyariye,nama nunva abagabo bishe abagore canke abana babo.nabagore nabonyene kukaba uko,barica abagabo abana babo,murunva rero kwarinkivumwe ryateye.nayo iyo mugihugu hatabaho twebwe bandakugarika inganda ziba zaratukiye nka kumwe ko 65.72.88,93,ahohose twagiye turamirira kure ayo magume mwashaka gushiramwo abarundi,nibanza ko mutovyitwaza ngo mushake kwisarisha,nka kurya ba Leonce,pacifique,vital RUFYIRI,MBONIMPA.nabandi ,nayo igihugu kirimwo ABAGABO bijunja nijambo,ntaho mushobora kumenera ngo musubire kudushira mukaga.
11 Myandagaro 2014, 19:05, par bakama
POLE NDAKUGARIKA!! MUGABO KANDI KWISUKA KWACANE MU VYA POLITIKE MU CIBITOKE BIZOKUGARUKAKO KUBERA WEWE UZOGUMA URI UMUSODA .REKA KURYANISHA ABAGUMYABANGA!
11 Myandagaro 2014, 19:09, par bakama
POLE NDAKUGARIKA!! MUGABO KANDI KWISUKA KWACANE MU VYA POLITIKE MU CIBITOKE BIZOKUGARUKAKO KUBERA WEWE UZOGUMA URI UMUSODA .REKA KURYANISHA ABAGUMYABANGA!
11 Myandagaro 2014, 19:28, par ngari@yahoo.fr
Ndahojeje uwo muryango waraye ubuze uwo muvyeyi. Ariko yemwe uwo muryango urakunda kugarika, akenyere agarike umuvyeyi wiwe. Emwe, ico bize barakimenye.
Tugerageze duhagarike kugarikana kuko ni ivumwe mu gihugu.
11 Myandagaro 2014, 19:39, par Turugwane
@Mama et Mwami jewe nagira umutima mwarawutaye,none mufise impuwe?Mbonimpa etc mwirigwa muririmba ngo nibapfe muvyina none ubu murahinduye??reka ndababarire buca mwenda abana banyu,banyoko,basenge muhejeje muce mubagarika ,amaraso mwakoze buca aberekana mugede muri gusa mwibabara ndabArahiye imana ninkuru kuko yishurira aha kwisi,Nadakugaye wakagabo ndakugaye,ndakukagarika wakagabo ndakugarika ako nakaririmbo yamwishe ariko ararimba ok
11 Myandagaro 2014, 20:22, par manzi
Uko narymye mvuga niko navyutse mvuga mukija kuzibigishiriz muri congo mwashaka bice bnde umurozi ahera munzu ahubwo mbabajwe nuwo masaza yazizubusa ntabe yahera kuri mukuruwe agasubira Kazungu nabiry binwamaaraso bindi!sha aba DD rindira buca musara!!!!
11 Myandagaro 2014, 20:50, par karikurubu
hewe amaraso arasema, SELON LA BIBLE aho Imana yabwiye Dawudi iti; kuko umwana wawe w’umuhungu yarongoye mushiki wiwe nzaguha igihano kiremereye cane kuko inkota itazova mu nzu yawe (kwicwa n’inkota) Ibi rero bishikiye NDAKUGARIKA bimeze nko kumuburirako nawe inkota itazoteba kumurya izosi hamwe atohindura ingendo. Eka kandi si we gusa kuko Aba DD bose ako kamo karabaraba bose
11 Myandagaro 2014, 21:08, par Ndimubansi
Iyo nshitse ahantu muri Office nkabona ifoto ya Président NKURUNZIZA nca numva noyiturira basi nkashirako iya IDI AMIN DADA canke KAYIBANDA Grégoire canke HAVYALIMANA Juvenal canke ADOLPHE HITHLER. hama utwo tugabo ngo ni ndakugarika na adolphe nshimirimana, Imana ishimwe ko ntazandatubona umenga nodahwa ndatubonye
11 Myandagaro 2014, 21:29, par Nwari
Allah wakubari allah wakubariiiiiiiii yariiiiriiiii allah wakubariiiiiiiii rahiiiii rooooo,mugire mugarikane ,allah wakubariiiii
11 Myandagaro 2014, 21:56, par GIHOZO
MUKOMEZE KWIHANGANA MUREKE ABAROGOTWA BAROGOTWE KUMERA KUMUHETO BERA IGIHUGU INGABO
11 Myandagaro 2014, 22:37, par nkunzimanapierre@gmail.com
Sije no hahera. Iyo nkozi yikibi yumu manuka Ngo Ni Ndakugarika. Yirukanishije umu Colonel wimvumira yo mu Cibitoke yitwa Bakunduwukize Philipe yibaza ko atazo muhumira. Aja kudodobereza Imvukira za Cibitoke kwa Nkurunziza Ngo zakoze ibi, emama Ngo naba FNL. None ninde murundi wimvuga kuri atazi Yuko Cibitoke Ari ABA FNL? Mukugarika abandi Yi aza Yuko nibabura amaraso banywa ko bazonywa ayabande. Base nabene wabo
Kayini yica Abel suko kwa Ndakugarika. Biratanguye ko batanguriye iwabo
Ariko amaraso yase arabahumira. Ibwirizwa ry’Imana rivuga ATI: sonera Abavyeyi bawe
kuribo ntaco ribabwiye. Ndangije nsaba uyo mugabo Ndakugarika ko yo kwihana, Saba imbabazi Uhoraho m
11 Myandagaro 2014, 22:37, par nkunzimanapierre@gmail.com
Sije no hahera. Iyo nkozi yikibi yumu manuka Ngo Ni Ndakugarika. Yirukanishije umu Colonel wimvumira yo mu Cibitoke yitwa Bakunduwukize Philipe yibaza ko atazo muhumira. Aja kudodobereza Imvukira za Cibitoke kwa Nkurunziza Ngo zakoze ibi, emama Ngo naba FNL. None ninde murundi wimvuga kuri atazi Yuko Cibitoke Ari ABA FNL? Mukugarika abandi Yi aza Yuko nibabura amaraso banywa ko bazonywa ayabande. Base nabene wabo
Kayini yica Abel suko kwa Ndakugarika. Biratanguye ko batanguriye iwabo
Ariko amaraso yase arabahumira. Ibwirizwa ry’Imana rivuga ATI: sonera Abavyeyi bawe
kuribo ntaco ribabwiye. Ndangije nsaba uyo mugabo Ndakugarika ko yo kwihana, Saba imbabazi Uhoraho m
11 Myandagaro 2014, 23:07, par Bombe
uwo mutama wa ndakugarika asanze abandi Ndadaye, Ntaryamira alias discipline mu ndege hamwe na Habyalimana juvenal alias rusunzu hamwe nabandi babisha benshi ba DD ’MRND HUTUS power etc....
12 Myandagaro 2014, 00:51, par Sagamba
Benshi ivyo bariko baravuga sinzi ivyo ari vyo. Iyo umuntu abuze uwiwe murashobora kuvuga gutyo? Nimba hariho abo agarika, ni bimwe mu kazi kiwe si nkuwo mutoyi wiwe. Ariko abishwe mu myaka ya 65, 72, 88, 93,... ko batavuzwe? Yemwe iyaba abishe bose basara, iki gihugu kiba cuzuye abasazi, na bamwe muri aba bariko barandika ngaha ntibaba bakibishobora. Gusa uwica wese nta mahoro azigera agira mu mutima wiwe.
12 Myandagaro 2014, 06:46, par Said Hamad
@Ndimubansi
Narakubwwiye ko niyo utikuramwo ayo moko uzohava ugira ibibazo vyo mumutwe serieusement.Hanyuma barya ba president wadondaguye wibagiyemwo Kagame na Kaguta Museveni abicanyi babigize umwuga.Utegerezwa kumva ko iminsi yose uzoba ubife amacakubirimumutwe wawe uzokwama wiyumva ko uri mubansi nko witwa.Hanyuma wavuze ko jewe ndi umunya Makamba nivyo warabitoye Mimi ni mtoto wa Nyanza Makamba baba yangu mwarabu kutoka Asia,mama yangu Murundi Hutue kutoka Nyanza.Et alors c’est quoi le rapport?Genda usome kuri yankuru wanyandikirako ivuga kumukobwa wa Kagame narakwishuye man
12 Myandagaro 2014, 08:34, par GEZAHO
Nimureke gukora ingwe mujisho mwabantumwe,izobarya!!.harya ingwe ntiyarizi kuryana ifatiye kwizosi,yari yashavujwe,na bantu bigira abashingantahe kuva kera 55.65,72,88,93,2000.Abicanyi nyabonyabo murabaronderera muriyo myaka ndababariye!.kandi abo bicanyi nyabonyabo nibo bicaye mubitarivyabo!!.IBINYAGANO,vyanyazwe abo bataziriye Abamenya na mu RERE.bongaha muburundi bwanyaburunga.
13 Myandagaro 2014, 10:26, par NKUNDUBURUNDI
Ndakugarika yabaye impfuvyi peee!!!! Mbabajwe n’uwo muvyeyi n’umukecuru wiwe abaye umupfakazi yisaziye gusa.
Nayo NDAKUGARIKA nawe niyumve nawe ic’arico ubupfuvyi. Ukagira ngo we abo yagize impfuvyi, abapfakazi ni bake?
Imana yakire uwo mutama mubayo
13 Myandagaro 2014, 15:59, par Munyagihugu
sha mbabajwe nuwo mutama yavyaye ibisigo ngo n’abana!!kuvyara nabi ngo bibaho ariko uwo mutama we asa nuwutigeze abona umwana!!None ndakugarika hahahaha!!sha niyumve nawe nuko nyagupfa ababaye yakuze ubupfuvyi ataco buzomugira ariko abo yagize ipfuvyi ataco baragerako nibo benshi!!ewe ndakugarika nawe uwokugarika!!waragaritse abavyeyi amabarogo y’abana akwira igihugu, ugarika urwaruka amarira y’abavyeyi akwira igihugu, mugomba mubone ingaruka mbi yavyo!!Imana iratuma ikugarika mugahinga kanyaganande cnke wicwe nagahinda kamaraso wamenye ahore akurya aho ugiye uryamye hoose mbona araka famille mukugarika murinda mugarika numuvyeyi yabavyaye uwo mutogarika ninde!!ngira muri ibikoko!!!muzobona ibara
13 Myandagaro 2014, 20:11, par Francois Rusizi
Ntaco muba muta umwanya kuri ubwo bugaboo ngo ni Adolphe , Ndakugarika ... ce sont de petits hommes umwanya watwo uriko uregerana .
13 Myandagaro 2014, 20:57, par Bizoza
Ndatangaye cane nsomye izi commentaires zanyu kweri, kumbve murashobora kwanka umuntu kugeza no kukigandaro kweri, mbega vyomara iki kwenyaguriza uwabuze uwiwe nkuko???nukuri birababaje kubona mugihugu cacu harimwo abantu bafise agatima k’ubu koko nkako, nubwo umuntu yoba yarakugiriye nabi gute ivyo bintu birakwiye gucibwa muri iki gihugu cacu indero yamaze gutituka, mbega ko mutibuka ko ivyo bishikiye uwo nubwo data wanje mbona yanklwa bitoshobora kubashikako namwe, burya uwoca abigira nkuko burya mworyoherwa???gerageza muhinduke bana b’uburundi mube abantu..
14 Myandagaro 2014, 00:59, par ndimaso parfaite
Hahahaha ! Ewe Mana urishura ! Urishura pe ! Erega harya uwonse urukundo akurana urukundo, uwonse ubwicanyi akurana ivyo! Kandi ahi ntibiheze , na abana ba Ndakugarika amaherezo nuko nyene! Hahahaha ! Abo bose biyemera ko banyoye amaraso ya benewabo ingaruka ngiyo iriko iribonekeza! Wawundi ati akari inyuma karahinda ! Bacemwo! Bacemwo ! Hahahahahaha ! NDAKUGARIKAAAAA !
12 Nyakanga 2014, 22:44, par didi
Ooooh Shit!!ths is full of shit,son of bitch!!
Life is 2short!,ur time will come !!ntamuzamu w’isi!!
12 Nyakanga 2014, 22:44, par didi
Ooooh Shit!!ths is full of shit,son of bitch!!
Life is 2short!,ur time will come !!ntamuzamu w’isi!!
1er Gitugutu 2014, 14:10, par sove
wewe mwenye kujiita mara ndimubandi, mara mutoto wamwarabu uko nyanza makamba ivyo vyote ni bongo we ni nterahamwe mwenyewe
1er Gitugutu 2014, 14:10, par sove
wewe mwenye kujiita mara ndimubandi, mara mutoto wamwarabu uko nyanza makamba ivyo vyote ni bongo we ni nterahamwe mwenyewe
28 Rusama 2015, 12:26, par muhanuzi
icudashakako bakugirira ntukakigire abandi uyomu general murazi abana nabavyeyi amaze guhekura?ineza yituzwa iyindi
13 Myandagaro 2015, 15:32, par NIPHUZAYUKOMWOMUNYEREKA,UYOMUVYEYIWIWE
GÉDÉON
23 Nzero 2016, 08:23, par Eric,
Rekanawe,arabe Ubuze,kuntu,ubabara,wewe,aboyiciye,siberhi,
23 Nzero 2016, 08:24, par Eric,
Rekanawe,arabe Ubuze,kuntu,ubabara,wewe,aboyiciye,siberhi,
9 Nyakanga 2016, 11:54, par Etienne Ndayisaba Umwenegihugu Windora
I Bibayentibitangaje Vyamavyabaye Twamatwavyumviseheshi Kuradio Ibinditukabisomakubimenyeshamakuru Iconosa Umuryangowabuzekwihangana
20 Nyakanga 2016, 14:58, par J Marie
Birateye Agahinda Nukwihangana
6 Gitugutu 2016, 05:26, par J M
Ndahojeje Umuryango Wabuze
3 Kigarama 2016, 18:15, par Evelyne
Nkuwo Muvyeyi Yaziz Iki?Turagowe Noneho Dusigaye Tugowe Twic Abavyey Nabo?Ni Danger!
9 Ruhuhuma 2017, 13:53, par Bosco
Umuvyeyi Wacuyaratubabaje Canecane Abanyendora Twara Babaye Imana Imwakire Amahoro
9 Ruheshi 2017, 22:43, par Buzima
PORE SANA MBEGA BIBI MUBURUNDI KWERI NIDANJE!!!
7 Myandagaro 2017, 09:12, par loic
ihangane general
29 Myandagaro 2017, 15:16, par Nduwimana jaen
29 Myandagaro 2017, 15:21, par Nduwimana jaen
22 Ndamukiza 2018, 13:11, par iris
barabahenze inkona ntiyaruzwa