IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umwambaro w’Abarundi washimwe mw’iyugururwa rya "Jeux Olympiques" (...)

Umwambaro w’Abarundi washimwe mw’iyugururwa rya "Jeux Olympiques" (Amafoto)

lundi 8 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Mu bihugu cumi na bitanu vyerekanye umwambaro uteye igomwe mu birori vy’iyugururwa ry’ihiganwa rya "Jeux Olympiques", Uburundi bwafashe ikibanza. Ivyo bihugu ni ivyo ku migabane ya Afrika, Asiya, Uburaya na Amerika.

Amasanamu y’imyambaro itandukanye yashimishije abari bitavye ivyo birori

Cameroun

Reta zunze ubumwe za Amerika

Cap-Vert

Bénin

Mali

Australie

Brésil

Burkina Faso

Jamaïque

Afrika y’epfo

Barbade

Botswana

Inde

Burundi

Côte d’Ivoire


IGIHE

Messages

  • Uburundi bwacu buracari ubwambere kur byose kand byinsh nimwirabire namwe ibibyiza byuburundi barangiza Ngo genocide aahh iki nikimwaro kur onu n’america ubufaransa nahandi bagomba kubohera amaboko leta yuburundi kugahohotero atakindi kagamij Atari gusenyura inzego zitorew nabanyagihugu,rero imana igirir neza izonseruka rushushe zitangira igihugu nabarundi kugira Ngo uburubd bwite uko buri ubu ar Uburundi.

  • Si ugusenyura inzego gusa ni ukurondera kumara Abarundi bafadikanije n’Abarundi bamwe bamwe b’ibipfamutima. Ariko bategere ko esprit diabolique yabo yamenyekanye, urucuruzwa rw’amaraso rutazosubira kuba. Ruraguma inyuma ya Kanyaru.
    Ba Buyoya, Kagame, Leonce, Pacifique, Maggy, Louis-Michel...bazomaramara.

    Imana izigame Uburundi n’Abarundi.

  • Ngo bafise umugambi wo gutera u Burundi nk’uko babigize kuri HAVYARIMANA ngo bashinge abarwanyi mu duce twose tw’igihugu bace bazivugiriza rimwe habure aho abajejwe umutekano batabara. Gurtyo bace barasa badatoranya hanyuma bazoce bavuga ngo ni GENOCIDE yakorewe abatutsi n’abahutu badashigikiye ubutegetsi. Ariko barihenda Uburundi Uhoraho abufise mukinganza hari igihe wosanga bibasubiye kumutwe kuko urucira mukaso rugatwara uwawe.

  • Abandi bararata ko arabambere mu mutekano mwiterambere.nabaturage banezerewe nubutegesti
    None mwe ngo mwambaye neza.nakamaramaza wamugani wanyu
    Mwambaye neza huuun ngo mwambaye ibibazo gusa puuuuu

  • Vyukuri Uburundi buracari ubwambere mukaranga, so munyambaro gusa, nindero barinayo ngereranije nomugihugu mbayemwo.
    Burundi tera imbere.

  • hanyuma se babahaye uwuhe mudari ? ko nshimye ibindi bihugu bimaze kubona imidari !!!!
    ibyo byahi nibyo muvugiriza induru ? mwishimire kuva mubibazo murimwo kuko amahoro niyo terambere ryibindi byose mureke kuba abaswa international même no muri EAC

  • Nyumvira nkiyi njiji ngo ni jean marie ubwo se ibyo bazabibahera umudali..aliko ubugoryi mugira ntahandi buba..ngo mufunze imipaka ese mwahimye abanyarwanda cyagwa abarundi? Ko abarundi batangiye gutaka ibibazo kandi mwali muzi ko muhima abanyarwanda.

  • Iki kinjuju ngo ni jean marie ni kinyendaro. Ko cyumva se iburundi arabambere muli byose akaba atahaba yahunzi ki ? Uli kigoryi urakagwa mu maguru ya nyoko.

  • IMANA NISHIMWE MUGABO MWIRIND KWICANA KUK UBUMWE BUZANA NURUKND

  • ico muzi ni ukwambikana ibara gusa nayo kurwana ndazi kandi ndemerako ata gisirikare urwanda rufise coshobora ic uburundi!

  • ico muzi ni ukwambikana ibara gusa nayo kurwana ndazi kandi ndemerako ata gisirikare urwanda rufise coshobora ic uburundi!

  • arika ga #lili waretse guta ubwoko.aho murwanda iwanyu burya ngo muri paradie?nyimba urumutsi wonyishur ego arik uzorabe ayabahutu babonye.uhmmm!

  • umwambaro wabarundi wamye ubica bigacika.ingorane nuko hari abagomba gusuzuguza akaranga kabarundi mukwambara impuzu ziteye isoni mukwigana ivyo babona kumasanamu nimboneshakure.

  • Amajambo menshi habamwo gutukana ariko UBURUNDI nigihugu gitemba amata nubuki umutima wa Afrika none kobiruko mubabazwe niki IMANAyabukuye mubukoroni ninayo iburinda nabugingo nubu

  • Ew Ntamahoro Ariho Kuko Abantubicwa Nkimpene Canke Inkoko Kunoel Umusazi Nuwuvugako Muburundi Haramahoro Emwe Ntanayimirijekuboneka

  • Mumyambaro Birazwi ko Bama Arabambere Ariko Ntamahoro Abakuru Bakimi Abato Nkakudya Kwamafi,

  • Vyoba Babaye Kubugombe Bw’ Imana

  • Kugira Uburundi Bufate Ikibanza Bafatiye Kuki?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.