Advertisement
Kumenyekanisha
Umwana w’imyaka 10 afise ibiro 188
Yanditswe taliki ya 6-07-2016 - isaha 07:57' na IGIHE

Umwana azwi kw’izina rya Arya Permana, w’imyaka cumi gusa, yashizwe ku mfungurwa zomufasha kugabanura ibiro vy’umurengera afise.

Abavyeyi b’uwo mwana bavuga ko bafise ubwoba kubera ibiro afise. Umuganga w’umuryango wiwe, usanzwe uba mu gisagara ca Karawang, mu gihugu ca Indonesiya yahanuye abavyeyi kumuha imfungurwa zirwiriyemwo imboga kugira barabe ko ibiro afise vyogabanuka.

JPEG - 13.5 ko
Ku mwaka cumi y’amavuka, Arya Permana ageze ku biro 188

Umwana Arya Permana yari afise ibiro 192, ubu amaze kugabanuka kugeza ku biro 188.

Ivyiyumviro vyanyu

Ubwo Hariho Uwokenera Ivyibuha Nkiryo ?

24.11.2016 à 10:13
Rukundo Sadiki

Jendiyunvira Kuwomuntu Apima 188 kobitobaho yoba afunguragute ? cankeabayehogute ? mwoduha inyishu mwobamukoze

urupfu

18.11.2016 à 21:49
Adolphe

Jewe Nibazako atar’umuntu Asanzwe Ari Igisigo

16.11.2016 à 21:01
Eli Niyigena

Nukuri Abasenga Tujekumavi Tumusengere Uwomuvyeyi Womubuhinde ?

13.11.2016 à 12:18
Emanuel

ndabon ntiyorohew

11.11.2016 à 21:56
abdoul razzack

IVYIWE BIZIMANA GUSA YAMUREMYE

20.10.2016 à 20:47
IRINIMBABAZI MOISE

Oya Kweli Ararengej !Ivyo Biro Afis Biradendany N’imyaka Afise !Arik Nakomez Afat Iyo Miti Yonger Asenga Imana Izomukiza.Ndamwifurij Gukira Kuk Iyo Ni Indwara.Que Dieu Soit Avec Lui.

27.09.2016 à 22:04
Fiacre Mpozagara

Eeeeeee !! Uwomwana Umubyibuho Urarenze Peeeeeee !

26.09.2016 à 09:35
Dusabimana Jean Cloude

Ivyondabihakanye Sivyo

26.09.2016 à 09:25
Mukosozi

Ivyondabihakanye Sivyo

26.09.2016 à 09:22
Mukosozi

Ho Uyo Mwana Numunyeshur ?

20.09.2016 à 22:46
Thérence

Sha Uwo Mwana Niyihangane, Mugabo Azokura.

18.09.2016 à 10:07
Niyonzima

niyihangane

31.08.2016 à 13:27
Ndagijimana Eloird

NONE TWEBWE ABANTU MWODUFASHA IKI ? KO HARI ABANTU BARIRA NGO BAFISE IBIRO BIKE BIPFUZA KUGIRA IBIRO VYINSHI

29.08.2016 à 16:37
EZECHEL

KUBISANZWE UWOMWANA NIMWISHI AKWIYE KUGABANUKA

26.08.2016 à 13:12
NGIRIVYIBONA RODRIGUE

Imana Imworohereze

21.08.2016 à 17:07
ndimurukundo onesphore

arikontimutube ?uwomwana,aravyibushe

16.08.2016 à 09:22
adebayor

Jewe Uwo Mwana Imana Nimuzigame

12.08.2016 à 22:52
sibo g

Ico Niyumvira Nanjenuko Yozarinonora

28.07.2016 à 08:59
Elysée
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.