Accueil > Amakuru > umutekano > Uwiyemereye ko azi ukuri kw’iyicwa ry’umuhungu wa MBONIMPA (Video)
Uwiyemereye ko azi ukuri kw’iyicwa ry’umuhungu wa MBONIMPA (Video)
mercredi 23 Ntwarante 2016, par
IGIHE
Messages
24 Ntwarante 2016, 03:42, par jeanjohnpeter@gmail.com
Ngo: uwo musi, bukeye bwaho, mw’ijororyaho, ....., bafashe umuhungu wa mbere (nta mazina) bamusangamwo grenade baca bamudugana kuri zone Cibitoke aca ashaka kwiruka, etc...yabonye gute ko uyo muhungu yashatse kwiruka kandi batajanyekuri zone???
....ngo duca duhura na Weilly asohotse, patrouille imwe iramurengana aho kuvuga iraturengana urumva ntibari kumwe, ngo bamubwira akirize amaboko bamusake baca bamusangamwo grenade. None bamusanzemwo grenade baciye bayimugumizamwo? Ngo aca agomba gukurayo grenade. Kandi police yamaze kuyimukuramwo? Kowumva bari kumwe n’uyu muhungo ko aho barasiye Weilly nawe batamufashe?
Umubeshi, umusazi, umubeshi, ariko arihenda be naba sebuja ukurikurazwi igikuru ni uko yemejeko Weilly yishwe n’inzego za Leta.
24 Ntwarante 2016, 08:23, par rukundo
Yemwe yemwe yemwe yemwe bantu bimana gezaho batarabagezayo
24 Ntwarante 2016, 19:33, par Kaneza Pierre
Ayo Marementanya Ntaco Azana Atarurwanko Gusa Nimureke Imana Niyo Izoduhorera Abobavyiyemerra Bajahe* Muchezo Wa Ndani>
24 Ntwarante 2016, 19:35, par Kaneza Pierre
Ayo Marementanya Ntaco Azana Atarurwanko Gusa Nimureke Imana Niyo Izoduhorera Abobavyiyemerra Bajahe* Muchezo Wa Ndani>
24 Ntwarante 2016, 22:03, par Aime
Birababaje !!! Ufashe ijambo kurindi ugakora analyse yibyo avuga urabona ko harimo ubwenge buke cyane. Avuga nkaho yagendanaga n’abicanyi.ibyo avuga ntakuri kurimo.wamenye ute uwo bafashe yashatse kwiruka? Uwo barashe bagahusha nawe mwari kumwe?ko wowe batagusakaga cyangwa bakurase? Idiot.
25 Ntwarante 2016, 17:13, par Elias
Uwomugabo,rabamumucinyiz
28 Ntwarante 2016, 10:20, par shila
Aka gahungu barakabeshe ngo kavuge ibinyoma hanyuma ngo bazoca bakajana i buraya baraguhenze