Accueil > Amakuru > umutekano > Willy Nyamitwe: ’’Abateye bafise intumbero yo gusamaza inzego (...)
Willy Nyamitwe: ’’Abateye bafise intumbero yo gusamaza inzego z’umutekano’’
vendredi 11 Kigarama 2015
Umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru Willy Nyamitwe amenyesha ko ibitero vyabaye ku makambi y’abasirikare mw’ijoro ryo kuwa kane buca ari kuwa gatanu igenekerezo rya 11 Kigarama 2015 vyari bifise intumbero yo gucanishamwo igisirikare.
Abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Tweeter,Willy Nyamitwe yamenyesheje ko abagize ibitero boba babigize mu ntumbero yo kubohoza abapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba riri muri zone ya Musaga muri komine ya Muha,mu bumanuko bwa Bujumbura.
Willy Nyamitwe yanditse kandi amenyesha ko ibikorwa mu gisagara ca Bujumbura bibandanya ukuri kwamye naho nyene hari amakuru ariko aravugwa ko ata mirimo yabaye mu gisagara ca Bujumbura.

Naho biri ukwo,ku mashuri amwe ari mu gisagra ca Bujumbura, abanyeshuri bari bashoboye gushika kw’ishuri ntibakoze ibibazo biheza igice ca mbere c’umwaka w’ishuri,kuko abayobozi baciye babasaba gutaha bakazogaruka mu ntango z’indwi iza.
IGIHE
Messages
11 Kigarama 2015, 14:45, par Niyobuhungiro
Mana Tabara Igihugu Cacu Kuko Wakiduhaye Murukundo Rwawe!Mana Yacu Ha Umutima Abarundi Wogukundana Uko Amoko Yacu Ari!None Abo Bantu N’ubu Ntibarabonako Igisirikare Cabananiye Gusambura!Nibahebe Ntaco Bazoshikako!Mana Tabara Uburundi Bwawe
11 Kigarama 2015, 15:41, par Ntukomeye
Bisanzwe bizwi kugwaye mumutwe
11 Kigarama 2015, 17:19, par ar
gendawivuze uwomutwe wawe bazowukureko wakize kukowarabunzwe !
11 Kigarama 2015, 17:20, par Claude
none mubona ivyo biter bigamijik jewe mbona ko bomanga ubutegetsi kuko iyomv niy vyose bivako
11 Kigarama 2015, 17:29, par mbonabuca
isiyose.Iraziko.abanatwibarutse.Twashize.Ahubwo.Nimutabare
11 Kigarama 2015, 17:30, par ndiho
Wesha wiyise ntukomeye izina niryo muntu eka nyene ntamutima ugira
11 Kigarama 2015, 20:20, par maso
nyamitwe n, umuhinga kugeza n, aho amenya ikiri kumutima w, umuntu. mbe mugutera amakambi bafîse umugambi wogutera ibohero, barazimiye?
11 Kigarama 2015, 21:32, par LIEVIN
NONE ABARUND NTIBOMENY KO IGIHUG ARI ICABO BAKAREK KUGISAMBUR?
12 Kigarama 2015, 05:57, par ndonda
komera mutama, izonkara maraso bashaka gusubiza abarundi mwihumbi ni ukubatuza .
12 Kigarama 2015, 08:56, par Paul
Nibareke Kwimena Amaso Mwese Guma Kumavi Musenge Kuko Atacananiy Imana
12 Kigarama 2015, 08:57, par Eric
Nibareke Kwimena Amaso Mwese Guma Kumavi Musenge Kuko Atacananiy Imana
12 Kigarama 2015, 16:05, par EGIDE
MBEGA MWIBAZA ABARUNDI IVYO BIBA KO BATABIBONA?
12 Kigarama 2015, 17:38, par Joker
ni mumureke yasaze kera namenye uwu mugani"amatwi y’impene yumva yokeje"
12 Kigarama 2015, 19:58, par Mpozenzi Marcien
None Willy NYAMITWE yamenye gute ko abateye bashaka kubohoza abo ku Mpimba? Bari babivuganye? Iryo ni irementanya ryakozwe ariko mumenye neza ko abarundi atari ibijuju vyo guhenda uko mwishakiye! Twarabahinyuye !
12 Kigarama 2015, 20:33, par Désiré
Komera Mutama Abo Bashaka Gusubiza Uburundi Muntambara Nukubarwanya .
13 Kigarama 2015, 21:55, par VIANNEY
NONE MUBURUNDI NTAMVUGA KUR ZIHARI?
14 Kigarama 2015, 21:28, par Buname
Abiyahura mu Burundi jewe mbona bagwiriye turahumiwe!hakenewe etat d’urgence canke etat d’alerte maximal abo batera ubwoba bagafatwa bagahabwa inyigisho kuko barahenzwe gose nabibera i buraya!!Imana idushoboze.
16 Kigarama 2015, 15:49, par WELLARS
Abarundi ni mufate icyemezo muve inyuma y’abanyapolitike batazagira icyo babamarira. Ni mwigire ku banyarwanda, BIBEREYE MU ITERAMBERE
17 Kigarama 2015, 20:11, par ndugwe
nyamitwe we mbega rurya ruhinja aba polisi nimbonera kure bishe kumusaga gwari inyanka burund?mbega numugambi woguhonya abatutsi canke? ruriye abandi namwe nturubibagiye.
21 Kigarama 2015, 19:02, par Simeon Niyongabo
Iman Nibogor Uburund Gusa!