Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bimwe mu binyegezwa vy’imodoka ya SatB vyamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Bimwe mu binyegezwa vy’imodoka ya SatB vyamenyekanye

Bimwe mu binyegezwa vy’imodoka ya SatB vyamenyekanye

vendredi 20 Ntwarante 2015

Ibanga rinyegejwe mw’itangwa ry’imodoka ya SatB yahawe n’ishirahamwe Ikoh Multiservice ririko risambuka. Iyo modoka bimaze kumenyekana ko atari nshasha ahubwo bamuhaye iyo bahora bakoresha.

Ibibazo bimwe bimwe ku bijanye n’imodoka Satb yahawe na Iko Multiservice biriko biraronka inyishu naho vyari vyagizwe ibanga. Iyo modoka ifise inomero z’iyiranga (Plaque d’Immatriculation) zisa n’iz’imodoka yahora ikoreshwa cane aho muri Ikoh. Ico gihe yakoreshwa yari yanditseko ivyandiko bivuga ishirahamwe rya Ikoh Multiservice.

Iyo modoka ya SatB yambaye amapine yahora kuri imwe ya Ikoh turiko turabwira. Raba aha munsi, usanga imodoka yahawe Satb atari nshasha mu gihe umurongozi wa Ikoh Multiservice DOUCE DJUMAPILI yanse gutanga umuco kuri iyo modoka, akishura ko ari ibanga riri mumasezerano ya Ikoh na Satb.

Iyi ni imodoka ya Ikoh yahinduye iyica iyiha SatB

Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.