IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emelance Emy > inkuru > Kuki Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe

Kuki Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe

mercredi 5 Munyonyo 2014

Emelance Emy amaze kubona ihinduka ry’ihinyanyugwa ry’indirimbo aho hari ubuhinga bugezweho bwo gukora neza indirimbo, uwo muririmvyikazi yahisemwo gushira ku gihe zimwe mu ndirimbo ziwe.

JPEG - 20.1 ko
Emelance ari k’umuhinyanyuzi Botchum

Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n’ibihe, Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe. Abona ko zikozwe ku buhinga bugezweho zoheza zikaryoha gusumba uko zahora. Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Emelance azosubiramwo izo yumva zitameze neza zose.

Ico gikorwa cashizwe mu minwe y’umuhinyanyuzi Botchum, uwo nawe azanye ubundi buhinga bwo kubika indirimbo igihe kinini aho n’inyuma y’imyaka myinshi ururirimbo rushobora gusubirwamwo kubera yabitse ivyo bita "pistes".

Umviriza ururirimbo "Yambogorera" rwa Emelance Emy


Cherif Nkeshimana

Messages

  • bantu nivyiza kuvuga ico wabonye kuko biratuma ububeshi bugabanuka

  • jewe ntavyabandi mvuga mvuga ivvyanje gusa icoshaka kuba icoshaka kuba naho imigere ibiri idatereka bibabivana nuko uyiteye inyuma yubuzima ndimwo ndashaka kuvamwo ibintu bibiriri niburiburi kimwe kandindagikurikirane icambere ndipfuza kuba umukinyi wumupira wamaguru icakabiri umuhanzi murivyovyose ndashakamwokimwe kizonteza imbere numuryango wanje nigihugucanje naho mbona bigoye bacumugani mukirundi ngo akagumye bagumako

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.