IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yagandaguwe

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yagandaguwe

mardi 22 Ntwarante 2016, par egide

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yagandaguwe kuri uwu wa kabiri n’abantu batamenyekana.

Abarashe Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius bamusanze imbere y’ibiro bikuru vya gisirikare (État Major Général de l’Armée), mu kibanza basomera amakuru mashasha (Tableau d’affichage).

JPEG - 33.2 ko
Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius

Amakuru ikinyamakuru IGIHE gifise n’uko uwamurashe yaciye ahunga afashe ibarabara ry’ibitaro vyitiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, inkoho yari afise akaba yayisize aho nyene yamurasiye.


IGIHE

Messages

  • Mana ha amahoro abarundi

  • Imana imwakire natwe twihane.

  • Imana ishimwe akibikorera abandi yarazi ko bidyosheeeeee shetani nimwakire ikuzimu iyoyakoreye

  • muraduhenda basha, none uwo arongoye ikambi atabamurinda yagiraga? ngo nibura barase urusasu rumwe bivuna umwansi? kereka niba nabo babarashe.

  • Ntagitangaje kirimwo,impera y’icaha ni urupfu.yirigwa arahekura abavyeyi,agira abana impfuvyi yaraziko wew atava amaraso! twese duti GEZAHO.Amaraso yasesetse arakwiriye

  • Yayayaya murarikoz basha intwari murayirengej murayishe mpojej umuryango wabuz,arko uwumwishe ntagire ngo akuyeho imbaraga zukurinda umutekano bishe ikurakure hasigay ba ikurakure nibeshi mbere abasigaye bazokora ibisumba ibyo yakora mwish Adolphe mwibaza ngo muracinze arko haj abamurusha ubutwari nubu haraza uwumurusha mubitege amaso.

  • Imana imubabarire ibyaha yaba yarakoze nk’umuntu hanyuma imwakire mu bayo. Ese ntayandi makuru mufise: umwirondoro we, icyo inzego za gisirikare zivuga kuri ubu bwicanyi, ese muri etat major umuntu yica undi akigendera ntawumubonye cg ntabandi basirikare bahari....

  • BASINDUMUJA MWAKOMEJE ARIKO MUMENYEKO ATANTAMBWE MUZODUTERANA MURAHUMBA ABAKIGWANIYE TURAHARI NTIMUZOTUMARA

  • Aragapfa aje kwa shetani Abe arasha

  • None yaraziko wewe atazorubona? Kimwegusa Shatani amwakirize umuriro mwinshi cane abanze awote murakoze.

  • Iwishe kunkota nawe azofa kunkota
    Wakingiye shobuja none raba usanzeyo Adorf hama nkuru ayasigaye

  • Iyo siyo solution ahubwo bateye uwuzomusubirira azoza arusha nyakwigendera Darius. Noneho ntawuzoguma hano kw’isi n’ahantu dutiye indaro ariko umwisho nihariye twese ninaco gituma atakamaro ko kwicana. Imana imwakire mubwami bwayo.

  • Mwiriwe inkurunziza kubantu twaba mutakura cibitoke,
    uwamurashe ntimwibaze ikindi catumye inkoho ayisiga harya nyene nuko inkoho yariya mucezo wandani,igikorwa cayo carikirya nyene inyuma yigikorwa cayo yaciye iba expire.

  • Noneho yanse kwinjira muri morgue ya CLINIK ngo umutekano ntukwiye?Ooh nafone shebuja amurungikire inteko...mbe kazungu we ageze he hamwe na Uwamaraso...

  • ndabasavye nawenu nta mana yamwakiriye nimba uko ariko yapfuye .none ko ata siba kwica yari yaraye yihanye ? oya abasigaye ni bihane nayo urya na shetani ngira ntimwakira kuko yararengeje igipimo, ariko ndahojeje umuryango ndaziko nabone intuntu yari yarabishe kandi sibo bamutuma

  • 1.Adolphe 2.Darius 3. ..... uwicisha inkota nawe izomwica.

  • Ikizokiza igihugu ni ibiganiro. None uwo mugabo azize iki? Bikomagu yazize iki? Adolphe yazize iki? Ba Niyombare, Leonidas, ...bangara kubeta iki? Icare muganire abantu baronke amahoro. Abasenyeri barerekana inzira bagatukwa. Ganire sinon muzoshira mutyo mwese. Wait and se

  • Turakeje umuvyeyi yavyaye iyontwari tukayisabira amahoro ahirihose kuba yakoze igikogwa ciza co kurungika umumenja Darius kwashetani

  • Peter arabamara nkuko yabigize kuri adolphe.....None ko vyabereye muri etat major ubu noneho muravuga ko ari u rwanda rwashitseyo?? Ewe Rwanda wararushe?? Uwo mumenja shetani yaciye amusamira hejuru. Uwicisha inkota nawe niyo azozira. Hari abandi shetani arindiranye igishika cinshi caneee harimo ba NDABIRABE Gelase umwe yabaye mu nterahamwe i kigali akopngera akaba no kwa havyarimana i kanombe. Ivyiwe vyaramenyekanye nawe, kdi nawe turaziko peter ariko aramuhiga kubera agomba kuzohava amusimbura kubutegetsi

  • Ikimana nkico nka Darius sinibaza ko coja iyo cashize inzirakarengane. Ariko wewe aratomboye agiye asangayo umwicanyi nkawe Dolofu azomwakira sivyo we yabuze ikimwakira. Uvumwa na benshi ugatota agiye yihaye abantu benshi. Ariko ntaco nabo bazokwigira ba Darius inkoni yoba yamukubise namba ari ukuri ntaho izoba iraja iracamanitse. Jw nzemera niboney nka Thoma akigezemwo ndamushizeko amahwa .

  • Jyewe ndamuzi neza twiganye mu Kayongozi commune Bweru.Ubugome bwe ni ubwa cyera.Yahoraga adutoteza kandi turi abana.1993 yagaragaje aho ahagaze.Nasange Satani yakoreye.Puuuuuuu

  • abantu amuntu apfa mugakoma amashi murambabaje, uyu munsi niwe, ejo ni mwebwe. gusa ndasavye insiguro ingene umuntu yokwicigwa muri état major uwumwishe agasohoka ningene hacungewe????? NTIVYUMVIKANA

    GUSA NDABABARIRE? iyi ni PLAN KAGAME, niko akora mutabaye maso azobamara.

  • Mauvais service pour les impurs: un acte illegal vient de reduire un homme jusqu’a etre impuissant ( nta karorero intabwirwa rija gukura kuri urwo rupfu mbona nk’aho ari giturumbuka kandi mbajwe n’abo bapfa batireze kuko babuze umunezero kuri iyi si kubera icaha none no mw’ijuru bigende gutyo.Reka nibaze nti Mana nyene ubutungane abanyavyaha bazomererwa gute? Canecane abishe abana bawe batari butekere ababo ?Nsiciye urubanza kandi sinezerewe n’uko bapfuye mugabo nibabona ijuru nanje nzoritahamwo usoma iyi nkuru asubize amaso inyuma yibaze uko umukama yari kumufata iyo aba ariwe darius ikurakure uyu musi ikura kure ikaba ari nayo yamukuye kw’isi nkuko twebwe twemera rya jambo ngo:Utunyoni tubiri tugurwa amasenga abiri n’ikuta ariko nta na kamwe kava mu minwe yiwe atabishatse kuko n’imishatsi yacu iri ku giharuro numva rero ko uw’ishatse guhamagara nta wundinmuntu yo vyanka kabone naho yoba ari president reka rero turabe impfuvyi ziwe ko yazihaye service nziza ikindi ubutumwa bugenewe abagore b’abasirikare ni ubu: Ni mwamara kumarira abagabo banyu kubuhombo nkurunziza azobacura? Kuki mudahitamwo igikwiye ngo muhanure abatware banyu? Reka ndabareke ariko iyo muba muzi ishetani yo kwihora aho igeza gukara no kurwana kandi ko ntawumenya aho ica mwari guha amahoro abandi mukaba mubanye ayiwanyu

  • None Urworupfurw,uwomu Lietenant Ntirusobanutse Komuri Etat Major Habahari Abasirikarebenshi Uwoyamurasheyabahunganyegut? Ivyikigihebiragoye

  • None Urworupfurw,uwomu Lietenant Ntirusobanutse Komuri Etat Major Habahari Abasirikarebenshi Uwoyamurasheyabahunganyegut? Ivyikigihebiragoye

  • Imana Ntaho yigera ishakira Urupfu umunyakabi Ahubwo yipfuza Ko umunyakabi ahinduka! Dusabe Imana iduhindure twese maze duhebe akabi!

  • Abibaza ko gukoresha inguvu Bose hari ineza bizobazanira baribesha hari uwavuzeko Ari icayi gihoze none ngirango arahaye arabonako kidahora ahubwo gishobora kumuturira jewe nagira nkebure abantu bakiri inyuma yankurunziza ko bomuvinyuma kuko nkurunziza atarahaba uburundi bwariho kandi nubu buzobandanya kubaho uravye ingene abarundi baribarafatanye munda muzego zose zubuzima bwigihugu mugabo nkurunziza akaza kurtyanisha abarundi abarundi turakwiye kuva ibuzimu tukaja ibuntu tukava inyuma yumuntu nkuwo kuko akataraza karimunyuma uwivugiye ati ruriye abandi rutakwibagiye bible nayo iti uwicisha inkota nawe azokwicishwa iyindi ico nosaba ingabo zigifise umutima kwitandukanya nankurumbi zigakiza igihugu kuko amaraso amaze guseseka nimeshi

  • Sha nukuraba neza kuko arigifungu cinyegejemo,
    Kuko ejo nihagire abazobazwa igihe tuzaba dufise amahoro,
    Wasanga nawe bamukoreye kuko ibintu bitanguye kuyangara kuko UN DH itanguye kutumerera nabi basha muragabe harimigambi yinyegeje yokumara abarikwica abanyagihugu begereye reta kuko isi itumereye nabi.
    Murikanure barundi.

  • Basha Mu Burundi Kububamw Bisigay Ar Akayoberabahing,mbe Hijw Abitw Ko Bacungerey Umutekano Kandi Banacungerew,umuntu Muto Naw Bigezeh!Uwoshaka Yokwikebuka Kuk Amaros Yumuntu Arahuma Kandi Harya Ntacijana Ku Mana.Mbe Uw Mu General Lieutenant Darius Amateka Yiw Yar Uwera?Twikebuke Kuk Umwas Wabarund Nuburundi N,abarundi Nyene,dukure Kwigir Ibihangang Nkuk Umenga Twariremye.

  • EWE MANA YANJE TURAGOWE MBEGA ABO BANTU BAPFA BAZOBAZWANDE IMBERE YIMANE NI PETERO? NABO BATAVUGA NAWE?OOOOOO OYAAAAAAAA.KUKO IJAMBO RYIMANA RIVUGA RITI IMANA NTICOKORWA KUKO UMUNTU WESE ICO ABIBA ARICO AZIMBURA KANDI UWICISHA INKOTA AZICISHWA INKOTA UWUFISE AMATWI NIYUNVE UMWICANYI NI UMWICANYI IMBERE YIMANA RETA ITUMA ABICA ABANDI NTINEZERA IMANA ,NABATAVUGA RUMWE NAYO BATUMA ABICA ABANDI NTIBINEZEREZIMANA MWESE TWESE GEZAHO

  • Imana ishimwe kabisa.Kanatsinda uwicishik inkota azicishwa inkota.

  • Imana Nimwaki Nabo Abo Bamwishe Banyeko Ijambo Ryimam Rivugako Uwicisheje Inkota Konawenye Ariyo Izomwica

  • MBEGA KO ABA POLISI BAHORA BACA BAJA GUSAKA AHAGUYE IBARA NKIRYO NOMURI ETA MAJORO BARAJAYO MURAREBA NEZA NTIMUZOHINYUKE KUKO IVYO BINTU NTIBISIGURITSE KUKO ETA MAJORO ATAMWASI AVUYE HANZE YIKAMBI YOHAMENERERA NO KU BIRO NGO YICE HO UMUNTU RERO MWIRABEMWO IVYO MUZOSIGURA KURI UWO NANYARUCARI ATIZE NTIYOVYEMERA KABISA KIKULACHO KIKO NGUONI MWAKO

  • ABACUNGERA AHOHANTU BABIFISEMWO URUHARA SI NON HARIGUFPA BABIRI! KAND IYO NI YA PLAN YA KAGAME IBANDANYA!

  • Burya urupfu ni hatari. Ingene yashigikiye mandat ya 3 ntiyarazi ko uzomuhitana.

  • Emwe Ingerugdreye Kwabandi Niyugeregwako ,uyo Mwicanyi Yarazi Kumusumwe Nawe Azopfa ?Nahowobucunzwe Ni Bataillon Cumi Imana Ikugomvye Ntucika ,abazogwa Kurino Mandat Bo Nibenshi ,vyiza Twosengi Imana Ikadukiza Ivyaha Hama Tukaronkamahoro .

  • none kobamubony afash iryobarabara bamufash?

  • ABACUNGERA AHOHANTU BABIFISEMWO URUHARA SI NON HARIGUFPA BABIRI! KAND IYO NI YA PLAN YA KAGAME IBANDANYA!

  • NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE ICIMANI PANZE NTAWOGIPANGUR NAHUBUGIZI BWANABI ARIBWISH MUBURUND TURAKWIYE GUSABIMANI KIGONGW ATARAHO UBURUNDI BUZOBO UBO KWARAMBO

  • Wamugabo aranyaye nani. Ngo yarahiye kwinjira muri morgue. Ngo harakanye. Yategetse ko bohashusha abe aritegurira neza umuriro.

  • ubu abanezerewe kurupfu rwiyi ntwari bagiye kuzogira agahinda kenshi kuko hariho izindi ntwari ziteguriye kurushiriza aho yaragejeje mukugarukana amahoro mugisagara cabujumbura, hagiye Darius ariko badarius basigaye kandi nibishirira nuwurikure bizomuturira, aka nakaryo kokarikanura kuko umwansi turagendana ubu ntamicezo imikino irarangiye......ibi ntihagire uwubicintenge iki nigihe cokuguba guba guba.....

  • Hahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahahah ahahaha ahahahahhah ahahaha hahaha

  • amahera arabaheranye none hageze aho baryana? mwosigura gute ingene umuntu nka Darius yicirwa muri Etat Major,hari abasoda injojo bamwe bacungera abategetsi bose ariyo babarizwa. Nkurunziza nta mugenzi agira,kanura mubone,muzoba mumbarira.hako abura arya mahera yava mu mahanga azobica mwese ndabarahiye. Nkurunziza yarabahenze muremera ngo genda mumare abantu.

  • Burya umenga hoba hasigaye Kazungu basha ntihenze !ariko bitewe ni nyifato yiwe ,asubirijwe mu nkoko ! ?

  • None ga yewme abarundi murashimitse mumere nk’ibikoko? Oya yemwe ni mwisubireko mureke kumena amarso. Ibuka yuko namwe ariyo muva, mutava amata. Gezaho ayo mumaze gusesa nayo nimeshi. Ntciza kiva mu bwicanyi.

  • Abo Ni Babicanyi Bamenyereye,guhekura Igihugu.Mugabo Barihenda Ntaho Bizobashikana,ahubwo Nimba Bikunda Nibishikane Hakiri Kare, Vyanse Aho Ayo Maraso Basese, Bashavuza Iyabaremye Ntakabuza,izobarandura.

  • Jew Numva Arihatar ! None Abobagese Ntiboheba Ububisha?

  • nonegayemw karashiz’engani uburundi bube gihonom?Manavyos tubishz mmabokyaw ntawundmtabaz

  • nonegayemw karashiz’engani uburundi bube gihonom?Manavyos tubishz mmabokyaw ntawundmtabaz

  • Ntakundi IMANA n’imwakire mubwami bwayo

  • Iryo gandagurwa rihuriye he na President canke coupure y amafaranga ya UE? ndabona hari abantu umunezero ugomba wegure.n ubwo muzokwica NKURUNZIZA imigambi ya barundi ntizosubirinyuma. abo mwahora muhonyanga barabasezereye

  • erega urupfu ntawe rutashikira, iyo wica abandi nawe uzi yuko uzopfa, uba utagira ubwenge nta kindi, erega n’abandi bigize imana bazakomeza gupfa nka we!

  • Mbe Lieutena Colonel Darius yishw gut kandi umutekano ukwiy kubic 99%?iyintwar itey amakeng kuk ntivyumvikana arasarw ahant nkahary coe Etat Major har ingab ningab zicungera nkakury!twikebuk kuk ngir numuher mu barundi,mana dufashe sinz k ari uburongoz bubi bwinyegej mwabandi bantu batagomba bato twiberah.Ese hoh ababipfa barek umunt muto yipfira nab kuk sik bo nubund bar babayeh nez.Geza Ah kuk ntawuzorusimb kirets uwuhorah gusa.

  • muburundi hari amahoro 99% oyeeeeeeeee uwitwa kamaro pore uwicishije inkota azo kwicicwa inkota

  • gira nicogutuma ivura itagwa imana yashavuye

  • kagame ahejeje gutwenga?ntaco abiguze uburundi suyugusa intwari ziracari nyishi mugihugu hapfuye adolfe ba adolfe barabandanya urugamba darius asize ba darius ihangane barundi tuzamenya ababikoze ejo

  • Aho bagomba ko bazoca bavuga ko babantu bose bahambwe mu binogo rusangi ariwe yabishe. Murabesha abamutumye barazwi. Gukorera abanyapolitike ni nko gukorera shetani,yarakwiye kubera icigwa kubandi bagize ubwicanyi umwuga.

  • ICOMBONA YORONDERWANUBUTUNGANE?

  • Urupfu Rwa Darius Petero Abifisemwo Uruhara,basubiranyemwo.

  • karaciyingani igihugu gicike igihugu camabi nibikubite agashibagezaho nayahandiho turagowe.abobabisha nibikubite agashi bagezaho ivyobakoze biramaze.

  • Genda wagandaguye benshi ikibabaje nuko ugiye utihanye ariko naho ugiye ugiye ungana n’isazi

  • ""NTIHICA UBWOKO HICA UBUTEGETSI BUBI BURIHO""mbega Abanyurujwe Nuyo Mubisha Tukabura Irengero Bangana Gte?Imbeb Irya Umuhini Isotera Isuka!!Ibib Umunt Akora Nivyo Bimugarukako!!Darius We,yibza Ko Atotoboka!!Mwarahenzwe Na Shobuja Wanyu,mwiyarira Mu Barundi Muragandaguye Ngo Muriko Mucecekesha Abavuze Ngo"non Au 3e Mandant"!Ibiziga Mwibarabara,ibinogo Rusangi,guhonyanga Agateka Ka Zina Munt No Kumuboreza Igufa Nivyo Vyashizwe Imbere!!Imana Musenga Izobatamaza!!Erega Bamwe Mwashigkira Nibo Babahindukiriye!!Wa Mumaraya Avgwa Muri Bibiliya Yicaye Ku Ntambwe Ikaze Mwibza Ko Ari Nd?Ni Politique Nabayisukamwo!Nkakurya Nyene Irya Nyamaswa Ihindukira Igatabagura Maraya,namwe Niko Politique Ibagize,,abo Mwayobokeye Nibo Babihekura!Kuko""NTIHICA UBWOKO HICA UBUTEGETSI BUBI BURIHO""

  • NTAKUNDI UMURYANGO WIWE NIWIHANGANE NTAKUNDI NIKO ABARUNDI BAMEZE MBEGA ABARUNDI BAZOKIZWA RYARI?IMANA IRIKORERA IVYAYO .

  • ""NTIHICA UBWOKO HICA UBUTEGETSI BUBI BURIHO"" Ibinogo rusangi,ibiziga mu mabarabara,kuborezwa igufa nivyo vyashizwe imbere!!Mwihaye kumara abant Imana yiremeye ngo biyamirije 3e mandant!Yamara namwe ngaho ga!!Hari uwosigura ukuntu aha kuri etat major woharasira intwazangabo nkirya ukabacika ko tuhazi???Ukoze Inabi,iraguherekeza!Mwakoze Vyose Muyobokera Shetani Umutware Mukuru W Isi,kandi Mwicaye Ku nyamaswa Iryana.Ubu Rero,abo Mwayobokeye Reka Babahindukirire Namwe!Niko Bigenda.Umunyabwenge Nkurunziza Yarabahenze Namwe Murangaza Amazuru Ngo Ntakazoza!!Ikimbabaje Nuko N Imana Izoguta Mu Muriro Wa Gehenomu!!Isi N Isi,il Faut Kwitwara Neza.Ntimwibagire""NTIHICA UBWOKO HICA UBUTEGETSI BUBI BURIHO"""

  • Ivyo ni bisabisho vya ba senyeri katolika ni bindi bihano biriko biraza ni murindire gato

  • ntibitangaje gose.kko nawe ni umuntu atari yoroshe .

  • nagahomer bunwa ahomuburundi hamubwicany uburundi nigihugu cahezagiwe nIMANA mukama uburundi turabacumuzi uzutwibuke umusi uzoshika mwijuru

  • Umuti ni umwe . Abatutsi b’aba officier bagomba kubibazwa umwe umwe. Sinon 72 bayitanguye

  • gusa ico mbona ,twabaye ibikoko.nne nk umuntu yamurashe ubwo yanirwa gute ?Nu@tmye iv;yo vyose biba mu burndi turimwo ubu.intwari!Intwari!Ego mama!

  • No muri bibiliya biranditse ko uzikwicisha inkota nawe ariyo azoyozira, so ibi ni umusasaruro wivyo yabivye. Nkurunziza ariko arishahura pole pole.
    Hasigaye bunyoni na Prime then Nkurunziza agakura impuzu akaja mwibarabara dore ko nubisanzwe yisariye

  • No muri bibiliya biranditse ko uzikwicisha inkota nawe ariyo azoyozira, so ibi ni umusasaruro wivyo yabivye. Nkurunziza ariko arishahura pole pole.
    Hasigaye bunyoni na Prime then Nkurunziza agakura impuzu akaja mwibarabara dore ko nubisanzwe yisariye

  • Hewe Hicuburundi nimureke guhenda Abarundi ngo ntihicubwoko ngo hica ubutegetsi. Ntaco reka tuzobiraba ngirango namwe muva amararaso ntabwo ar’amata.

  • Ijambo Ryimana Rivuga Ati.Wicishije Intambi Nawe Niyo Izokwica Icumugabo Akora Nico Kimukora

  • Ijambo Ryimana Rivuga Ati.Wicishije Intambi Nawe Niyo Izokwica Icumugabo Akora Nico Kimukora

  • Mbe wewe wiyita rusakumba ivyo uvuze mwari mubizi ko ata uva amata twese tuva amaraso ni vyiza ko mu bizi mbe murazi abana mwagize ivumvyi amarira Ari mu ba vyeyi Hama ngo muravuga vyose muzo vyi shura imana ihora ihoze

  • Mbega willy Nyamitwe arasubira kandi avuge ko yarashwe n’u Rwanda??!!!

  • Iyo intwari ipfuye havuka izindi 100. Mutegereze murebe. Uko mugerageza kwica abakorana na Nkurunziza hafatwa ibyemezo ijana byo kubahashya.

  • ndasubiyemwo abanezerewe nurupfu rwintwari Darius bagiye kugira intuntu ikomeye, kuko hagiye Darius badarius basigaye kandi nibishirira nuurikure bizomuturira ubu nukurushiriza aho yaragejeje mukugarukana amahoro mugisagara cabujumbura. iki nicigihe cogukanura kuko umwansi turagendana , ntihagire uwucika intege ubu nukuguba imikino iraheze ntamiceze.....guba guba

  • None Uwomumenja Yahekuye Uburundi Nabavye Ntarafatwa Ngo Acirwe Urubanza Kuvyo Yakoze Ariko Turahojeje Umuryango Wabuze

  • Mwari muzi rero ngo Nkurunziza arafyina. N´abarya basigaye azobamara kugira batazohava bavuga amabanga y´ubwicanyi abategeka gukora we yiraramiye i Gitega.
    Nabambia!!! eeeh ni uko nyene.

  • Birababaj Can Kubona Intwazangabo Nkiyo Yicwa Atari Nokurugamba;turahojj Igihugu N’umuryango Wabuze,turizey Neza Kuwo Mumenja Azofatwa Vuba.Gus Ibintu Biriko Birabra Mu Bdi Nukuraba Neza"mwihangane twihangane"

  • Birababaje kubona hakiriho abantu bagifata abantu babicanyi nkintwari umwicanyi numwicanyi nyene ntagaruka Ngo Abe intwari woja mubavyeyi yaragize imisi ahekura niho womenya koyarintwari mugabo ico nosaba abasoda buburundi nibibukeko aribo bajejwe umutekano wigihugu nabanyagihugu kandi bibukeko umuntu ariko aratuma baryana Ari nkurunziza sinziko beye ko igihugu nabanyagihugu hamwe nabonyene bahona kukubera umugabo umwe nkurunziza

  • iyireta irakazi pe gezaho

  • iyireta irakazi pe gezaho

  • Mbega wewe wiyita kamaro ako na gashavu mbega aho usubiramwo ici yu mvira icuro zingahe uriko ukanga bande mu zorushirizaho iki su kwica na mwe mu kicwa aho hari ikintu uvuze wewe wenyene uraye ivyi boneye ko ata uva amata nureke rero gu kangata ngo uriko uravuga ura genda ukange abi wa nyu munzu za nyu kuko uwu pfuye abazwa imvu abarundi tugize ngo GEZAHO

  • MWHANGNE KANDINTIMUCANEMWO.IBISIGAYE URUBANZA NURW’IMANA KANDI IRIKUNGOMA

  • MWHANGNE KANDINTIMUCANEMWO.IBISIGAYE URUBANZA NURW’IMANA KANDI IRIKUNGOMA

  • Nimukore Amatohoza Uwo Muntu Aboneke

  • pole ku muryango wabuze umuvandimwe , ubwicanyi ntawe ukwiye kubwishimira , birababaje kandi kuba hari abrimo kuvuga ngo ubwo yishjhwe n` abasirikare b` abatutsi mu kanya baravuga bati: ni u Rwanda ni Kagame !!!!!

    barundi barundi kazi bene wacu , ni ukuri keretse utava amaraso niwe wakwishimira ubwicanyi buri iwanyu ariko ikimbabaza ni uko babatera namwe mukitera ,

    birakwiye ko mwicara hasi mukagira imitekerereze yimbitse . reka mbaze munsubize Colonel Arasirwa ate muri etat major , yarangiza umurashe agahunga kandi kuko nta bwoba afite bwo kuba yaraswa n` imbunda ye akayijugunya hasi ?????????

    Akarinda asohoka nta n` umukurikijre urusasu ?
    ikigaragara reo ni ibintu 2 ar=ibyo ibi bikurikira :

    01.ETAT MAJORO YANYU NTA BURINZI IFITE MURI RUSANGE IGIHUGU NTABWO KIRINZWE ?

    02.Uwarashe uriya musirikare ni umuntu wahawe protection y` indengakamere ayihawe n` umunyabubasha bw` ikirenga anabuza ababonye amahano kumukurikira no kumurasa >

    UWO MUNYABUBASHA SE NINDE : Hari bamwe bavuga ko ari u Rwanda ari kagame nkuko maze kubisoma `` BIVUZE KO KAGAME ARIWE WABA ATEGEKA ETAT MAJORO YANYU `` ibyo byaba bivuze ko igihugu cyanyu nta busugire gifite ko kandi mwabaye ingaruzwa muheto ko Kagame ashatse umunota ku munota yakuraho Nkurunza , ababivuga NIZERE KO MUBONA KO MWABA MWIBESHYA KUKO NKURIKIJE DECLARATION ZA KAGAME IYO ABA FITE UBUSHOBOZI YAGAKOZE IBINDI BITARI UKWICA COLONEL . OYA RWOSE IGIHUGU CYANYU GIFITE UBUSUGIRE IBYICYO GITERO BYAKOZWE NAMWE UBWANYU .

    UKO MBONA NDEMERANYA N` UWAVUZE KO ARI NKURUNZIZA UMUGABA w` ikirenga W` INGabo z` uburundi, Wasahatse kuzimanganya i bimenyetso by` ubwicanyi yategetse uriya musore gukora , kandi mu gutanga itegeko ryo kumwica asaba abasirikare ba etat majoro kutagira igikorwa na gito bakora nko kumukurikirana cyangwa kurasa uwo mwicanyi ,

  • Uburundi buraruhutse! Abasoda ubwo batangiye kwicana ibintu bigiye gusobanuka! Gusa abasivili mubareke SVP!

    Naho Darius mumureke aruhuke yari ananiwe kubera akazi kenshi ko kwica abaturage! Imana imuhaye akaruhuko!

  • ahubwo bazabarasa babamare bose!!!Igihugu batega ambush CHEF DE ETAT MAJOR MU MUGI???bakamurasa???PRESIDENT AGATINYA GUSOHOKA MU GIHUGU???ngo batamukorera Coup d’etat??ubwo se iperereza riba rikora???interahamwe zarangiza!!ndavuga imbonerahafi ngo Uburundi si Congo???ahubwo murutwa na Goma hapana Congo yose!!!
    umusirikare mukuru ufite Escotis bakamurasira kuri Etat Major??uwamurashe ntafatwe??Shame on U.

  • Ndababazwa numuntu yica uwundi ukamengawe ntazopfa iman ibaharire@

  • Abantu mwese mukure urwanko ishari ninzigo...kuko abacanyi sabagandaguye intwari muburundi.Nuwo wese yanka mugenziwe hamwe nuwo wese afise muriwe umutima ushigikiye abicanyi nawe numwicanyi muriwe afise amaraso ya Kayini kandi n’Uhoraho azobakuramwo izompwemu mbi muhema zubwicanyi.Natanguye kubasengera aho muri hose muzobaho kuko urwanko nimbuto ya Shetani mu bantu.Ariko numugera ukira.

  • murimo kujijisha,muyovya uburari,ahubwo mubibazwe ibyo muriko murakora, u rwanda mureke kurubeshera dore ko rwabagoreweho

  • mbeg uru rubuga rwabay urwabanyarwanda bo kudukina kumuvyimba gusa?colonel patrik karegeya ,general nyamwasa ninde yabarashe nabandi beshi ntavuz kagam wanyu mumugira umweranda mugabo turazi ko ari sawuri yazukiy murwanda ariko imana iratubona

  • mbeg uru rubuga rwabay urwabanyarwanda bo kudukina kumuvyimba gusa?colonel patrik karegeya ,general nyamwasa ninde yabarashe nabandi beshi ntavuz kagam wanyu mumugira umweranda mugabo turazi ko ari sawuri yazukiy murwanda ariko imana iratubona

  • mbeg uru rubuga rwabay urwabanyarwanda bo kudukina kumuvyimba gusa?colonel patrik karegeya ,general nyamwasa ninde yabarashe nabandi beshi ntavuz kagam wanyu mumugira umweranda mugabo turazi ko ari sawuri yazukiy murwanda ariko imana iratubona

  • Nkurunziza arashaka kuzimanganya ibimenyetso kugira ntibazigere bavuga ko ari we yabatuma kwica abantu.Ni ikihe gihugu mwigeze mwunva umusirikare mukuru arasirwa muri etat major uwamurashe ntamenyekane !!! Ivyo bishoboka gusa iyo itegeko ryavuye hejuru

  • Mwishe Daliusi Ntimwishe Badariusi,mwasara Mwareka Tuzogitwara,nazambwa Zahora Zirasa Muri Yamakaritiye,twarabutanze,ubundi Tutafashe Bwaromotse,twebwe Imbonerakure Ntaco Dutinya Tuzogwanya Uwariwewese?Fiderite Kudakoma,ahubwo Twagomba Dusabe Abo Bigira Abagwanyi Ngo Bari Mugwanda,twagira Tubabwireko Badutebeje Nimuze Tubamese,muzozanane Nabasirikare Bakagame,muje Muri300hazosubira Inyuma20nahonyene Nabazoba Baje Bihereje Imana

  • uwo yari umubanyi mwiza

  • Kubwo ubuntu bwimana bizohera.

  • Uwo Reka ABo Yishe Bamuhumire

  • darius arakabon arashwe kuko atari kumar abarund ntakind yaraz ariko uwamurash arakwiye agashimw sinkuwo ras nkurunziz yob akorey nijur ariko nubwo ndavyi pfuz ntibizob kuko muritwebwe abarund harimw abanyoy isos yigihun nkurunz yayihay imbonerakur ndetse nigiporis kimwegamiy non nkurunziz yavutse acuramy none azotwar gushik isi yubam nkukoyabivuz haaa! arik abarund tuzoba twarahez? none nkanyin yamuvyay ntakibaz yih? adorof we yaratsinzw yonger aratsindagigw nayo nkurunziz ntizomwubahuk kuk arumugab wiminw100 non iminw nkiyo yoronk ivyo iry itariy abatuts ndets nabo yisw ibihem vyabahut bas mand3 arik niyikebuk kuko burac bugacan ayand uruhig ruzoteb ruhindukir ntiyanik ibishinyar ngo nubw yahaw ninyakuzim azory ugomugutw niho abarund botekan

  • Lieutenant Colonel Ikurakure Darius Non Mwahoje Mwasanze Bamujijije Ik ?Yoh Ubugiz Bwa Nabi Muburundi Ntibozopfa Buheze? Nagomba Ndabasab Ako Mwofata Katemey Kinja.

  • ICONOBASABA,NASHAKA,KOMWOBATWEREKA,ABOBABISHA

  • Ntakundi Twese Tuzopfa Imana Imwakire

  • TUGIRE CNDD FDD NINSTINZI ITAGABANIJE.Imbonerakure Tuzamaho Abobose Mwishe Mwibazako MugipfatishiJe Iminwe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.