Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Uwundi musirikare y’intwazangabo yiciwe mu gisagara ca Bujumbura
Yanditswe taliki ya 22-03-2016 - isaha 22:43' na IGIHE

Inyuma y’amasaha make hagandaguwe intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi, Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye Bataillon de Génie des combats yo ku Muzinda, iyindi ntwazangabo yo kw’ipete rya Major yagandaguwe mw’ijoro ryo kuru uwu wa kabiri nyene mu gisagara ca Bujumbura.

Major Didier MUHIMPUNDU yarasiwe mu gisagara ca Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, mu gihe yari asohotse ava mu bunywero « Bar Hibiscus ».

JPEG - 13.1 ko
Major Didier MUHIMPUNDU yarasiwe mu gisagara ca Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri

Abamwishe bakaba bataramenyekana.

Ivyiyumviro vyanyu

Uwo mukoloneli yahowe iki.reka imana azobacira urubanza

6.09.2016 à 11:16
NKORIBIGAWA Pierre

Imana iramubona ahari hose

4.08.2016 à 15:57
Kanungo

Didier apfuye nkimbwa ntiyananavuzwe knd yari Mjr. nnaho yoba umwe kuri 4. muzohrra

27.03.2016 à 08:14
ford

urwanda mwiruvuga abapyaga bose muburundi bagandaguwe babaga bazize icyi ? sabarundi babagandaguraga

26.03.2016 à 21:11
San

Buriya Leta yahirimye ! FOREBU, RED Tabara, FNL muzaze mufata Leta kuko ubu abasoda bagiye guhangana ku buryo ntawashobora gupanga urugamba ! It’s time !

25.03.2016 à 18:25
darius

@signorina kweli ibyuvuga urabyemera ? Urwanda nirwo rwaje muri etar major yuburundi rwica Darius ? Kabisa mugye muvuga ibyomubanje gutekereza, naho unbundi abanyagwanda bararengana, muzabaze Nkurunziza azabasegurira vyose.

24.03.2016 à 17:35
Zoe

Didier Imana ikwakire, uzize ukutareba kure, wabaye intwari none uhembwe kuwivugana, Nkurunziza amaraso y’inzira karengane azakubarweho, ikinyoma urimo kubeshya abarundi ko abapfa bicwa n’abanyarwanda, igihe abarundi bazafungurira amaso bazakikuryoza.

24.03.2016 à 17:02
kigali

yooo Mjr Didier wewe ntanico bamuvugako umenga ntiyari umu officier nka Darius.

24.03.2016 à 16:16
Birababaje

Yemwe Bantu,mukunda Uburundi Nakazozakeza Kabwo,tuvehasitubusabire...!

24.03.2016 à 15:52
Niyonkuru Jacques

tari, ubu vyarabonekanye ko atari ikiringo c’agatatu, ubu ni Rwanda n’Uburundi ariko
iyo ngwano ntawuzoyizinda. Jewe nohanura abo banyarwanda bari mu Burundi ko
bo kwibuka ko Uburundi atari igihugu cabo ko bafise igihugu cabo citwa Urwanda.
Kandi ko botaha iwabo i Rwanda hagupfa nkurwo rupfu Didier ahejeje kuronka.

24.03.2016 à 14:48
Signorina

REKA KUBA MUHANDWA KURURIMI MWABANTU MWE.
MBE KO ABO BOSE BAZIBIYE IVYABO MWIBAZAKO RWANYU BITAKIRANGAYE BIBARINDIRIYE ????

24.03.2016 à 14:21
KANDAVA

Nyumba Ikitaka@ Kubomoka"ina Anza@,nguzo@,. Ugucanamwo"kwigisoda,nikokuzotuma Uburundi,- Bubura Umutekano !!!

24.03.2016 à 10:48
Kamwenubusa Matie

nukurondera izonkozi zikibi

24.03.2016 à 10:01
bayubahe

1=1

24.03.2016 à 07:12
wavenzwe richard

cnarad ihebe kwica yeme nn bazoronka ibiti muri reta aruko bamaze abantu ?

24.03.2016 à 05:48
ndayisaba

IGISIRIKARE BAGITERANIJE GITANGUYE GUCANAMWO

24.03.2016 à 04:20
edwar

Ntakundi Imana Imwakir Kok Ninzira Karengan Ngabamwish Ntibaramenyeka Turabaz Nivyabinywamaras Ark Iman Izoberekan Na Darius Irabimwerets Na Yesu Yavuz At. Reka Abana Banyeger Naw Mukubigizay Namasasu Noeh Amaraso Arahuma

23.03.2016 à 13:45
Niyongabo J.Bosco

MANA YOMWIJUR BABARIR ABAKURIKIYINZIRA YAGAHINI MUGUSESA MASAS MUBURUNDI BENEDAT NIMUKUNDANE KUK IYISI NINDAR TWATS

23.03.2016 à 13:23
NIMUBON ANTHE-J

Imana yakire Didier. Abo mwiganye bose muri Kaminuza y’u Rwanda i Butare ntituzakwibagirwa

23.03.2016 à 11:44
claudemugabe

Umuhanuzi Gakwaya Damascene ivyo yavuze biriko birashika ariko umuntu uwariwe wese akora ico kimbi yica izo ntwazangabo ari Nkurunziza canke Kagame bamenye ko atanumye azoguma kuri iy’isi. Imana nyagasani niyo yonyene ifise ijambo rya nyuma ku kiremwa muntu.

23.03.2016 à 11:43
Soleil
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.