Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
50 Cent yerekanye inzu nshasha yaguze ku mugabane wa Afrika - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > 50 Cent yerekanye inzu nshasha yaguze ku mugabane wa Afrika

50 Cent yerekanye inzu nshasha yaguze ku mugabane wa Afrika

lundi 7 Nyakanga 2015

Umuririmvyi w’umunyamerika azwi mu muziki wa Rapp 50 Cent ,yerekanye inzu yiwe yaguze ku mugabane wa Afrika.

50 Cent yerekanye iyo nzu inyuma y’amezi abiri gusa asavye gufatwa nk’umuntu atakigira ubushobozi bwo kwishura amadeni muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Uwo muririmvyo 50 cent ntiyavuze ariko aho iyo nzu yiwe nshasha iherereye ku mugabane wa Afrika.

50 Cent yarungitse impapuro zo gusaba ko yofatwa nk’umuntu yahomvye, inyuma y’itegeko rya sentare ryamusaba kwishura imiriyoni zitanu z’amadorare, umugore yamwagiriza gushira ku mugaragaro amabanga aberekeye.

Uwo muririmvyi yigeze kuronka udushimwe twinshi mu muziki, turimwo agashimwe ka Grammy, aronka amafaranga no mu bindi bikorwa vy’uburirimvyi nko kumenyekanisha urukino rwa Box, imyambaro, ibinyobwa no mu mabuye y’agaciro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Jewe nibazako inzuyayiguze mu Burundi hasihariya kuri Tanganyika kumusenyi! hanyuma igihuguciwe kicakirashavura kubera yayiguze mugihugu gitwarwa namoko yose agize icogihugu mugihe igihuguciwe vyatikukinezereza iyoyauigura Rwanda hoho hatwarwa namategeko yubwoko bumwe rudende! Mberengira ninacogituma bamucukumburiye vyose bakamusaba 5 millios

  • Sha Ww Nta N’ubwenge Bwo Kukujana Hariya Epfo Ugifise Ivyo Uvuze Ntaho Bihuriye Ahubwo Werekanye Ibiri Mumutima Wawe U Are Away!

  • Wewe wise ndibaza uri ikijuju gihe buhenze kweli. Ivyo uvuga bit agira umutwe n’amaguru mbega uba w’abanje kwiyumvira imbere yokudahwa ivyo bidahwe vyawe?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.