Muri urwo ruririmbo, Adjobalove NDUWIMANA yumvikana avuga ati : "Impunzi zibayeho mu buzima bubi mu makambi y’impunzi."
Abandanya agira ati : "Ntufate nabi impunzi, kuko uwu munsi ndi impunzi, nawe ejo ushobora kuba impunzi."
Yongera ati : "Sinarinzi ko nobaye impunzi."
Umviriza aha munsi ururirimbo rwa Adjobalove NDUWIMANA
IZINDI NKURU ZIJANYE N'IYI |
![]() Umuririmvyi w’umurundi Jean Marie AHISHAKIYE agiye gushira ahabona indirimbo ziwe zishasha
22.08.2018 |
![]() Yves KAMIKIWE yagenywe kuba umuhanuzi mu bijanye n’amategeko mw’ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi
2.06.2018 |
![]() Indirimbo za Bob Marley ziracakunzwe inyuma y’imyaka 37 yitavye Imana
11.05.2018 |
![]() IKOH ivuga ko hari indirimbo yakoze ziriko zirasohoka hadakurikijwe amategeko
2.05.2018 |
![]() Adjobalove yasohoye ku munsi w’amavuka yiwe isanamu y’ururirimbo rushasha
11.04.2018 |
SOMA IZINDI NKURU MURI "umucuraranzi"... |
Yagize Neza