Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu y’ururirimbo ruhamagarira Abarundi gutora yagiye ahabona - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Isanamu y’ururirimbo ruhamagarira Abarundi gutora yagiye ahabona

Isanamu y’ururirimbo ruhamagarira Abarundi gutora yagiye ahabona

dimanche 15 Ruheshi 2014

Umuririmvyi Cedric Bangy aherutse gushira ahabona isanamu "Video" ihamagarira Abarundi kwitaba amatora y’umwaka w’2015.

Ururirimbo Cedric Bangy yise "Tora" rurimwo amasanamu ya kera yerekana Abarundi bariko baratora, uwo muririmvyi rero atera akamo abarundi n’abarundikazi ko gutora abarongozi ari uburenganzira bwabo.

Fyonda aha munsi wumviriza wongera kandi uraba isanamu y’ururirimbo "Tora"


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.