Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kurikirana umuririmvyi Sal-G mw’isanamu y’ururirimbo"Mbarira" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Kurikirana umuririmvyi Sal-G mw’isanamu y’ururirimbo"Mbarira"

Kurikirana umuririmvyi Sal-G mw’isanamu y’ururirimbo"Mbarira"

mercredi 4 Ntwarante 2015

Sal-G yasohoye isanamu y’ururirimbo "Mbarira" yakozwe n’inzu y’ubuhinyanyuzi IGICAPO Lens. Nawe Sal g asaba umukunzi wiwe amubwire igituma yabaye iciro ry’umugani mu bagenzi.

"Mbarira ico nokora, mbarira, mbarira... jewe nshaka kumenya ikiri ku mutima wawe kuko ivyo unkorera birandengera. Untera Stress n’ama fleches..", ntaho ntakujanye bose barakuzi, n’abavyeyi banje barakuzi". "Usigaye uyagwa mu bubare (bar).

Ico mwomenya n’uko kenshi ubutumwa butangwa n’abaririmvyi ari ubuzima babayemwo, ivyabashikiye, canke ivyashikiye abagenzi babo. Turiko turondera umuririmvyi Sal g atubwire icatumwe akoresha amajambo nk’ayo muri urwo ruririmbo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.