Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyi Kebby Boy yifashe nk’umwami - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Umuririmvyi Kebby Boy yifashe nk’umwami

Umuririmvyi Kebby Boy yifashe nk’umwami

lundi 2 Ruhuhuma 2015

Kebby Boy ariko asohora amafoto azoja mw’isanamu y’ururirimbo "Wanyama Pori", ayo mafoto aboneka uwo muririmvyi yambaye nk’umwami ahagatiwe n’abahigi.

Amafoto azoja mw’isanamu y’ururirimbo "wanyama pori" aboneka uwo muririmvyi yambaye nk’umwami hagati y’abahigi bari mw’ishamba. Uko rero ayo mafoto aboneka yerekana ko isanamu iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi Gueraman wo muri Ikoh Multiservice, izoba isa neza cane.

Raba amafoto amaze gusohoka :

Umviriza ururirimbo"Wanyama Pori" rwa Kebby Boy


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.