Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyikazi Ashley asaba imbabazi ku kiganiro yasivye kubera (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Umuririmvyikazi Ashley asaba imbabazi ku kiganiro yasivye kubera (...)

Umuririmvyikazi Ashley asaba imbabazi ku kiganiro yasivye kubera arwaye

mercredi 30 Mukakaro 2014

Umuririmvyikazi Girukwishaka Ashley kuva ejo hahise avugako arwaye mu gihe yari umutumire mu kiganiro mu kinyamakuru IGIHE.bi. Ikiganiro c’ungururijwe k’uwundi munsi.

Umuririmvyikazi Ashley amenyeshako amagara amukitse, ni mu gihe yarafise ikiganiro mu kinyamakuru IGIHE.bi. Ashley avugako kuva k’umugoroba w’igenekerezo rya 29 Mukakaro atameze neza. Avugako ababara cane cane mu mihogo ari arashima ko yashoboye kubobana na muganga. Ibibazo twari kumubaza azovyishura mu kiganiro tuzokugirana na Ashley ku rindi sango.

Mwomenyako Ashley ariko aratera imbere cane mu muziki, asohora indirimbo n’amasanamu zikunzwe cane. Ashley aherutse gusohora ururirimbo "Nkorako mugabo wanje"rwakunzwe na benshi kubera amajambo avugamwo.

Fyonda aha munsi urabe isanamu y’ururirimbo "Me Love U"yakoranye n’umuhinyanyuzi Black Arthur.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.