Umuririnvyi w’umunyamerika Lil Wayne yaremeje kumunsi wagatanu kumuhora wa twitter ko amerewe neza,mugihe umuhora wa internet TMZ.com ukora ahanini kubijanye n’amakuru y’abantu bazwi cane(STAR) wari wamenyesheje ko ari mubitaro kandi amerewe nabi cane.
"Ndabaramukije mwese,ndakomeye,mwarakoze kurukundo rwanyu no kubisabisho vyanyu",yamenyesheje uwo muririnvyi inyuma yaho TMZ.com yemeje ko arwariye mubitaro ari no muri coma ndetse ko n’umuryango wiwe uriko uriruka kuja kumuraba. Kubwa (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lil Wayne