Umuririmvyikazi Shakira yatangaje ko umugabo wiwe Gerard Piqué, umukinyi rurangiranwa w’umupira w’amaguru yamubujije gukora amasanamu y’indirimbo ziwe n’abagabo. Iyo ngingo ayakira neza kuko adashaka kubabaza umukunzi wiwe.
Shakira akeneye ko umugabo wiwe atogira ingorane n’imwe ivuye kuri we, yohava itosekaza urukundo bafitaniye na Gerard Piqué. Kugirango amuryohere Shakira avuga ko yemera guheba ico kintu cose cobabaza umugabo wiwe. Muri ivyo agiye guheba harimwo gusohora amasanamu y’indirimbo (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Shakira