Jiji Seven agiye gushira ahabona indoto ziwe z’ugufasha abana ba ntahonikora, intango izobonekera mu giteramo gikomeye azoremesha. Intumbero nyamukuru y’ico giteramo ni ukwegeranya amahera yo gufasha hamwe no gushira ku mugaragaro CD yise "He Knows me".
Amaze gutembera mu misozi ya MWAZA na KINDOBWE yo mu KABEZI akabona ubuzima abana b’aho babayemwo, ivyo bikiyongera ku ndoto zo gufasha ba ntahonikora nk’itererano ku gihugu ciwe, Jiji 7 yabateguriye igiteramo co gutoza amahera yo (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Jiji Seven
Jiji Seven
-
Jiji 7 yabonye ukuri mu ndoto ziwe: Raba amafoto
26 Ntwarante 2015 -
Abaririmvyi b’Abarundi bambaye ikirezi batazi ko cera
19 Rusama 2014Jiji Seven aherutse mu nyigisho neza cane i Adisa Abeba yahahuriye n’abaririmvyi benshi bavuye muri Africa. Ikibanza c’umuririmvyi w’umurundi mu makungu yasanze ari ciza ko hasigayeko abaririmvyi ubwabo bamenya ico kibanza na reta ikabafasha.
Jiji seven atubwirako igihe yari i Addis Abbeba mu nyigisho yahahuriye n’abaririmvyi bavuye mu mihingo itandukanye yo muri Afrika. Benshi yasanze bamuzi kubera indirimbo ziwe, abandi bamenyaniye aho muri Etiyopiya. Ikintu ca mbere avugako yahakuye, (...)