Spok’s yasohoye ururirimbo rwa nyuma kandi rutwaye n’izina ry’ururkurikirane agiye gusohorera mu giteramo c’agakura. "Amahanga araryoha ariko araryana", ubwo ni bumwe mu butumwa atanga mu ruririmbo "Ndakumbuye iwacu".
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Spok’s
Spok’s
-
Spok’s yasohoye ururirimbo rwatwaye izina rw’urukurikirane
20 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA -
Spok’s yatanze ubutumwa inyuma yo gusohoka ibitaro
9 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANASpok’s yaraye asohotse ibitaro yari amazemwo ikiringo c’indwi yose. Avuga ko ari indwara ya Malariya yamuryamitse mu bitaro. Arashimira abamusuhuje, n’abo bitakunze ko bahashika.
-
Abakunzi ba Spok’s bagiye gushikirizwa urukurikirane rushasha rw’indirimbo
14 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANASpok’s yaraye atanze umuco ku bimaze iminsi bivugwa hagati yiwe n’umukunzi wiwe, si ivyo gusa, uwo muririmvyi aranavuga kandi ku bijanye n’urukurikirane agiye gushira ahabona.
-
Spok’s yasohoye ururirimbo yidoga ku mabi y’amahera
23 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANASpok’s yavuye mu gacere yari amazemwo iminsi, adasohora indirimbo. Azanye imyidogo y’amabi akorwa n’amahera mu kibano.