Urukwirikirane rw’indirimbo rwa nyuma rw’umuhisi Michael Jackson rugiye gusohoka hagati mu kwezi kwa Rusama. Urwo rukwirikirane rugizwe n’indirimbo umunani zitarigera zivuzwa.
Inyuma y’imyaka 5 umuririmvyi Michael Jackson apfuye, hari indirimbo yasize yanditse yongera azitwara mu nzu izihinyanyura, aho yari amaze nogushiramwo amajwi (audio). Urwo rukwirikirane rwahinyanyuwe n’inzu ihinyanyura amajwi n’amasanamu Epic Records yise "XSCAPE", rimwe mu mazina y’ururirimbo ruzosohoka kw’igenekerezo (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Michaël Jackson
Michaël Jackson
-
Inyuma y’imyaka 5 Michael Jackson apfuye, indirimbo ziwe nshasha zigiye gusohoka
1er Ndamukiza 2014 -
Michaël Jackson n’abashaka ibisigi vyiwe
12 Ndamukiza 2013Imyaka 4 inyuma y’urupfu rwiwe, Michael Jackson ari hagati y’abantu bashaka gusangira ibisigi vyiwe.Umuryango wiwe usaba ko ishirahamwe AEG riwuha imiliyaridi 40 z’amadorari Kwihorana biguma bibandanya .Inyuma y’imyaka ine Michael jackson yitavye Imana ,urubanza rwiwe rwasubiye rukazomara amezi abiri.Urwo rubanza rukaba rwatanguye igenekerezo rya kabiri ndamukiza i los Angeles.
Inyuma yaho umuganga Conrad Murray yaciriwe mu mwaka wa 2011 imyaka ine y’umunyororo ahorwa ko yahaye umuti (...)