Sam Over Mix

Ubuzima bwiwe
Irakoze Hugues ariwe azwi cane kw’izina rya Sam Over Mix ni umurundi w’umurimvyi akina n’amareresi n’ibindi.Abakunzi b’umuziki wiwe baribaza iyo yagiye kuko bamubona mu kirabo « Iwabo n’ Abantu » aho aririmba muri karaoke hamwe no ku kirabo « Kw’Isango » ndetse n’ahandi. Over Mix araseruka cane mu mahayanishwa y’ibidandaza canke y’ibikorwa nko mu mashirahamwe yo gutumatumanako amakuru za Africel, Smart. Ikibazo “None OverMix ageze he n’umuziki wiwe ?” kikabasha riho kubazwa. Sam Over Mix Sam atangura aca umugani ati :”Uwushaka gusimba kure aritaza”. Uwo mugani awusigura muri aya majambo : “Ndazi ko abakunzi banje bakeneye kumenya ivyo ndimwo ku bijanye n’umuziki. Ndabaremesha ko ataho nagiye kandi sinigeze nicara. Mfise urukurikirane rw’indirimbo nihaye kuzosohora haheze imyaka 4 ariko ndavye aho ngejeje... soma ibindi
Ivyiyumviro kuri Sam Over Mix

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.