N John igihe yaheruka mu gihugu c’Urwanda yavuyeyo akoranye ururirimbo n’umuririmvyi Bruce wo mu Rwanda. N John ashaka ko ibikorwa vyiwe bitogarukira mu Burundi gusa.
"Mubimenye" nirwo ruririmbo rushasha rw’abaririmvyi N John Melodica na Bruce Melodie wo mu Rwanda. Inyuma y’urwo rugendo ngirakamaro mu Rwanda, N.John yatubwiye ko gutembera hirya no hino bimugirira akamaro, kuko ahungukira vyinshi. Uwo muririmvyi arishimira cane urwo ruririmbo kandi arabona ko ruzokora kuri benshi, kuko ubutumwa (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > N John