Mu ntumbero yo kurushirizaho guteza imbere ingabirano z’abaririmvyi baririmbira Imana mu Rwanda, i Kigali hatangujwe amahiganwa azoza aratanga udushimwe ku bigenjeje neza muri Gospel. Mu giteramo co gutanguza ayo mahigannwa, haratumiwe n’abaririmvyi b’abarundi harimwo umuririrmvyi Adora Uwimana, Jiji Stiven n’umurwi wose wa The Ganadore.
Ayo mahiganwa akomeye muri Gospel asanzwe abera muri Kenya. Yatanguye kuba kuva mu mwaka w’2004, ubu akaba amaze guha udushimwe abaririmvyi 240 bo muri Afrika (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Uwimana Adora
Uwimana Adora
-
Rwanda : Adora Uwimana na bagenzi mu birori vyo gutanguza Groove Awards
17 Myandagaro 2013