Hope IRAKOZE yasubiye kwumvikana mu muziki ndundi

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 30 Nyakanga 2017 saa 02:17
7905
0 0

Hope IRAKOZE yagarutse mu muziki ndundi, aho yakoranye ururirimbo na Lolilo yitazira Mzizi wa Jiwe. Urwo ruririmbo rwasohotse kuri uwu wa gatandatu rwitwa "Final"

Umviriza ururirimbo "Final" rwa Hope na Lolilo


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Izindi nkuru wosoma

Izindi Nkuru - Hope

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha