Natacha yasohoye "Video" yerekana ibibanza biberamwo amabi akorerwa abakenyezi

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 22 Nyakanga 2017 saa 11:17
Yasomwe : 14454
1 0

Natacha ahejeje gushira ahabona "Video" y’ururirimbo yahariye gutunga agatoki amabi akorerwa abigeme n’abakenyezi. Muri iyo "Video", Natacha arerekana ibibanza bimwe bimwe bikunze gukorerwamwo ayo mabi, akaririmba ati : "Iyamirize".

Umviriza wongere urabe aho munsi "Video" yerekana ingene abigeme n’abakenyezi bafatwa ku nguvu. Ururirimbo na "Video" vyakozwe na Natacha abisabwe na UNFPA BURUNDI, mu ntumbero yo guhimiriza kurwanya amabi akorerwa abakenyezi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha