Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Alida Baranyizigiye ntadohoka mu gukora ivyo yemereye Imana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Alida Baranyizigiye > Indirimbo > Alida Baranyizigiye ntadohoka mu gukora ivyo yemereye Imana

Alida Baranyizigiye ntadohoka mu gukora ivyo yemereye Imana

vendredi 9 Nzero 2015

Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye ntaradohoka kw’ibanga yemeye ryo kuririmbira Imana, yasohoye ururirimbo mpimbazamana rugira kabiri ruvuga amashimwe.

Alida atangura aririmba ati : " Waravuze ko uzokwama hafi yanje, ndakwiteze Mwami wanje ngw’ino unkize. Ndakubonye ukundi gusha kuko ijambo ryawe ari iry’ukuri". Ayo majambo aririmbwa mu ruririmbo yaririmbanye n’uwitwa Jimmy yise "Amashimwe".

Haheze ikiringo c’ukwezi kumwe n’iminsi uwo muririmvyikazi afashe iyo ngingo none amaze gusohora indirimbo zibiri, harimwo n’iyi nshasha duhejeje kubabwira. N’aho biri uko, ntiturashobora kumuronka kugira atubwire imvo zamutumye ahindura, akaririmba indirimbo z’Imana kuko abaririmvyi bahindura gutyo bababafise impavu ibatumye.

Umviriza amajambo ari muririmbo"Amashimwe" rwa Alida Baranyizigiye


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.