Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyi Fortran Bigirimana mu rugendo i Bruxelles (photos) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fortrand Bigirimana > inkuru > Umuririmvyi Fortran Bigirimana mu rugendo i Bruxelles (photos)

Umuririmvyi Fortran Bigirimana mu rugendo i Bruxelles (photos)

mardi 3 Ntwarante 2015

Fortran Bigirimana umuririmvyi w’umuziki wa "Gospel" arabandanya ingendo mu bihugu vya Buraya. Agenda guhura n’abaririmvyi ba "Gospel" aho baca banakora ibiteramo.

JPEG - 143.9 ko
Fortran ashitse mu Bruxelles

Umuririmvyi Fortran Bigirimana yakiriwe mu Bubiligi n’abaririmvyi ba "Gospel" nka Pasteur Paul David Ndjadi, azwi mu ndirimbo" Aujourd’ hui à jamais" na bagenzi we Pastori Yohani, Davidi n’abandi. Fortran yandika ashima Imana ko isubiye kumuha akandi karyo ko kuyikorera, yandika kandi ko arindiriye ibitangaza Imana igiye kubandanya imukorera mu minsi agiye kumara aho mu Bubirigi.

Mwomenya ko Fortran Bigirimana yavuye mu Burundi mu mpera z’ukwezi kwa Munyonyo, inyuma y’amezi ashika kuri 4 agize ubugeni n’umuzungukazi Sophia Derain avuka mu Bufaransa i Lyon. Fortran yagiye ahejeje gushira ahabona urukurikirane "Ntaco Nzoba".

Kubitiza akajisho ku giteramo yagiriye mw’ishengero ry’i MICA i Jette muri Bruxelles kw’igenekerezo ry 01 Ruhuhuma 2014


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.