IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Chanelle > Indirimbo > Gaga Blue yemerera Chany Queen ko azomukorakora (video)

Gaga Blue yemerera Chany Queen ko azomukorakora (video)

vendredi 13 Ruhuhuma 2015

Isanamu y’ururirimbo Chany Queen yakoranye n’umuririmvyi Gaga Blue yasohotse, baririmba bavuga bati : "Jewe nawe".

chany Queen atangura abwira Gaga Blue ati kukuronka wewe vyabaye nk’igihamana (surprise, bahati), jewe nawe tuzokwamana iminsi yanditse ku kirangaminsi, sinshobora kuguheba". Gaga Blue nawe amwishura amubwira ko azomushishitira nk’uwuhoza umwana, ko bazoca aho hose haryoshe maze barye ibiryoshe.

Isanamu yasohotse ni iy’ururirimbo "Me and You", canke "Jewe Nawe", amajwi yakorewe muri Mayibobo Records, isanamu nayo ikorwa n’umunyihanyuzi Kent P.

Umviriza amajambo ari mu ruririmbo urabe n’isanamu ya "Me and You"


Cherif Nkeshimana

Messages

  • Iki ki dada nikibuneene sana hakistahili kuwa ki star mugihugu cacu ntaba star bariho vmant mpaka fiso anasema ngo kinamutiyaga haya kutowa krip naco

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.